« Nous lui avons dit que les Nations unies doivent s’impliquer pour que le dialogue inclusif tienne compte particulièrement de ceux qui sont accusés d’avoir tenté un coup d’Etat, l’année dernière. Les négociations doivent se terminer en moins d’une année pour donner la chance au peuple burundais de se développer, de se réconcilier et de stabiliser le pays », dixit Léonce Ngendakumana, président du Sahwanya-Frodebu, dans une interview, après sa rencontre avec le Secrétaire général des Nations unies.
Selon Charles Nditije, président de l’Uprona non gouvernemental, le SGNU demande à tous les protagonistes de la crise burundaise de participer au dialogue sans exigence d’exclusion de l’une ou l’autre partie.
Notons que le SGNU n’a rencontré que les représentants des partis Cndd-Fdd, Uprona non gouvernemental, Sahwanya-Frodebu et Fnl pro Rwasa.
E bagabo ivyo tuvuga vyose turaraba na image duha amakungu.Iyo Costume ya Léonce ntikwiye kuja kuri photo officielle!
@kaka
« E bagabo ivyo tuvuga vyose turaraba na image duha amakungu. »
Icumu s’ubugabo! Abandi bati: « La vie ne fait pas le moine »!
Uratira agashambara ujabuke Tanganika ube uraratira ijisho! Uzobona iyindi image hanyuma ugereranye urabe ikiruta ikindi (mu makungu)!
@Bakari
la vie ga rasta …oya nawe ntu
@Weka Weka
Wumvise ko nashaka kuvuga agashambara! Ni iki énorme lapsus; umutindi arota ico ababaye! Urantunga!
Erega nawe nyene arazi kuraba urwamfu n’ururo! Conciliya yomwakira aserukiye nde ko aserukira inda yiwe gusa!
jewe nama nivugira aho bibaza ko uwo mushingantahe ntazi ukuri kuri muburundi abitwa aba opposants na batari aba opposants, mbega abo baserukira ibihugu vyabo bakora iki mwibaza ko batazi ukuri batabona, ntibibaze ngo ntibazi la verite , ukuri barakuzi.
Kamikazi noneho uvuze ukuri, kuko ukunda kwirengaziza ukuri ushyigikira amafuti. Abaserukira Amakungu mu burundi bazi ukuri kose! Ibyo leta ikora, ubwicanyi bukorerwa abarundi , yewe nubwo wabikora winyegeje barabimenya, ndetse n’ibikorerwa muri services za renseignements( documentations) baranga bakabimenya kuko bafise moyens( ari amahera ari abakozi na agents) ntacyo mwakora ngo mubahishe. Ikindi ndagira nkumenyeshe ko bahita batanga za rapports iwabo. Bariya ba Diplomates ntibashobora kumira bunguri ikinyoma cy’abategetsi, bishakira ayabo makuru( ils ont plusieurs sources) ntabwo ari abaswa(ibijuju) ushobora guhenda ubabwira ibyo wishakiye. Bazi ukuri gutomoye mu bibera mu Burundi.
Hari akantu niyabonana na ba Niyombare, Buyoya, Busokoza na Simbanduku ! Ibintu bigiye Kuba zuguruzuguru ndababariye!!
« Impinga iracari ndende » quand on sait où se trouve la vraie société civile, l’opposition étant difficile à localiser. C’est bien que la communauté internationale se presse de sortir la plus grosse artillerie mais, vu comment Bujumbura est devenu le pôle d’attraction, je me demande qui est le prochain visiteur et surtout la carte que cette communauté jouera après l’échec de Ban Ki Moon et celui de la délégation de « haut niveau » de l’Union Africaine. Peut-être que le G7 va se rendre à Bujumbura et la boucle sera bouclée.
Mr. Nice !! ……..Bujumbura est devenu le pôle d’attraction !!! Attraction de quoi dans un pays le plus pauvre du Monde? Dans un pays où les gents s’entre tue? Avec un pouvoir qui vit dans un bunker et isolé !! Tout simplement cette communauté internationale est impuissante face aux dictateurs Africains. Seul les Burundais trouverons solutions à leurs problèmes, de grès ou de force.
Wewe yiyita Bagaza bavuga ngo « il n’est pire aveugle que celui qui ne veut pas voir ». Ubona Jacques canke conciliya bomubwira iki? Baserukiwe na Nyabenda kuko nico kimwe. Ceux que tu appelles illégaux abanywanyi babo barazi uwo bakwirikira. Jacques na Conciliya n’ivyitso bikwirikira Dd
jamais et jamais les putchists.
c’est la fin de le’ere putchism maladie depuis 1965.
c’est qui est meme contraire aux autre putchist de l’histoire d’afrique ,les putchists du burundi TUE.
On peut negovier mais JAMIS AVEC EUX svp president.
DIEU EST JUSTE
Eric, celui que tu interpelles pour ne pas négocier se rappelle que son prédecesseur a négocié avec lui alors qu’il n’avait les mains propres!
Quelle manipulation, un Secretaire General des NU qui rencontrent des representants illegaux. Quel gachis.
Ba jacques na Conciliya ko atabatumiye. Nari nihenze kuko bobo ntaho bataniye na Leta.
NIBAZAKO ARUKO YIHUTA CANE YANSE IVYOMUTEVYA!
hhh..Tugeze mugihe co guhembura les victimes. Pascal Nyabenda se retrouve fortement minorisé. L’hon. Rwasa et L’hon. Nditishe qui ne machent pas leurs mots pour mettre au clair les dérives dictatoriales et sanguinaires de Monsieur ne vont pas faciliter la tache à Monsieur Pascal Nyabenda qui ne veut pas etre remplacé dans son fauteuil de président du parti
Jacques Bigirimana, yaramenyeshejwe depuis semaine passee ko Ban ki Moon, atazomwakira cokimwe na Conciliya, Mutabazi na Tite, ahejeje kubimenyeshwa kugira ntamaramare, yaciye aja muri mission kugira sejour ya Ban ki moon i burundi ntimusange ari i bujumbura>
N’uko rero bimeze, opposition nyayo niyo secretaire General wa Onu yashatse ko babonana. Ntaco Cndd fdd itakoze kugira bose bakirwe hamwe, ariko mu baserukira umunyamabanga mukuru wa ONU yarabahakaniye, abamenyesha ko azobonana gusa na Cndd fdd, frodebu,Uprona na Fnl ( originaux ) atari zirya zindi muzi. N’uko rero vyagenze.
@Leon
« ariko mu baserukira umunyamabanga mukuru wa ONU yarabahakaniye, »
Ubwo wewe nturi mu baserukira Baan Kimoon nyene?
Ducire ku mayange ivyo yoba yaragutekereye…