Jeudi 23 janvier 2025

Politique

Le dernier ministre uproniste démissionne du gouvernement

05/02/2014 84
La ministre Victoire Ndikumana est aussi décorée, en récompense des 3 prix remportés par le Burundi dans des salons internationaux de tourisme ©Iwacu
La ministre Victoire Ndikumana a été décorée en juillet dernier pour les 3 prix remportés par le Burundi dans des salons internationaux de tourisme ©Iwacu

C’est par un gouvernement amputé des trois membres de l’Uprona que le Burundi célèbre sa journée dédiée à l’Unité : Victoire Ndikumana, en charge du Commerce et du Tourisme jette elle-aussi l’éponge, après ses pairs du Développement communal et de la Communication.
On notera qu’Anicet Niyongabo, chef de cabinet de Bernard Busokoza a été nommé hier soir pour assurer les affaires courantes de la première vice-présidence de la République, par lettre du Chef du Cabinet de la présidence.

Par ailleurs, la présidence du Burundi affirme, par le biais du porte-parole adjoint du président Nkurunziza, que « des contacts qui sont en train d’être faits afin qu’on puisse retourner à une vie politique normale.

Forum des lecteurs d'Iwacu

84 réactions
  1. Ndiwe

    Aho bukera Willy Nyamitwe bazoca bamugira Ministre de l’information pour remplacer la femme uproniste. Ko ariwe avugira aba DD iyo ibintu bikamvye. Bravo Willy – Baoneshe mutoto wa mujini!

  2. Jacques. I. C.

    @SENYAMWIZA
    « Les lunettes fumées de notre Excellence lors….. ».
    Abantu tubabazwa na vyinshi. Amarori ya Peter ahuriye he no gukinjura kw’abo badasigana ba UPRONA? SENYAMWIZA, narikugutegera kurusha, hambavu y’amarori n’umudari Peter yariko yambika Mme Victoire, uvuze reaction wogize uri umugabo w’urya mupfasoni. Raba n’imigikiriza ukuntu yabaritse…!!! Mama jewe iyaba Mazameza alias Micombero. Anyway, Mme Victoire yarakoze neza. UPRONA imeze nk’umurwi w’umupira wavuye muri 1ere division. Umukinyi mwiza ntahuse kuja hasi. Nibaza ko ata kindi kibaye canke abenge, Mme Victoire azoronka umugambwe umugomwa.

  3. Coldman'Zi

    Benewacu,
    « nta gihugu gipfakara ». Soyons pas etonnes ou tourmentes par la demission de nos freres et soeurs UPRONISTES; je ngira nti bari baratevye. Gikuru ni ukuraba ko atacononekara mu nyuma. Par ailleurs, l’Etat CNDD-FDD ni irimbur’amahera na tous les avantages abo BASHINGANTAHE ba UPRONA bahora baronka ku kwezi, ishire mu kigega. En attendant leur remplacement eventuel, nya mahera azokoreshwa dans des cas tres urgents-par ex. MARCHE/ ISOKO. Abarundi bicaye kandi ata kazi, ni benshi. Penser aussi a economiser en fusionnant certains ministeres et ou provinces. Murantunga, ibi mvuze ntibisigura kugabany’abakozi.., ashi da. Rappelez-vous que les salaires des ministres, hauts cadres de l’Etat sont exorbitants pendant que notre pays est pauvre. Sans oublier leurs frais de missions et avantages de service. C/O Charoi zero…………

  4. Komera

    Iyi réaction ya parona bayita chantage. Ailleurs waratsinze amatora , nta umwe afise uburenganzira kwo ku gutera akagere. Nibave mu nzego zose barabe ko igihugu kitabandanya kibaho. Mwarabirereyeko muzobabaona. En qualité de qui babwirizwa kuba muri gouvernement? Umwaka batsinze amatora bazogira gouvernement yabo. Reke guterwa ubwoba n’abatobubateye. Mbega abaporana bazoduhagarika umutima gushika ryari? Mubisanzwe ikibanza cabo cobay mu Mpimba et non au gouvernement? S’ils y sont c’est par faveur.

    • Primaire

      Tu “deriles” comme dirait ton congenere Pepe. La place de l’Uprona au gouvernement est un droit constitutionnel et non une faveur DD. Je perds mon temps a t’expliquer l’evidence. Tu n’y pigeras rien.

      • SANS ECHEC

        Cher frère, nagira nkumenyeshe ko iyo uriko uvuga CONSTITUTION, uzogende k’umutama Paul NKUNZIMANA twese twubaha agusigurire ico ari co. La démocratie = démocratie de la classe au pouvoir, constitution idem, ….. Ce sont les contradictions qui mettent le monde (Burundi) en mouvement. Mutama Paul Mumpinyuze. umusi DD na Porona batarahuriza k’ukugene babandanya batabura abandi bavuza amaruru (IKIBIRI), ndakurahiye ko yaba Constitution yaba ayandi mateka n’amategeko, barabitakanga.

