Dans un point de presse tenu à la commune Kinindo, le porte-parole adjoint de la police, Pierre Nkurikiye, a présenté le butin d’une série de fouilles-perquisitions effectuées dans certains coins du pays.
Sept armes, des chargeurs, des munitions, des radios, des effets militaires, un poste à souder, c’est le résultat des fouilles perquisitions menées notamment à Musaga (quartier Gasekebuye) et à Kinindo ce matin. « Un stock important d’armes a été aussi saisi à Cankuzo ce matin, au lendemain d’attaques menées dans cette commune contre un député et un agent du SNR » a ajouté Pierre Nkurikiye.
Le porte-parole a aussi donné le bilan des deux dernières nuits : « Un blessé par grenade à Kinyankonge et une grenade sans gros dégâts lancée dans la RN1 au niveau de la Gare du nord.» Ce qui aurait poussé la police à entreprendre des fouilles dans certains ménages de Kamenge proches de la Gare du Nord. « Trois suspects ont été arrêtés », a indiqué l’officier.
À propos de Cibitoke, bouclé depuis ce jeudi, Pierre Nkurikiye a informé que ces mesures vont prendre fin cet après-midi, et il a tenté justement de justifier cette sorte d’agissement. « À situations extrêmes, mesures extrêmes », a-t-il martelé.
Signalons que plus de la moitié des armes et des effets militaires saisis dans la capitale appartiennent à des officiers retraités de l’armée et de la police. Ce dont a profité Pierre Nkurikiye pour lancer une mise en garde envers tous les retraités de la police et de l’armée toujours en possession d’armes : « Celui qui sera retrouvé en possession d’arme non déclarée sera immédiatement arrêté et traité comme un malfaiteur.»
minani et MICOMBERO,
CNDD FDD Yatowe kumajui ari munsi ya 2 milions(1 million sept cent mille…)
Hakaba hiyandikishije abazotora barenga 3 million cinq cent.Kora ibiharuro muca mubona amajwi baronse vyukuri.Moins de 45%
Mais kubera CENI yafashije baciye bafatira kubaje gutora gusa.Abatatoye +Impagusa ni benshi cane kurusha abatoye DD.
Le porte parole de la police nationale afise amashure angahe?
Qu’est-ce que qu’on peut s’attendre dans un Pays ou la police est privatisee et protege une partie de la population ? C’est aux
citoyens laisses a eux meme de trouver comment se proteger avant qu’ils disparaissent nk’ifu y’imijira.
Combien de gens croient encore à ce que la police burundaise dit?
Les doigts en l’air svp!
Hanyuma poste a souder nayo n’ikirwanisho? Ababizi bambwire.
Hari ikintu nibaza, iyo umusilikare cyangwa umupolisi asezerewe mu kazi ntasubiza ibikoresho yakoreshaga????!!
Oya abantu bavuye mu gisoda bagumana ibirwanisho vyabo . Nka jewe ndacafise kalashinkov 4 nakoresha , na pistolet 6 nkiri mu gisoda . Haheze imyaka 3 mvuyeyo kandi igisoda kirabizi
Insolite non? Bakwiye kuba amahoro rero bakareka kugasaka igihe iryo tegeko ritarahindurwa
TOUS CE CHAOS ; POUR UN TROISIÈMES MANDANT CONTESTÉE PAR PLUS QUE LA MOITIE DE LA POPULATION…. ! Il FAUT ARRÊTER. TOUT CELA NE PEUX QU’APPAUVRIR LE BURUNDI.
Uwera tu dois revoir tes cours de maths. Comment donc quatre quartiers ou communes urbaines de bujumbura constituent plus de la moitié de la population burundaise?
Moitie? wewe uba hehe? Abagwanya Nkurunziza ni akagwi gatoyi cane kagwanira inyungu z’abanyamahanga hamwe n’inda zabo gusa.
abagwanya PN ni plus de la moitie sinon il aurait permit des elections libres abantu bose bashaka kwitoza bakiyamamaza nkuko nawe yabikora. Ariko ntaco mureke tuzoraba iyi mandat ico izomumarira canke imarira abarundi….Umuntu yananiwe guteza imbere igihugu ashigikiwe n’amakungu azobishobora ubu atanumwe amushigikiye atari akarwi kafashe munda iki gihugu cacu? L’histoire le jugera
none gabarundi bene data turahevye twisanburireko nkinpene?nimureke intanbara bene wacu ntawe yahiriye,amaraso yamenetse
mu Burundi arahagije.nimuhe amahoro abarundi,ewe MANA yurukundo ndakwinginze urinde igihugu cacu iyindi ntanbara.kuko twara
bibonye ntaho vyatugejeje.dukwiye kubana mumahoro kuko no mwijuru tuzobana kandi amoko yose.umwami Yesu aturinde ako kaga.
ninde uriko urasaba amahoro ? nta muntu azeye ku yaguha sha ubona muriki gihugu arinde ayafise kugira ayatange. saba Imana. hama mwasaka mwareka ubu nta numwe atabonako ibigwanisho bicira umuriro vyuzuye mu banyagihugu mu ma quartiers yoooooose ya bujumbura ntihagire rero abitoza utunyoni ngo hariho abera canke ngo hariho aho vyuzuye gusumba ahandi. kandi barabizi bimwe bimwe ni leta yabitanga ibindi navyo vyarondewe kugira bazokwivune abo leta yabihaye. kandi leta imenye ko iryo kwiragizwa irifisemwo uruhara kuko uko ivangura igisoda ni gipolice niko bigwira rero nta kundi uwuzoba ageze gupfa azopfa ariko nta bigwanisho muzoheza gukura mubanyagihugu shaka mutekereze.