Après presque deux semaines de grève, les étudiants de BAC I & BAC II à l’Université du Burundi ont repris les cours ce mardi 3 septembre. Aucune de leurs doléances n’a trouvé une issue favorable.
« La Commission mise en place par l’Ombudsman, Mohamed Rukara s’est montré incapable de résoudre nos problèmes. Nous avons jugé bon d’arrêter la grève et nous continuerons nos réclamations étant au campus», indique Ernest Nzambimana, président de la Fraternité des Etudiants de Rumuri (FER).
Il souligne cependant que la situation ne sera pas facile pour les étudiants externes. Beaucoup d’entre eux vivent quasiment de la bourse : « Ils n’ont aucune autre source de revenu. Leur priver de la bourse est synonyme de leur empêcher de continuer les études ». Yves Iradukunda, un des étudiants faisant partie de la Commission mentionne que le blocage est venu du ministère de l’enseignement Supérieur et de la Recherche scientifique. Au moment où nous allions commencer le dialogue, précise-t-il, aucun représentant du ministère n’était présent. Et le président de la Commission en la personne de Jérôme Ndiho s’est désisté arguant qu’il ne peut pas travailler avec une seule partie. Or, déplore M. Iradukunda, normalement, une Commission mise en place par l’Ombudsman ne peut pas abandonner un dossier sans aucun rapport. Cet étudiant ne mâche pas ses mots : « Le conflit n’est pas du tout terminé. C’est aux étudiants de décider la suite à réserver à ce dossier dans une assemblée qui sera bientôt organisée ».
Du côté des étudiants, c’est la désolation. Certains ne comprennent pas pourquoi leurs représentants les ont appelés à regagner les auditoires sans aucun compromis. Ils arrivent même à les accuser d’avoir été corrompus. Une accusation non fondée selon Ernest Nzambimana, président de la Fraternité des Etudiants de Rumuri (FER) : « Nous ne pouvons en aucun trahir nos frères ». Malgré la reprise des activités, il est conscient que la situation n’est pas rassurante. Il demande aux autorités de statuer sur le cas dans les meilleurs délais : « Sinon, les étudiants ne vont pas tarder à déclencher un autre mouvement de grève ».
« Une probable coupure de la bourse ? », se demande Onesphore, un des étudiants interrogés. « Le programme de paiement de la bourse du mois de septembre est déjà affiché », signale-t-il. Il ajoute néanmoins que la même note précise bien que la bourse du mois d’octobre ne sera pas octroyée.
Nous avons essayé de joindre le porte-parole du ministère de l’enseignement Supérieur et de la Recherche scientifique ou Jérôme Ndiho, président de ladite Commission, sans succès.
Rappelons que ces étudiants réclamaient la bourse du mois de juin et juillet ainsi que le retour des étudiants renvoyés par l’ordonnance ministérielle du 23 juillet 2013.
Ewe Burundi waragowe. None amakori dutanga ajahe? Reka abo bana b’uburundi bige mwa baDD mwe. Il faut assurer la relève sinon nous aurons des problèmes dans l’avenir. Le Monde est devenu un village il faut être compétitif dans tout y compris dans la qualité des intellectuels, des techniciens des hommes d’affaire…..
Chers petits frères, désillusionnez-vous, osez regarder la vérité en face même si le miroir vous renvoie une image que vous n’aimeriez pas voir. Le Burundi n’est pas ilot isolé du contexte économique mondiale. Même sans la crise économique actuelle, la bourse étant un avantage mais pas un droit, on ne grève pas pour un avantage. En tous cas ce n’est pas Bagaza du haut de son Parena qui dira le contraire. Je suis parmi les étudiants à qui il a fait signer ce qu’il appelait le « prêt bourse », système par lequel chaque boursier s’engageait à rembourser les frais lui octroyés au cours de sa scolarité. Bref, vu le contexte économique national et mondial, réjouissez-vous déjà du fait que vous ne payez pas encore de minerval. U n jour ou l’autre la bourse sera supprimé qu’on se fasse pas d’illusions. c’est comme ça il faut affronter la réalité en face.
Hahaha ariko murasatwenza.Mugire greve kuko mudashobora kwiga atagafashanyo hama mubitware vyagera iyo bigera vyanse ko bagikemura hama ngo musubiye mw’ishure!!finalement mwerekanye ko mushoboye kubandanya mwiga naho batoyabaha.Vous raisonnnez comment??bien k mutabandanije arimwe muhomba muga mumenye ko ako gafashanyo si ayo babagabira c’est votre droit le plus absolu.
Il y a 2nsolutions possibles à ce problème:
1) Donner cette bourse à temps et l’augmente de préférence,
2)Supprimer tout simplement cette bourse tout simplement et construire une université par province ou région car tout le monde n’est pas en mesure de se loger et se nourrir à Bujumbura.