  5. Lion

    Quand les rwandais se donnent rende-vous dans les affaires des Burundais!! Ndabira ivyo birimi bavugira kunshya z,amenyo ivyo ziriko zirazana mu biraba abarundi. Uburundi si Congo, mwa baturage mwe!! Genda murabe i vya Kagame. Muri Nord aho mwari mwibeshe ngo murikebeye ko mwahavuye mutaraba inyuma? Murihende murabe, muzobona ko Burundi atari Congo mwama mukirimbiramwo!!

  6. independant

    Amahoro. Ubu nisawa yuko abo Ba UPORONA bari barahenze RWASA ngo ave mumatora ya 2010 bamusubiza mw’ishamba, arangara. Donc S.E Mr. Le President ntihazogire NUMWE uzosubiza muri gouvernement utore abo ushaka babikwiye umengo amajwi twaguhaye mu kugutora hamwe n’umugambwe wawe CNDD-FDD arakwiye. TWARAGUTOYE ntanumwe ategerezwa kudusuzugura. Jewe narababwiye ndiko ntegura amatora ya 2015 kandi nzoyatsinda. Ivyo amapartis akora yoguhungabanya igihugu NTABIZOBAHO. Ubu maze kumvisha abarundi bose aho bari yuko nzokorera igihugu conyene nayo abazogambarira ategeko y’igihugu bazohanwa nayo mategeko. Je commence de prevenir abo biyita ngo ni abapolitike yuko uwuzuhirahira kuhungabanya umutekano y’igihugu azohanwa bikwiye.
    GIRA AMAHORO
    TWITEGURE.

  7. Nderagakura

    La solidarité uproniste est de mise certain, kuko n’igihe Uprona yapanga kwica umwana w’umwami Charles Ndizeye ainsi que des centaines de milliers de hutus en 1972, aucun tutsi du Gouvernement Micombero ne s’y est objecté, c’est ça ce qu’on appelle suivre la ligne dure uproniste, rien d’étonnant alors!

    • JP-K

      Reka kuvanga abaganwa murivyo.
      Reka kuzana amôko n’imigambwe kwiyicwa rya Ntare !

      Uwamwishe ni Micombero na Leta yiwe. Point.
      Uwukimwicaye kumuvyimba kuko yanse kwerekana aho bamutaye ni uwatwara ikambi, Jérôme Sinduhije.

      Pour le reste, iyo hageze gukumira abaganwa, abahutu n’abatutsi barumvikana.
      Iyo hageze isekeza ryo gutema, abaganwa ntimubareka.

      Alors, taisez-vous ureke kuvanga ibitavangika, ureke gusamaza abarundi.

      • Nderagakura

        @JP-K

        Au Burundi, intwaro, imigambwe n’amoko sont indissociables. Autrement dit, si Ndizeye Charles ganwa a été ASSASSINÉ par un président burundais, ici Micombero hima tutsi uproniste militaire bururien, nuko harimwo ivyo bitatu ndakubariye. Sinon, à ses 66 ans aujourd’hui, Charles Ndizeye aba yidegemvya mu Burundi uku ubona Bagaza na Buyoya sous le Cndd-Fdd!…

  8. Intahe

    Selon la redaction d’Iwacu, la presidence est en pourparlers pour revenir a une “vie politique normale”. Un aveu explicite qu’il y a crise institutionnelle. Le CNDD-DD en sortira fragilisé.
    1. Les 3 ministres Uprona reprendront sous peu leurs postes ministeriels, tout comme Busokoza.
    2. Edouard Nduwimana devra sauter. C‘est un prealable non-negociable, pour l’Uprona.
    3. Les projets de texte sur la CVR-CNTB-Constitution devront retourner au gouvernement. Busokoza ne cedera pas la-dessus.
    4. S’il y a bras de fer, l’Uprona declarera officiellement qu’il reconnait Busokoza comme 1er Vice President de la Republique encore en fonctions. La suite est connue: une mediation internationale.

  9. Deaux

    Felicitations chere brave ministre. Que les autres braves ministres DD prouvent leur maturite politique et patriotique. Ce n’est pas facile de demissionner dans le contexte actuel burundais. Les plus courageux y parvinnent. C’est vrai que la vie va continuer, mais en tout l’histoire gardera que sous le reigne NKURUNZIZA, plusieurs ministres ont demissionne, ses gouvernements ont ete changes a plusieurs reprises (signe de tatonnement/efficacite?).

  10. c’est tard mais je tiens à remercier la Ministre Victoire. Vous avez étés membre de L’Uprona depuis longtemps, vous venez d’honorer le parti qui vous a fait confiance en vous proposant comme ministre. vous avez bien travaillé comme ministre. en témoigne les prix que notre pays a eu. C’est dommage qu’une ministre comme vous quitte le Gouvernement car le pays manque d’hoomes intègres comme vous. Mais vous n’aviez pas de choix devant le mépris du CNDD-FDD. Merci beaucoup MadameVictoire Ndikumana.

