500 ménages sinistrés du village de paix de Kagwema II de la commune Gihanga en province de Bubanza, au nord-ouest du Burundi, victimes des aléas climatiques vont pouvoir fêter Pâques dans la joie, l’armée burundaise a procédé ce samedi 15 avril à la distribution de vivres à cette population.
Il s’agit de 5 tonnes de riz et 5 tonnes de haricots à raison de 2 kilos de riz et 10 kg de haricots par ménage. Cette opération a été conduite par le Chef de la FDN (Force de défense nationale).
Les autorités administratives de Bubanza dont le gouverneur de cette province ont pris part à cette activité humanitaire ainsi que d’autres officiers de la FDN.
Selon le porte-parole du ministère de la Défense nationale, le Colonel Gaspard Baratuza, pendant la période du carême, des militaires ont fait le jeûne, ils se sont gardés de prendre quelques repas en vue de collecter des vivres nécessaires et faire ce geste humanitaire.
La même distribution des vivres a été effectuée à Kirundo en commune Busoni au nord du Burundi où 500 ménages ont reçu chacun 2 kilos de riz et 10 kg de haricots. La FDNB était représentée par le Chef adjoint de la FDN.
Nikobiri,
Imyaka yose intambara yabayeho i Bururi yaradora comme aussi certaines provinces du sud (Rutana). Makamba twese turazi ivyahabaye kandi une grande partie ni Imbo. Igihe abandi biruka abanya Bururi bariko baratera ibiti , baca imigabo batera iyindi – vyumvikana ko atabugaragwa bwahabaye. Pourtant, abakomeye mu vy’intambara bariko baragura ama bombe bayatera i Bubanza etc. Urumva ahaguye ibombe hasigara inzara , ahatewe igiti hagwa imvura. Nturire ngo usarare urumvise igituma!! Hama sindakwipfurije iyo miceri kuko abayihabwa suko bahiriwe!!!
vous dites 500 familles: un peu de calculs.
2 kg x 500= une tonne
10 kg x 500 = 5 tonnes
où sont passées les 4 tonnes de riz?
Nikobiri ne t’ en fais pas au Sud du pays Réverien Ndikuriyo maîtrise la situation! !
Mbega hasonza abo mu Cibitoke, Ngozi, Bubanza, Muyinga, Kirundo, Gitega, Karuzi,… gusa? Ko ntarumva imfashanyo zagiye Bururi, Rumonge, Makamba, Rutana,… Nta mahinyu mubona mwo? Nako data wanje Imana yotanga uwo murwi wa nyuma ntuzigere ukenera izo mfashanyo bakama bikwije vyoba vyiza kurusha.
Huuuu mbe sha nawe urubahuka na Bururi urayivuze kweri? Rumonge irya ni intara yari yaranyazwe na Kavamamahanga donc eligible? Nayo mu ivyo mu butayu wobibaza abahavuka. Nibaza ko imyaka amajana atanu iheze, yama bourses baza baratwara ba nyarucari baziha ses fils et filles kwiga —bariko barazikoresha mu kugwanya inzara iwabo batarindiriye un kg du sucre !!!! Ikibi nikibi raba commen on le paie meme à n génération!
Mutama Karadiridimba, Kindros yashatse kuvuga ko l´autosuffisance alimentaire muri ico gihugu ikiri kure, nabo basoda urumva ko barinze kwemera gusonza, donc pauvre Burundi. Emera ko mushonje hanyuma mukore mureke kuzera inze,
Pauvre Burundi !
Kindros, What do you mean » pauvre Burundi »? Humanitarian acts happen in every corner of the world. Nibaza ko atagitangaza kirimwo. Reka kuba mwitesha agaciro