(ne plus accepter que des policiers armés rentrent dans les campus avant tout!)
kubwanje abanyeshule baratsinze kuko kaminuza yabagiriza kwanka ibiganiro muga abo banyeshure bareretse abarundi n amakungu ko kaminuza hamw na hierarchie administrative ko atabiganiro bashaka. ibaze naw kugarariza urwego rwa ombudsman!!!!!aho bakengereye umuhuza n ubutungane.abo bana baririrwa amafaranga n ayo barondeye kuko bakoze ikibazo baragitora kandi ava mwikori ry abavyeyi babo.burundi bw uno munsi n’ejo komera kwibanga mwiyamirize akarenganyo gakorwa n abajejw kubatunganiriza.bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona,nibagutwara ivyaw ugahora n’ejo bazogusubira usigare imbokoboko.mwararwanye aho mugeza!!!!!!!!
courage!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Umwaka bourse yavuyeho umunyeshure akaza kw’ishure Kubera icuya abavyeyi biwe babize ngo yige canke Kubera ko umunyeshure we nyene yabize icuya arondera agafaranga ko kwiga université, grèves zizoba ziheze. hari aho murumva grève muri université privé!!!Ukwiga ku buntu, ukuvyara ku buntu, ukwivuza ku buntu… ni slogan electorale, mwikure mu mutwe ko hari aho izodushikana. Hoose abavyeyi b’abana nibo bamenya ingene bazokwigisha abana babo. Umutu wese aguha ikintu atacuya ubize aba ariko akwicira kazoza kuko aba ariko akubuza gukoresha amaboko n’ubwenge ngo witeze imbere wewe nyene. Hafashwa ikimuga. Abanyeshure qui excèllent nibo bonyene baronka bourse de l’Etat, abo nabo bari kurushi. Biragoye gutegera ingene ulunyeshure ashobora kwiyumvira ko azoheza amashure Kubera aide de l’Etat kuva mu wa mbere wa primaire gushika mu wanyuma wa kaminuza, quelle éducation. ce n’est plus possible. Na none ico uhawe no gutora ucakwa no gutakara. Twige kubira iciya Barindi, turye ivyo dukoreye.
Solution: n’ugutanguza système ya crédit pour les études par l’Etat. Umunyeshure akazoyasubiza bukebuke amaze gukora. Aha naho haca haba igikorwa ca leta de créer les emplois.
Greve ni moyen d’expression. No muri prive ziraba.Wayatanze nturonke ton produit, ninzuzosha. Dans notre cas, le gestionnaire a un avantage sur. Ces jeunes n’avaient qu’a returner etudier ou deambuler sur la place communement appelee kw’i ligala.
Bravo les jeunes, vous avez atteint la maturite. Mbaye nka ventriote, wogaya umira. Realisme oblige.
Bonne chance dans vos etudes.
Il est grand temps que cette bourse soit supprimée!!!!! Ahandi abanyeshure bafata credi kugira bashobore kwiga namwe ngo mukenewe gufashwa… This is funny!!!!!. Ahubwo leta nayo nyene harageze ko yikebuka
Mbega mwebwe, banyeshure, aho muri kuri kaminuza koko, canke ni kanyomoza. Mubona mwebwe muzovamwo iki? Iryo shure mwiga , none mwtahuye iki? Ari jewe nobafuta mwese,mukazinga umurizomugataha. Ninde yabahenze. KIgihugu kirakenye ariko kbaha amahera mukiga, one mwakoze iki kugira babahe ayo mahera, murasara, eka murasara koko. Ayo mahera babaha , burya ntiboyashira mu bindi bisata biyakeneye, none ubu hahomvye nde? Amezi abiri aheze muzerera, mwakuyeyo iki, barabahenze basha, ni mwige, reka ayo mapolitike acuramye, ahandi hoho muraheze. Aha rero muhitmwo kuyaheba canke kuyabandanya , canke mwarabonye ko kaciye , nimwibandanirize ibarabara bahungu n’ abakobwa ba kanyomoza, kuko abo kuri kaminuza bari mwishure.
@giraneza: Voila aho aba DDs mwihendera, mwibaza ngo ce sont ces etudiants qui ont perdu seulement, c’est le Burundi.
Hagitwara abantu twe twahora tuja muri greve kandi baratwumviriza naho twaba tudafise raison ntibazana inkoho ngobongere bace barya ubugari bwacu (pas de bourses kuko hari kuri Lycee)
Mes chers Etudiants! Nimwige nico gikuru ubundi nimwe muhomba comme ça vous terminez vite et commencez à travailler. Mugumye mw’ibarabara mwibaza koabo bagabo hari ico bibabwiye, ahubwo muzoba muriko mubaha ico birira (ako ka bourse kanyu) baca bagakevya de plus.
Rukara yabuze guca abashira muri ya Universite yiwe iri mu Bwiza?
Ngira murabonye ko greve ataco itanga kiretse gutakaza umwanya.
Abarundi muri abatesi. Congo, Rwanda, Uganda, Kenya, Tanzania nahandi nta bourse ikibaho. Naho mwebwe mureka kwiga ngo murindiriye kugaburirwa? Funny people!
Bosser dans la douleur, vous récolterez avec plus de joie.
Pauvres étudiants! ils viennent de faire exactement deux mois sans étudier. qui a perdu? Au mois de septembre, les cours n’ont presque pas encore commencé.
Quel sera le sort de ces élèves qui viennent de terminer le secondaire et qui attendent que l’année académique se termine pour avoir leur place à l’université du Burundi? Ils vont attendre 12 mois?
La reprise de la compétitivité de notre main d’oeuvre « qualifiée » dans l’E.A.C n’est pas pour demain !!
Ariko murantwenza,kuva iyo twaberekeye neza ko ata ciza kiva mu ba dd ntimurabitahura!Ibiturire no kurya abo bokijije nivyo bibaranga ubu babuze ivyo barya kko n’amakungu yabafatiye ibihano. None bageze muri bourse z’abanyeshure.Mutama ataje je ndabona ico gihugu vyayoberanye,mbe aho ni ryari?Mutama Rwasa nyaruka turabe ko abanyeshure bohabwa aka bourse kabo uko biri hanyuma bibandanyirize amashure