  11. Nana Kofi Akoto

    Elle a attendu longtemps. Enfin bref: tous les Ministres UPRONA sont parti. Par dessus le marche parmi les plus performants. Les jours qui vont suivre nous diront si ce desaveu general payera. Denouement au prochain numero

  12. Marcel

    Peter ashyaka kuba ababaye kubona Minister Victoire atanze imihoho. Victoire yahesheje icyubahiro Uburundi na Peter. Peter ashyaka kuba yarakoze byose kugira Victory ntamucike.
    Urakoze cyane Victoire. Twari twagize ubwoba ngo aba DD na Sinunguruzaa baraguhenda uhemuke.

    • KABADUGARITSE

      Mbega ico kirimi ciyinjiza mu kirundi ni icahe?

      • donatella

        Marcel,on a pas demandé l’avis des rwandais,circulez il y a rien à voir.

        • Kabarehe

          Wavuga gute ko bitatureba?

          • SANS ECHEC

            Ni vyo birabaraba kuko aba Hutu bapfuye 1972 ni mwebwe mwabatikije ingabo za MICOMBERO zibakingiye. Ivyabo mwabihinduyemwo umutahe mwatahanye i Rwanda uwundi nawo ubandanya uvyara inyungu hano iwacu. Ariko « IGIFISE INTANGO KIGIRA N’IHEREZO ». Ntawarazi ko aba hutu b’aho uri bohunze bakakubisa. Ivyabashikiye ni vyo vyashikiye Porona. Nawe hakuri « ISOMO » nk’uko mubivuga aho iwanyu.

        • Jean

          Non plus tu n´es pas francaise!

      • Gashambara

        Igifarsnsa n’ivyongereza ntivyavuzwe haruguru. Pourquoi t’as pas posé la même question? Ba contre-succes bakokufa!!

    • SANS ECHEC

      Ico kirimi ni ico kuri Saint Albert? Narinzi ko yabaye rapatrie. Ewe mwana wa Kagame, hakaba hari itunga ry’umuntu wari waragariyemwo aho aba nya Rwanda babaye hose, witegure gusubiza. Atari uko, Porona n’abayo ntaco bazogufasha kuko ubwato bugeze mw’igezi ntukibugarura.

      • Marcel

        Niko se.DD mwakabaye mucyana umuriro mutazi kuwotala? Ngo mutangiye kugira impungenge ngo hashyobora kuba abifatikanya n’ ingabo kugira bahirike ubutegetsi bafatiye ku mvururu ziri hagati ya UPRONA na CNDD FDD? Ibyo ngibyo nibyo Peter yavugiye i Gishubi.

  13. Kaburahe

    Reka turindire ivyaba DD turabe amaherezo yabo. Mbega mana niwogarukira uBurundi uwiyita ngo numukozi wimana niwe ariko aratoteza abandi uyo nawe ni Peter Nkurunziza(Pasteur).

  14. Honest

    Quelle journée nationale de l ‘unité?
    Les quelques mois que j’ai vécu au Burundi, j’ai vu plusieurs divisions:
    – les burundais sont divisés selon et par les partis politiques; à ce niveau j’accuse les politiciens de tous les partis politiques de ne pas former la population. La fin de la politique est quoi au Burundi? Je vois que c’est diviser pour régner.
    – il y a le problème Hutu-Tutsi qui continue de germer et cela se laisse voir clairement à l’Université publique du Burundi. Même au niveau des nominations postes publics, il est vrai qu’on respecte la parité ethnique, mais pourquoi on dit : un tel nommé ici est Hutu et un tel nommé là-bas est Tutsi? Pourquoi dire tout cela? ça prouve qu’il y a un problème.
    Alors, avec la situation actuelle, il faut que le pouvoir en place négocie avec son partenaire en vue de respecter les textes de Arusha. En plus, il faut que le gouvernement veille à ce qu’il n’y ait pas de massacres encore dans ce pays. Je suis sûr que le gouvernement va trouver une solution car il y a des hommes et des femmes qui travaillent pour qu’il ait la paix.

  15. mpebetwenge

    Une question vraiement bete:

    Nkurunziza yohomba iki, retse nka Vice Président Rufyiri akitoza kuba 2eme président w uburundi?
    Pourquoi veut il prendre l exemple sur l’Ouganda, le Rwanda, le Cameroun, etc…
    Soyez un eleve intelligent, et copier sur la Tanzanie, la zambie ou le ghana.
    Ndahejeje

    • Karasosa

      Yohomba amafaranga yinjira iyo hagize umuntu wese atelefona mu Burundi ari hanze, agahomba amatongo mezameza yo mu Burundi amera, agahomba gukoresha mu mirima y’isukari yakaswe kw’ishamba rya Rukoko amatingatinga Uburundi bwagabiwe n’umuhisi Kadhafi.
      Turetse rero ivyo umukuru w’Uburundi yisangije, agahomba rero n’ibindi vyose abakuru b’ibihugu vyo muri Afrika baronka, harimwo gupasira ibibanza ba somambike. Mu guheraheza, agahomba rero ivyo abakuru b’ibihugu vyo kw’isi yose baronka.

