C’était la désolation dans la matinée de ce dimanche 17 décembre à Ruringe dans la commune de Muhuta, en province de Rumonge: une petite permanence du parti CNL d’Agathon Rwasa a été littéralement rasée.
Il ne restait qu’un amas de briques adobes, quelques tôles ondulées et des planches ayant servi pour la charpente et un mur à moitié demoli mais débout avec un quart de l’emblème du parti CNL.
Ce forfait « commis par des inconnus » a été perpétré dans la nuit de samedi à dimanche. Le parti CNL pointe du doigt des Imbonerakure.
Ils auraient même emporté après cet acte de vandalisme trois moutons appartenant à une femme membre du parti CNL. Un de ces moutons volés a pu s’échapper et a regagné le bercail.
« Ces faits criminels devraient interpeller le pouvoir » notamment le ministère de l’Interieur, du Développement communautaire et de la Sécurité publique, peut-on lire sur le compte X, ex-Twitter du CNL.
Ce principal parti d’opposition dénonçait ce week-end ce qu’il a qualifié de « provocation », suite aux slogans hostiles à son président, Agathon Rwasa.
Ils étaient scandés aux alentours de la permanence nationale de son parti CNL sise au quartier Mutanga-Nord par de jeunes militants du parti au pouvoir, le Cndd-Fdd.
Il y a quelques jours, des banderoles de ce parti ont été affichées à Kiremba, avec des messages à peine voilés au président du CNL originaire de cette commune.
Une sorte d’avertissement lui annonçant que tous les natifs de sa commune, son fief, sont derrière le parti au pouvoir.
Jewe uko kutabana neza kw’abava mu migambwe itandukanye sindakumva uravye akahise kabi k’Uburundi.
Kandi aho hose Reveriyano Ndikuriyo aciye agenda yigisha ngo aba DD baze babana neza n’abandi.
None mugihe CNDD-FDD yoba izi ko yatsimbataye mumitima y’abarundi kandi izotwara igihugu pour toujours/ »milele na milele » NI KUKI IRIKO IRAJURAGIZA/ITOTEZA CNL, IVYO ITOKUBAHUKA NGO IGIRIRE UPRONA!!! kuko itinya ico amakungu yobivugako?).
Jewe nta mugambwe n’umwe w’i Burundi nigeze njamwo, kandi simba n’i Burundi, mugabo iyi nyitwaro irasubiza inyuma societe burundaise.
« Jewe nta mugambwe n’umwe w’i Burundi nigeze njamwo, kandi simba n’i Burundi, mugabo iyi nyitwaro irasubiza inyuma societe burundaise. »
Warutanye abandi mwenewa…
Ibaze iyo bose bagira nkawe. Tuba tukibayeho nko muri 1978. Quand tu as fui. Bien sûr qu’il y aura toujours des gens qui regrettent les temps passés. « C’était mieux avant « . Les bons conservateurs ou réactionnaires.
@Temoin
Je n’ai pas fui en 1978. Navuye i Burundi muri 1971 ngiye kwiga Moscou. Uti « warutanye abandi mwenewa.. »
Mbega ngaha wonsigurira neza urwo rugamba ushaka konza kwinjiramwo? (rwananiye imiliyoni 13 z’abarundi bari mugihugu?).
Wewe wombwira neza ivyo uvyuka ukora vya hatari mur’urwo rugamba?
Jewe sinshaka ko umuntu ahagarara hariya ngo ariko arampangira ubuzima.
Bonjour Stan Sibomana,
sorry pour ma provocation; vu tes quelques commentaires que j’ai déjà lus sur ce site, tu sembles être quelqu’un de correct. Mais lorsque tu écrivais fièrement que tu n’a jamais adhéré à un parti, j’ai tiqué car pour moi c’est grâce à des gens qui s’engagent que les choses s’améliorent. Ils ont le mérite même si parfois les choses peuvent mal tourner après une victoire. Je pense ici à ce que dirait Mandela s’il revenait en Afrique du sud maintenant. Je pense qu’il ne serait pas tout à fait satisfait de ce qu’est devenu son pays après la victoire sur l’apartheid tout en étant d’accord qu’à l’époque de l’apartheid c’était pas mieux.
Amakungu n’ababanyi baradutwenga, turateye isoni nukuri.
Jewe nsigaye nibaza nti Uburundi nyamba bwararozwe.
Biramaramaje vyukuri. Karashize ingani abarundi tube iciro ry’umuti ?
Uwutabona yuko igihugu kiriko kija mu cobo kirekire, kandi bizotugora kukibogora, n’uwutagira amaso. Muri kino gihe, abarundi igihugu cokwifashishije baguma bahunga igihugu, abantu bize neza canke bariko bariga neza bose bari hanze abandi nabo baguma barondera uko bata bomoke (abaganga, abigisha muri za kaminuza, …). Ivyo bintu kuki abatwara batokora ukwo bashoboye ngo bahe agaciro abantu bafise ico bomarira igihugu ?
Ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha.
Urwo rwaruka ico norubwira, nuko « amanyo agutwenga ari ayawe« . Ni barendegere…. Impembo bazoyibona…
Sinibaza yuko muribo harimwo umwana wa Ndayishimiye, w’abahisi Nkurunziza na Adolphe, wa Gelase, uwo kwa Gervais Ndirakobuca, uwa Prime Niyongabo, n’abana b’abandi baganza Uburundi muri kino kiringo.
Ni bikebure bave i buzimu baje i buntu, atari uko, akateretse kaba gasema.
Uburundi vyukuri ibibuberemzo birateye isoni.
@Dan Ndihokubwayo
1. Wanditse uti:« Uwutabona yuko igihugu kiriko kija mu cobo kirekire, kandi bizotugora kukibogora, n’uwutagira amaso… »
2. Ico nobivugako.
Turetse ibibazo vya politike n’ivyo mukibano, raba ingene Reta igiye guhagarika n’imigambi y’iterambere n’ibikorwa remezo. Sinzi rero ko n’ubu indongozi z’igihugu zizoguma zibwira abanyagihugu ngo hari Vision Burundi pays emergent en 2040 et pays developpe en 2060.
« Pour contenir le déficit budgétaire, bon nombre de principes ont été pris en compte lors des
discussions budgétaires, à savoir :
– L’introduction des nouvelles activités n’est pas permise ;
– L’annulation des activités pour lesquelles les crédits dédiés aux constructions ou
réhabilitations des infrastructures non encore engagés et dont les travaux n’ont pas
encore démarré et envisager à les reprogrammer pour le budget 2024-2025;
– L’annulation des activités des troisième et quatrième trimestres prévues pour le
fonctionnement de l’OBUHA et de l’ARB sauf les salaires, pour consommer d’abord
les montants se trouvant sur leurs comptes bancaires ;
– L’annulation des activités du FONIC prévues pour le troisième et quatrième trimestre
sauf les salaires, afin que le FONIC consomme d’abord le crédit se trouvant sur son
compte bancaire ;
– L’annulation des activités relatives à la commande publique dont le paiement se fait en
devises étrangères et envisager de les reprogrammer pour 2024-2025;
– Ne faire que des réaménagements internes entre le troisième et le quatrième trimestre au
sein d’un programme budgetaire…. »
https://www.presidence.gov.bi/2023/12/14/le-compte-rendu-du-conseil-des-ministres-du-13-decembre-2023/