Dimanche 11 août 2024

Publireportages

Umunywanyi wa Bubet atsindiye IMIRIYONI 31 akoresheje 3000 fbu ku kadege

12/07/2024 1
Umunywanyi wa Bubet atsindiye IMIRIYONI 31 akoresheje 3000 fbu ku kadege

Claude ava mu Cankuzo yahinduye ubuzima bwiwe mu gutigira kuri 3000 fbu ku mukino w’Akadege ko muri bubet.bi aca atsindira IMIRIYONI 31.

« Sindashobora kubitahura gushika ubu » niko uwayatsindiye yavuze, yahisemwo kutamenyekana. « Nariko ndagerageza amahirwe mu gutigira gato, none ubu natsindiye amafaranga ashobora guhindura ubuzima bwanje ku rugero ruboneka. Nari maze gutsinda kenshi ariko biciye ku mukino w’akadege nirya mbere ntsindiye amafaranga angana uko. Biratangaje cane. »

Claude yaratigiye italiki 13 ruheshi ku kadege muri Bubet bihindura ubuzima bwiwe.

Yahisemwo gutigira ku mikino ibiri mu mwanya umwe – ku mafaranga 1000 na 2000. Yarahishuye ubuhinga yakoresheje : « Nabanje kuvyiga neza imbere yo kubuitangura. Mu kadege, nkunda gukinira rimwe imikino ibiri aho nkuramwo uwa mbere gashitse kuri 2 hama umukino wa kabiri nkareka ukazana inyungu. »

Yagumye atekanye kuriyo mikino ibiri ararindira akurako akadege kataraguruka. Aca atsindira izo tickets uko ari zibiri, akaba arivyo vyatumye atsindira IMIRIYONI 31 z’amarundi.

« Naranezerewe cane kuko sinari ndavyiteze », Niko Claude yishuye igihe twamubajije uko yiyumvise atsindiye amahera angana uko. ‘’Naribajije uko nzoshobora kubikura amafaranga angana uko, ariko munyuma numvise umukozi wa bubet ampamagara ankeza baca bambaza numero ya konte ya banki boyashirako ».

Hari ibihumbi vy’abatsinda buri ndwi kuri bubet.bi ariko gutsindira IMIRIYONI 31 hakoreshejwe 3000 n’ivyigitangaza. Bubet irakeje uwatsinze kandi tukizera ko hazoba n’abandi benshi batsinda bigahindura ubuzima bwabo !

Ni gute bakina akadege ?

1. Injira muri muri konte yawe ya bubet (nimba utari umunywanyi, iyandikishe ngaha).
2. Ugurura umukino wa Aviator aha
3. Murashobora gutigira kumikino ibiri akadege kakagurukira rimwe uhereye kumafaranga 200 ku mukino
4. Kurikirana neza akadege. Uko kaguruka cane niko inyungu yiyongera !
5. Fyonda kuri ‘’Cash Out ’’ imbere yuko akadege kazimangana kugira utore inyungu ugezeko !

Kuki wokwiyandikisha muri Bubet ?

Bubet ni rumwe mu mbuga zo gutigirako rukunzwe cane mu Burundi, rutanga uburusho bwinshi butandukanye ku banywanyi :

• ushobora gutigira kunkino z’umupira w’amaguru zikomeye kw’isi guhera kurufaranga rumwe 1F
• Inkino zirenga 1 000 muri kazino
• Kubikura mu buryo bwihuse mu Burundi : Bikura ayo mwatsindiye mu mwanya isase mukoresheje Lumicash canke iHela
• Uburusho bukomeye : ongereza amahirwe yo gutsinda gushika kubice 500% hamwe na Win Bonus canke ubikure incuro 70 zayo watigiye naho mwotakaza urukino rumwe m mw’itike yawe hamwe na remboursement !

Dusange muri Bubet uyu munsi kugira uronke amahirwe yo kuba uwatsindiye menshi ikindi gihe!

Forum des lecteurs d'Iwacu

1 réaction
  1. Turavukana

    Ndakeje uwatsindiye ayo amafaranga angana atyo. Aze ayikenuze neza ntahave agira nkuko ayahawe n’umuyaga. Mugabo ni ukuraba uburyo twofasha abantu bidaciye mu vy’igihamana, kuko aho hunguka cane bene vyo kuruta abatigira bipfuza gutera imbere ningoga Kandi bitabagoye. Ntawobigaya rwose ariko sivyo twokwizigirako urukiza.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Manassé, la guerre est finie

Cet ancien chef de zone Mitakataka dans la province de Bubanza, frontalière de la forêt de la Kibira, devenu plus tard le fief du CNDD-FDD pendant des années de lutte, fait toujours parler de lui. Il a toujours fait parler (…)

Online Users

Total 2 195 users online