  16. Auguparadiso

    GGouvernement ntibiyibuza gukora na gato. Leurs adjoints baribuze kurangura amabanga ata ngorane. Gusa les Upronistes bamenye ko Umukuru w’igihugu yabivuze ati uwuzoteza ingwano izatangurira murugo iwe kandi irangirire murugo iwe! Abumva bose bahimvye amahoro, bahimbe neza bareke abashaka gukora dukore, twubake uburundi buse nk’igihugu souverain. Il y a 15ans nta photo yerekana ubwiza bwa bujumbura yariho mugabo kuri CNDD-FDD urabona ko dufise capitale ko nimfashanyo turonka tuzikoresha. Nka Uprona uwoyibaza ico yamariye uburundi mu myaka irenga 40 bamaze kubutegetsi nokwerekana iki ? Mugabo aujourd’hui CNDD-FDD irateye agateka uburundi n’abarundi. Uprona igasohoka hose, hariho abarundi bafise agatima ko gukorera igihugu bazokeinjira muri Leta, tugire amahoro.

  17. Jamahaar

    Tout en la felicitant pour sa decision de demissionner du Gouvernement, Mme V.Ndikumana a quand meme trop longtemps pour atendu afin se decider a jeter l’epogne par solidarite avec les autres membres de son parti qui avaient deja quitte le navire entrain de couler,Mme Leocadie Nihaza et Jean-Claude Ndihokubwayo.Je doute un peu de ses convictions politiques , de sa loyalite au parti Uprona et de sa personnalite.Ceci dit, je ne manquerais pas de la feliciter pour avoir mis en avant son appurtenance au parti UPRONA sur l’appartenace au gouvernement de coalition, ce marriage contre nature qui commencait a battre de l’aile deja avant la semaine derniere.Les membres de l’Uprona vont devoir s’asseoir ensemble et elaborer des stragies a prendre pour bien negocier en position de force avec le pouvoir dd sans s’embarasser de solidarite gouvernementale qui les ligottait les mains derriere le dos au lieu de denoncer et condemner les derives dictatoriales et repressives du regime vieillissant du rebelle converti en homme d’Etat.

    • None urazi icatumye ateba gutanga imihoho??? Igikuru n’uko yayitanze. Ivyarivyo vyose ko bari abashikiranganji batatu, haraba uwayitanze ubwambe, n’uwsayitanze ubwakabiri, n’uwuheruka. Ingorane ziri heheh???

  18. Morgan

    chers Compatriotes, ne tombons pas dans les pièges des médias et des politiques. Certains politiciens pensent qu’en provoquant une crise gouvernementale qu’ils peuvent s’en sortir fortifiés. Une crise gouvernementale, un gouvernement hutu, des démissionnaires intègres, …, voilà les mots que nos médias tutsi sont entrain de véhiculer. Ces intimidations par des démissions motivées ne pourront changer le destin du peuple burundais. Les upronistes veuillent croire à un autre Arusha pour négocier les récompenses aux spoliateurs? Si un président se met à céder à ces ridicules pressions, quelle sera alors sa ligne politique. Que ces trois ministres démissionnaires ainsi que Mr Busokoza soient remplacés par des ministres qui peuvent défendre les intérêts des burundais et non d’un parti.
    Pouvoir de Bujumbura, soit ferme envers les ennemis du progrès. Peuple burundais, affichons un soutien à notre Président.

    • Ntatembaduga

      Qui a provoqué la crise?
      Pour vous, elle a commencé avec quel événement?

  19. Mudy

    Ubu naho hakurikira iki ga yemwe.
    Kimwe,biragaragara neza yuko akajagari kose kaba mu burundi,umukuru w igihugu aba agashikiye.
    Ifungwa rya Radjabu,abicwa bazira kuba mumigambwe itari cndd-fdd,abasinzikarizwa ubuzima(Kadege,….),ibikorwa nizo mbonerakure,….
    Uwuzoramba azobona ukobizohera kuko abakera barayamaze ngo: »Ntamvura idahita ».

