Mercredi 22 janvier 2025

Iwacu Web TV

Sortie de Bob Rugurika de la prison, après 30 jours d’incarcération

19/02/2015 Edition : 2

Bob Rugurika, directeur de la Radio publique africaine (RPA), est libre. Il a été relâché sous caution tôt ce jeudi 19 février suite à une décision rendue la veille par la cour d’appel. A son retour vers la capitale du pays, Bujumbura, une foule impressionnante l’attendait dans les rues.

Forum des lecteurs d'Iwacu

2 réactions
  1. GENDA MUBISABANDI,MWARAKADUKOREYE

    harya bibaza ngo bafunze bob naho bafunze tous les burundais sauf certains DD Jamboless.noneho Imana ikunda inzirakarengane ntiyari kuvyemera urabona ko yaciye imaramaza karya kagwi kaba DD babi.Bob siwenyene kuk tous journalistes sont des fonctionnaires du public mais pas de l’Etat.aba DDbaherewe non ngo yari imyiyerekano?yoooo!ndabatwenze,ntamyiyerekano ahubwo kwarukwerekana umunezero wabanka akarenganyo.bob komera kwibanga ryawe mbere nabandi nkawe bagwire naho bamwebamwe batanguye gutumwuga kandi twakuze twumva havugwa ngo: »Utumwuga,ugatumwana. »Gilbert nawe uti waranse ko kabizi kiba impfuvyi uragitora,uti komera kwibanga uti mugabo nawe ntuzohave wigurisha.

  2. MWUNAWINKUBA

    Ubutegetsi bwaraye bugize umwami BOB RUGURIKA butabizi, kandi ubumwe n inguvu vy abanyagihugu vyaraye vyiyerekanye kandi ata murariko.

    Nyenicubahiro president NKURUNZIZA yarakwiye gukurikiza zirya mpanuro za SNR ziyongera kuzo abandi: imigambwe batavuga rumwe, amashirahamwe ataharanira ivyicaro vya politiki, isengero katolika, amakungu n abandi benshi.

    Akabandanya yica amatwi buravunikira mwo umudahara kandi abanyagihugu bazosidukana n iyonka baza kumwirukana kumwe baza kumusanganira muri 2005.

    Erega ubu asigaranye na barya basangiye ivyo ntazi be na KABURUNGU ngira n umukenyezi wiwe canke umuvyeyi wiwe ntibavyumvikana ko kuri ico kiringo ca gatatu.

    Akataretse kaba gasema. Ngo:  » uwusomborokeje intambara itangurira iwe igaherera iwe » ni we yawuciye, nkeke ko atokwikura amata mu kanwa, kuba umukenguzamateka ubuzima bwiwe bwose hari iteka riruta iryo ga yemwe!

    Atahuke amarembe, abo agirira impuwe kuvyo boba barakoze nta gitambambuga kiri mwo.

    Yemwe yemwe mumuhanure ntazane amarira mu bavyeyi no mu bibondo, imyaka 10 amaze avugirizwa impundu ntavugirizwe induru.

    Akataretse kaba gasema, agasozi k intabarirwa kahiye abagabo babona.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.