Saïdi Juma, le maire de la ville, a interdit, en date du 2 décembre, aux vendeuses de fruits de s’installer tout autour du marché et sur certains axes routiers, pour des raisons de sécurité et de salubrité. Malgré cet ordre, elles ont fait la sourde oreille, ce mardi matin, en étalant leurs produits (fruits et légumes) sur certains axes. Ainsi, l’on pouvait les apercevoir, près de l’office des postes, devant la BNDE, à côté de la boucherie Ntazimba, etc.
Même une forte présence policière n’a pas semblé les inquiéter. « Les policiers sont venus et nous avons fui de peur qu’ils ne confisquent nos produits. Nous avons repris le commerce après leur départ », confie une des vendeuses.
Selon ces commerçantes, ce n’est pas la première fois que la mairie prend cette décision et elles ne sont pas prêtes à la respecter. Et pour cause, seule une poignée d’entre elles ont eu des stands dans le nouveau marché de fruits après que des agents de la mairie les aient recensés : « Les autres ont été priées d’aller dans les marchés des communes périphériques de Bujumbura. »
Ces femmes s’y refusent arguant qu’elles ne sont pas les bienvenues dans ces marchés. Sans oublier que les prix de ces fruits et légumes sont largement supérieurs en ville que dans les quartiers.
Bahe ikibanza est c’est tout. Aba DD muracuritse basi. Si bose barara bariye nkamwe muyora amafaranga y’igihugu aho ari. Mugabo ndagwa nkagaruka, bareke babajegeze mwabatora mubona mbere muze mungere babandanye bicisha inzara n’amategeko atagiramwura abanatu.
Ni mwidandarize bavyeyi; homba homboka. Abo babirukana nabo babisanze ku meza ntibanka kubirya ngo nuko vyaguriwe iwanyu. Ni babahe aho mudandariza mwifuza nta kindi.
None ivyamwa biguzwe biriribwaho canke ababiguze barabitahana?Ikibazo c’isuku sico ahubwo umutekano niwo ubangamirwa!Muhejeje kubatora bazobakubita mwangare!
Nihagire abaraba abo bantu mukubabwira ivy’isuku, ariko mureke kubaburaguza. Mwebwe muri mu magorofa mufise ivyuzuye Frigot na stock, abo nabo bariko barondera igifasha abo basiga muhira. Canke mubahe ikibanza bakoreremwo, none iryo suku mwitwaza mwasanze abo ba mama aribo baribuza. Banze mutubwire icaturiye isoko.
None ga yemwe reta dd igire guturira amasoko yongere ibuze nabo bavyeyi kwigurishiriza utwamwa?!!!arundi bene wacu None iyo Reta igomba ko inzara iba igitutu c’Abarundi bo ko vyuzuye what about Nyarucari!HarAgeze ko ibintu bihinduka igihugu kikagarukigwa,ninde uyo abishoboye atari Rwasa?…umfashe tumushigikire kko ivyo aba dd bigira baturemereye
@Faranga
Hari uwavuze ejo bundi ati kw’isi uko amatora aje niko abantu bama bariko bararirimba ihinduka (change, changement)! Hanyuma abatowe bahashitse bagasanga ataraho gutuma umwana! Jewe rero atari uwuriko arijandajandira ntihagire uwuzoza kumbwira ngo ni mwantora nzogira ibitangaza!