  20. Tuvugukuri

    Mbe sieur Niyoyankana ubuho abigenza gute!?Nagende rero atware Uprona aile DD yongere aje no mukibanza ca Vice President.Hama ico nobwira les DD nuko borondera un autre jeu pa celui la si no 2015 murataha musubire muri rya shamba naho nimba mwoba mukibishobora other wise murapfuye!
    Je sai bien che les DD il y a des hommes nyabo kandi botwara neza kurusha nuyo Peter nibamwiyame bamwime iy mandat ya gatatu ariyo nyanduruko yizi ryane zose.Nawe je lui conseillerai yo kumvira abashingantahe nyabo areka zirya mbunuza zaba Generaux atabwenge bagira si no naba fonctionaire bose bara demissiona hama musigare mwitwara rya barabara Sinduhije yavuga la foi passE urabe ko ubu tutarijamwo twese!

  21. karim

    aba dd nibijuju

    • Umugumya

      Ni wewe kiroffa vyukuri.

  22. Hadassa

    Ariko yademisiyonnye uyu Peter mwo kavyara mwe! Ategereje kumeka amaraso kandi?

    • Tikaaaa

      Mon Cher adassa.
      Va t’occuper des affaires du Rwanda et laisser les Burundais tranquille. Barahabona!!!!
      Komera!!!

    • Espèce de gros!

      @Hadassa
      « Ariko yademisiyonnye uyu Peter mwo kavyara mwe! »

      Iyo mvugo yawe n’iyi giputchiste! Va i buzimu uje i buntu

      • rwanda urundi

        ico kinyarwanda ntaco kidutwaye
        ariko rero twe ntidushaka kuba nkamwe binanira kuvugira iwanyu mukavuga ivya bandi twe ntidushaka kuba nki wanyu niyo mpamvu ibi biba

    • Boss

      None Nkurunziza yababwiye ko nawe ashaka démission ou s’il y est contraint par le Peuple bamutoye?

  23. Jo Niko

    Encore une absurdité ; de quel pouvoir dispose un chef de cabinet de la présidence de nommer un chef de cabinet , déjà titulaire , de la 1 ère vice présidence pour assumer les affaires courantes?
    Un tel acte peut être attaqué en justice de même que les actes que poserait le chef de cabinet intérimaire nommé irrégulièrement.
    Il serait heureux , comme Iwacu l’écrit , que des contacts politiques se nouent entre les partis politiques CNDD-FDD et Uprona pour redresser la situation. Le parti Uprona dont je parle n’est pas celui qui serait dirigé par l’hon. Niyoyankana nommé par le ministre de l’intérieur. Car ce ministre n’en a pas les prérogatives. Les membres du comité central , et ceux-ci sont connus, ont déjà désigné l’hon. Nditije Charles et le professeur E. Ngayimpenda pour procéder à la mise en place des organes du parti Uprona. Il faut donc leur permettre de travailler le plus librement du monde.
    Seul le respect , par le pouvoir DD, des délibérations des organes du parti Uprona issues du congrès à venir, peut ramener l’ordre et la collaboration dans les institutions républicaines .
    Agir autrement est synonyme de vouloir créer le chaos!
    Je salue au passage le courage des ministres Uprona qui ont remis le tablier.

  24. Alice Ngenzebuhoro

    Je félicite les membres du parti Uprona pour leur solidalité et leur engagement. C’est un moment historique où des ministres démissionnent en laissant derrière leurs multiples avantages pour sauver l’honneur de leur parti. Vous avez honoré la mémoire de Rwagasore qui a accepté de mourir pour sauver sa nation alors qu’il ne manquait rien chez son père, le très aimable mwami Mwambutsa.

  25. Venant

    Hakaba har’umuntu yumva politique neza yo mu Burundi yombwira ingene umukuru w’igihugu ashobora kuronka mandat yagatatu kuko iyo mandat arayikeneye pe. Si wenyene muri Afrika. En d’autres termes, s’il devait négocier avec les ténors du parti Uprona, à quelles conditions ceux-ci accepteraient-ils qu’il rempile pour un 3eme mandat dans la paix?

  26. Sabira uburundi

    Turakeje abo bashingantahe n’abapfasoni batari mugabo niryo, batatinye kwerekana ko ibintu bidategerezwa kuguma uko vyahora. Une politique de la terreur a été bannie avec les accords d’arusha. Le ministre Nduwimana qui a causé toute cette cacophonie devrait être traduit devant la justice. Il ne pourrait pas continuer comme il a toujours fait. Il faut que le Parti CNDD-FDD sache que nous venons de loin et que personne ne veut y retourner. Félicitations alors à tous les ministres de l’Uprona qui ont montré que l’honneur vaut mieux que l’argent qu’on peut encaisser. Quant à Niyoyankana B. il devait avoir honte de lui-même!

  27. Kimeneke

    Et si les dd commence à e désintégré lentement et surement avant même 2015 !!!!! None muri leta buca bahashira zambonerakure canke à suivre, car l’avenir nous reserve des surprises

  28. Mugamba

    Ndagukeje mupfasoni w’ijunja n’ijambo! Agateka aho kamye!

  29. Ntakamurenga

    Ok, ubu ni sawa turatekanye. Bareke bagitware bonyene. Ariko ndabasavye ntimuve mu nama nshingamateke!!

