C’est au niveau de colline Rusiga de la commune Rugombo en province Cibitoke au nord-ouest du Burundi que deux corps sans vie ont été retrouvés ce mardi 6 septembre dans la Rusizi.
Ces deux cadavres, un homme et une femme, n’ont pas pu être identifiés par les habitants des environs. Ils sont en décomposition avancée et les autorités administratives ont alors décidé de les enterrer.
Les habitants de Rugombo interrogés sont formels : «Ces gens ont été tués ailleurs puis jetés dans la Rusizi. Ces derniers temps, des personnes sont enlevées ici et là et disparaissent. Et quelques jours après, des cadavres sont retrouvés dans des rivières». Cette population parle des cadavres découverts au mois d’août dans la Ruvyironza et dans la Mubarazi.
Les défenseurs de droits de l’homme demandent toujours des expertises scientifiques pour identification de ces personnes jetées dans les rivières sans succès.
C’est la faute au Rwanda, n’est-ce pas? Ou est le Soundcloud de Pierre Nkurikiye? #NousAvonsBesoinDesLeadersResponsables
La faute au Rwanda? La faute De la belgique? Uwo binaniye, avugangovibiragobbiranyerera. Nimwemere yuko mufise imitims yabozevimitima yuzuye uburozi bwamacakubiri. Ntimusubire kwitwaza ngo ni rwanda canke ni belgique.. Mpeje kumva muri rafio voix d’amerique richard ashigikira umuntu yaravuze ngo abanyepolitike bavuga amacakubiri, ngo barashaje ni haze generation nshasha. Nivyo nyene sindavyemeye, subutama bubatuma kuvuga amacajubiri, ni wamutima wamacakubiri abuzuyenwo.niyo generation bavuga, birashoboka yuko about batama nyene boba barugishije Ababa babo ugasanga iyo generation yarandujwe nabo batama bakujijwe na shetani. Umuvyeyi winkozi yikibi, Niko nawe aha umutima mubi uwo yavyaye. Nka jewe uko ndi, umwana wanje sindigera ndamubwira ko ari ICO ari. Umwana wanje sindamubwira icondi. Umwana wanje sindigera ndamubwira ngo Urania urya kubera ari umuhutu kirazira kikaziririzwa ko nigisha urwanko umwana wanje kuko ngomba yuko akurira murukundo IMANA Yaduhaye.ICO nizigiye, nuko IMANA ari inyenbabazi, ko mu give kigiye kuza, izotanga umutegetsi azotwara UBURUNDI munahoro, amahoro azira umwansi yuzuye amacakubiri. Muze dushimire IMANA.. ABARUNDI dukeneye amahoro, UBURUNDI nabarundi dukeneye iterambere.Tugire amahoro avuye kumwami wacu YESU CHRISTU.