  30. Inzara irahera ariko igihemu kibi ntigihera.Uwo ni umukurambere w’umurundi.Niyoyankana,Bigiri Jacques,Miburo,Feruzi et consorts ve ibuzimu muje ibintu!Before it’s too late.

  31. john

    Ntibinezereje kubona umushikiranganji nka Victoire atanga imihoho muri leta ya Nkurunziza mais mu gihe bishitse on doit reagir en consequence de cause kuko .kw’isi hose ntaho igihugu cigeze gipfakara ngo ni uko umuntu kanaka yatanze imihoho, erega muri politique naho muba musangiye une formation politique barasukana kugira uhave uwundi ahaje, mbega ngo ni wewe wenyene uba ushoboye gutwara, barabahenze baribagiye ko ata n’amajwi mu matora baronse yotuma baronka nivyo bibanza barimwo, Fnl iti buzire ndabwirire natwe turafise abatutsi bavyumva kandi bari bakeneye ivyo bibanza harageze ko bipanga. Courage son Excellence uri ingabo n’ibitari ivyo warabiteze umutwe Imana ikuja imbere urabisimba!

  32. Ubuntu noneho buratsinze inzara.Ese icoha Uburundi abagabo nka Niyoyankana,Jack Bigiri,Miburo,Feruz,Samuel Nkengurukiyimana (une societe civile nyakurisee) et concorts bakikangura bakareka amapfa.Bame bibuka ko « inzara ihera ariko igihemu kibi kidahera ».

  33. Bumwe

    Felicitation madame victoire. Murerekanye ko murabakera. Ntakwishinga abo ba dd, bareke bakinde birorera.
    Hama abo ba dd na niyoyankana nobabwira ko seuls les imbeciles ne changent pas d’avis. Barashobora kwisubirako bagakiza uburundi bakaburinda indyane bakana bukingira ingwano. Twese twifuza amahoro. Kandi ntawurya bakoma induru.
    Vive le Burundi. Vive abashingantahe. Abat basumirinda.

  34. Nzoterimbere

    Franchement je ne suis pas pour les DD mais je m’en fous complètement que les ministres de l’Uprona démissionnent mais alors là COMPLETEMENT. La vie politique continue. Et je suis certain que les DD vont trouver une démission. Qu’après l’Uprona ne vienne pas pleurer en disant qu’on les a rejetés. Vous vous éjectez vous-mêmes. Et ne vous inquiétez pas, un autre prendra votre place! Et de toute façon la place que vous occupiez, vous ne la méritiez pas, c’est celle de Rwasa, si il n avait pas abandonné les élections il aurait été deuxième. Les DD vont pouvoir faire ce qu’ils veulent même si cela est inconstitutionnel , et à raison puisque vous venez de tout leur céder . Allez, quittez là-bas, comme disent nos amis de l’Afrique de l’Ouest!

  35. Kabizi

    Bravo aux UPRONISTES.
    C’est la Ministre que j’aime parmi tous les ministres du gouvernement Nkurunziza. Elle est vraiment capable de diriger ce Ministère et elle a déjà manifesté sa volonté de travailler!

  36. Federation

    BRAVO madame! C’était prévisible, j’ai tellement d’ESTIME pour Mme Victoire Ndikumana, la seule qui a un VRAI bilan à son compte!!!! BRAVO encore!
    L’un des rares ministres de ce gouvernement qui a quelque chose de louable à montrer ! Comme en témoignage la célébration de notre premier prix pour notre pays décroché à Berlin !
    http://www.youtube.com/watch?v=WAkAa9t9zo8

  37. SENYAMWIZA

    Les lunettes fumées de notre Excellence lors des sorties et autres cérémonies officielles et même quand il fait des spots discours à la radio me font toujours tiquer…..!!! Regardez bien, il les portait par exemple sur cette photo archive d’i WACU quand Mr NKURUNZIZA décorait la Ministre V.NDIKUMANA….!! Je me demande si notre Excellence a des conseillers en communication dignes de ce nom…! Sinon comme expliquer qu’un président de la République s’adresse à son peuple à travers des lunettes fumées…. ??? Ceci a une très grande signification en termes de communication..! Le ridicule ne tue pas…!!!! Sous le règne DD ico tutazobona ni ikitabaho gusa……!!!!

  38. Franck

    Amakarata yose aramuheranye Peter reka turabe aho ubwenge bwiwe bugarukira

    • aly

      Ubwenge atagira?yaba abufise yari ku demissiona akareka guta Uburundi bwacu mu kaga nkako turimwo kuva agiye kubutegesti!Ndakeje cane Busokoza,Nditije hamwe n’abadasigana bose bisubije umutamana,nivyabandanya gurtyo uburundi bwacu buzokogorora dusubire kugira Iteka n’itekane.Certes,le chemin est très rude mugabo akagumwe bagumako,il nous faut un changement.Du courage à tout Burundais abona ko igihugu catwibaruste kigeze ahatemba kandi ko, tukwiye guhagurukira rimwe tukiyamiriza intwaro mbi idusubiza inyuma nk’ibirenge.

      • kiradodoa

        buzogarukira mukuzimu ata demissiona

    • Anos

      @Franck
      « Amakarata yose aramuheranye Peter reka turabe aho ubwenge bwiwe bugarukira »

      Uriririra n’abana bawe! Il a déjà connu pire!!!

  39. Vuvuzela

    Une lecon a tirer de ces demissions: si des burundais acceptent de laisser tomber des postes de ministres, c’est que le vase deborde et qu’ils sont capables d’action.

    A mes DD je dirais: arretez tout de suite de presser. Car ce qui etait impensable jusque tres recemment me semble possible… a moins que c’est l’impensable que vous cherchez!! Si c’est le cas, je vais demissionner aussi.

  40. polepole MJ

    Enfin!! Je crois que meme les DD qui ne sont pas contre le pouvoir mais qui sont contre ce qu’il fait emboiteraient les pas. Félicitations! vous etes braves! !!

    • mafaranga

      Elle est reconnue pour ses qualités de femme intègre,militante de longue date du Parti Uprona et elle ne pouvait pas trahir.
      Si le Président Nkurunziza ne parvienne pas à comprendre la gravité de la situation, demain ce sera le tour de son 2è Vice-Président et un certain nombre de ministres du CNDD qui vont rendre le tablier car la dictature frappe tout le monde.
      A bon entendeur salut!!!

    • NTAGUHEMUKA

      Felicitations vous tous les ministres upronistes , murerekanye ko mutari abahemu nka Niyoyankana yishinga aba dd inyamaswa ataco bubaha bagomba kwica igihugu c` UBURUNDI , barihenda ntawarusha inguvu Kadaffi ariko murazi iyo ageze , bon entendeur salut !!!!

      • benjamin

        Buzire ndabwirire.
        Nkurunziza we mpa ico kibanza cou bushikiranganji bagutanye. Iyo ni inkuru.Mugabo politique y’uburundi imeze nabi. Ahandi iyo umugambwe utsinze niwo wihariza inama nshikiranganji. Uwundi atari muri wo yemeye kuja munama nshikiranganji aba aje gushira mu ngiro imigambi y ‘ umugambwe watsinze. Nuko biri. Ubu rero ni akaryo neza ko duca tuvyandika mwibwirizwa nshingiro. Mwene izo ndyane canke impari zirekuriwe muri sénat na assemblée générale. Nuko mu bagize izo nzego benshi batazi ico ari co guharira muri assemblée na sénat. Hari abibaza ko ari gukiriza urutoke wemeza canke wanka ibwirizwa. Niho dukwiye kwihweza le niveau d’études yaboja muri izo nzego.
        Ku bwanje ko musitanteri bamusaba diplôme licence; umu député canke sénateur akwiye kuba afise Master. Mugabo muri iki gihe naho abafise Master bariko baragwira mu ba députés tworonka bake. Kubera ubukene bwabafise izo diporome twotangurira kubafise licence mugabo abafise master ou doctorat boba prioritaire. Ariko rero ntitwokwibagira abafise uburambe (expérience) mu kazi.

        • Backary

          @benjamin
          « Mugabo muri iki gihe naho abafise Master bariko baragwira mu ba députés tworonka bake. Kubera ubukene bwabafise izo diporome twotangurira kubafise licence mugabo abafise master ou doctorat boba prioritaire. Ariko rero ntitwokwibagira abafise uburambe (expérience) mu kazi. »

          Ivyo vyose uvuga abandi baramaze kubigerageza kandi umenga basanzwe ataho bigeza igihugu!
          Raba hirya nohino abandi bari mu ntwaro rusangi ingene babigenza! Kuko ntushobora gusubira kugira invention de la roue kandi abandi barayigize!
          Reka abanyagihugu bitorere, bashireho uwo bashimye! Bihenze gatatu irigira kane ntibazokwihenda! Ntukabafate nk’abana, kandi numvise abavuga ngo « masomo siyo mwisho wa ujinga », harimwo ukuri gutoyi!

      • Nahimana

        Uwushaka arampinyuza, Nkurunziza nta akajambo tuzomwumvako. Jewe naragendereje nsanga, iyo habonetse ibibazo bikomeye,….mu gihe Abarundi n-amakungu baba barindiriye ijambo ry-ihumure rya SEBARUNDI , wewe ahitamwo kwihorera. Aho naho atidugiye ku gatumba, mukurindira ko bicureha. Kenshi, ni Abavugizi biwe bita kurutare barondera insiguro bashikiriza. Abamuzi neza mu kibano bavuga ko akunda kwivugira ko atamvura idahita . Naho abize ivya POLITIKE , bashira imbere inyifato yo gutanga umuco mu bihe nkibi, Petero Nkurunziza wewe abibona ukundi . Kandi kugeza ubu iyo nyifato yahora imwerera. Ariko rero ibi bihe birahambaye cane. Sinibaza ko ukwihorera kwiwe gushobora gufasha gutora umuti w-ibazo biriho uno musi. Mu gihe hari impari kuri révision de la Constitution,
        1 er Vice-Président agakurwa , agaheza agahungira muri Ambassade yo mu kindi gihugu, Abashikiranganji batatu bagatanga imihoho, hakavugwa muri ico gihe nyene igitero c-abitwaje ibigwanisho, kuri moins de 10 Km de l’aéroport international, igitero gishobora kuba carahitanye abasirikare b-igihugu bagera kuri batanu, SEBARUNDI yategerezwa n-ukuri kugira ico ashikirije. Ibi bihe igihugu cacu kirimwo birahambaye ntibisanzwe. Abashobora kwikika mu kiza bashobora kuva mu mpande zose. Ntihagire abashinga gusa ijisho kuri opposition yonyene, abadahimbawe n-intwaro kumvo nyinshi zinyuranye bariho kandi si bake no muri Cndd-Fdd yonyene ubwayo. Asuzume rero neza abahanuzi afise , kanatsinda ngo  » Akica urugo karuva imbere « .

        • Kayondi

          Uravuze ukuri basi erega muri cndd hariho abariko baramuvugutira umuti hamwe nabo ba généraux biwe,rindira uzoba uvyumva,biriko birategugwa,bikaramuka bibaye igihugu n,abanyagihugu bitegure rero,zirya mbenerakure zizoca zikora ibara mubanyagihugu,

          • SANS ECHEC

            Imbonerakure zigishijwe na PORONA mugenzi. Aho hambere hahise utabaye umu Pionier so yba igicibwa; wakura ntuje muri JRR, aho ntaco wabaza igihugu. Umaze kuba kimwe muri ivyo, ibikorwa wakora ni birya nyene Imbonerakure zikora. Ni Copier Coller. Uworukarisha rwomumwa. Iyo PORONA ibidukingira kuva kare, aya mahano ntayo tuba tubona. Uribuka uwavuze ngo : »En politique on tue pas on élimine les ostacles »?. Iyo ubaye obstacle on t’élimine. Ntutinye rero niwaba uri obstacle. Tega umutwe wikorere ibi: « Uwuzotera intambara, izohera murugo iwe, iherere murugo iwe ». Urantunga je ne fais que citer.

        • jean

          on dit toujours que le silence tues les imbeciles . kandi ngo uwuzize uramureka ukabuha abandi mukumuhana. mbe ko ba Ntiba bahungiye muri ambassade ya france ko Buyoya atahumurije abarundi? be mureka kuvuga ayuwundi yovuze mukiringo ciwe. Peter arabizi ibiriko biraba mugihugu ciwe kandi arazi yuko namakungu babizi. ikibi camakungu yubu ntamwanya wabo bata kugihugu kidafise ama minerais yokubariha mugihe babatumyeko. na Kagame yahenze Bill Clinton na Tony blaire ngo azobaha kukimanyu ca congo bayore imari mugabo mbona vyabahinyukane aho Clinton azava muri USA akaja kurihisha ideni Kagame. Ninaco abantu bato tworeka kwimena imitwe bitumwe nabanya politiques. Raba ukuntu muri Centre africa batabura umuntu imbere yabasirikare baba faransa sibara? raba muri Soudan du Sud ukuntu abantu ba pfuye kandi abicana babandanya kubambika izera. sikubera birya bitoro? none i Burundi dufise iki? ninaco gituma tutoha aamakungu nababamenyessha makuru bibinyoma bakorera mada yabo. Peter hageze azohava nuko uwumusubiriye yomenya uko akorera igihugu nabarundi. nimba azoba afise umutima utari wokuraba ngo naje nubake nkanaka canke nibe nkanaka ntaho tuzoshika naho twohindagura inzego igihumbi.

      • Agata Nkengurutse

        Reka gusuka nô guhenda abo bantu yemwe. On félicite uwungutse : uwibarutse canke yubatse kuko umuryango wungutse, uwuronse akazi, uwuguze canke yubatse inzu, uwugize igikorwa kiboneka gifasha abandi kandi kikagira ico kibamarira, uwitanze kugira benshi bunguke. Féliciter uwukuwe canke uwikuye mu kazi n’ukumuhema. Nta na kimwe cerekana ko Busokoza et cie bagize ico bamariye abandi canke ko batabataye mu rudubi mur iki kiringo. Tureke kubahenda tubahema. Mu minsi mikeya bazoba bibagiwe, Imana yonyene niyo izi ko bazoba bari fiers canke regrets.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 597 users online