Mercredi 22 janvier 2025

Politique

5 nouveaux noms au gouvernement, les ministres upronistes démissionnaires remplacés

18/02/2014 54

Après la prestation de serment de Prosper Bazombanza au poste de premier vice-président, le président de la République vient de procéder à des ajustements dans son équipe gouvernementale, en remplaçant notamment les ministres upronistes démissionnaires :

  •  Ernest Mberamiheto : ministre de la Bonne Gouvernance
  • Dieudonné Giteruzi : ministre en charge du Développement communal
  • Tharcisse Nkezabahizi : ministre des Télécommunications, de l’Information, de la Communication et des Relations avec le Parlement
  • Marie Rose Nizigiyimana : ministre du Commerce, de l’Industrie, Poste et Tourisme
  • Ir Virginie Ciza : ministre des Transports, Travaux publics et Équipement

Forum des lecteurs d'Iwacu

54 réactions
  1. "akamaramagambo, mukunda"

    Hari amajambo ya muhe gusa.

  2. Jereve

    Les burundais ont le sens de l’humour: comment peut-on nommer un ministre de la « bonne gouvernance » alors que le processus qui a permis de choisir cette personne est lui-même loin d’être de la bonne gouvernance. En d’autres mots, peut-on mener une politique de bonne gouvernance, alors qu’on est soi-même issu d’une série de magouilles politiques notoires? Bonne chance Monsieur le Ministre!

  3. patrioteburundi

    uburundi ntiburwaye abatwara burwaye système politique turimwo
    abaza bose bubakira gukingira inyungu umutekano vyabo hama comme baba benshi bafise ivyo bagirizwa bagaca bumvikana n’abahavuye bari bafise ivyo bagirizwa nabonyene bati reka twumvikane basha muhore duhore tubandanye twirira. sinon usigura gute ingene abahutu barenganijwe bakanka vérité et reconciliation mais s’abahutu bose n’abo bafise aho bicye. hanyuma ndadaye incungu ya démocratie akicwa baba hutu bafise ubushobozi bwo gutangura enquête bahagera bagasha. les victimes des massacres depuis 72 nuyu musi bakaba bakiri ngaho bateze ubutungane butazokwigera buza.
    icirwa: tant que abantu bafise ivyo bagirizwa bakidutwara ntaho tuvuye ntaho turoye
    abo batwara bazokwama bakora ibishoboka vyose bashireho constitution ziborohereza bariko baratwara zihinduye imirisho uwuje mushahsa azikorereko mugukandamiza abari muri opposition kandi bakoreye hamwe ayo mategeko. ejo aba dd batagitwara bazokwicuza amategeko amwe amwe bazoba barashizeho wait and see.
    constitution zibihugu vya africa zirateye isoni ahandi bateye imbere n’inkingi z igihugu imyaka n’imyaka ariko iwacu tuguma duhindura duhindukiza nk’agapira umengo nikintu c’abantu 10 alors que biraba igihugu cose ama génération n’ama génération
    AGAKIZA TUKAZEYE KURI GENERATION IRIKO IRAKURA UBU IBONA VYOSE ITAHURA KW INGORANE ATRI AMOKO INTARA MAIS INDA NUKUGIRA UNE PETITE VISION. NTANUMWE YIYUMVURA NAKAZOZA KABANA BIWE.

    • NyabendA

      Ivyariho ni vyo bizoba nta gishasha bane banje mubimenye

  4. Karundura

    D’ailleurs il faut que n ibi bimenyekana: abarwanya ko presidence yubakwa canke muri rusangi amazu ya Leta yubakwa ni abanka ko Leta isohoka ibizu vyabo kuko vyoca bibura akazi. Murabirabe neza.baca batanga ibiturire mu banyagihugu batobato ngo bagumuke, ibindi biturire muri za RPA n ibindi bimenyeshamakuru n amaSociete civile ngo baduze urwamo, Leta ntiyubake. Presidence ni co kiyimajije iyi myaka yose. Iwacu iyi commentaire ndayibuze ahabona nca mmenya aho uhagaze … ndanayisizeko ndikumwe n ivyabona!!

  5. Karundura

    Turapfa ubusa iporona yagiye, je l’ao dit et le repete: uko amatora aza niko i-regressa 2015 ntaco isha yokora!! Uko imyaka ihaca noko abantu batahura ico yamaze mu bwicanyi, ugusahura ukwangaza no gukubitana ama-coups dEtat. Ntakibabaje niba kidatangaje ukuntu bafyeta abahutu ntibanyurwe bagasubirNamwo. None mw ayo ma-coups d Etat ni nde yakura nde?? Firmin Sinzo yishwe na nde?? Bagaza yangajwe na nde iyo adatemaguza baro kumufyeta. Uprona byeeeeeeee, bye bye. Nagiye kubishima abayonse n abana babo ntibabaja inyuma. Concilie, yimimite igikatsi uterere hiyo! Ngo poids lourds muremerejwe n ibiraso mwagotomeye!! Mwinyegeza muma lunettes ngo ntitubabone mukabeshera kwiga menshi!! Ni nde ayasumvya Obama, ba Bush ko atanumwe yambara ama lunettes!! Nibwo buryo mwatoye bwo kwinyegeza. Ngo DD yarishe!! Uwuriko arakererwa arasambagurika kandi mugusamba uwo ateye umugere har igihe ugihitana. Erega abenshi niza mpfuvyi uhereye kuri Nkuru. Ni ukuri kwitwa umuporona ni ukurinda. Ko amazu Leta ikoreramwo iyakotera abantu, nabo nyene bakorera Leta, ni nde mwana yovyibuha agasumvya ibiro umuvyeyi amwonsa!! Uwotunga gusumvya Leta akorera ni nde!!

  6. none

    Je nababwiye kuva kera ko abanyengozi Dukaze! Hera kuri Rwasa Peter n’abandi batwaye rebellion Y’abahutu, Ninde ariko ararota gutwara uburundi atava i Ngozi??? Shaka mukinde mugaramye mwiyahure wshaka, Nibaza ko ico twagwaniye caheze ubu n’ukubatwara mais tubateze imbere twubake ama gorofa apana abo ba nya Rutovu na Mwaro ataco bubatse niyo bavuka. Emwe aho mubona na Rwasa yibereye mumunsi mukurur w’uko abasavyantete twabiganzuye! Ntangazwa na ba bigisha ba Kaminuza yacu bagumuka ngo abahawe akazi ntibaciye ubwenge! Hemw burya Bonaventure,Nditije,Ngayimpenda,…. abo kweli barakwiye kwigisha abanyeshure muri Kaminuza zacu ngo n’incabwenge?????? Hinge twiyigire mu misi iza tuzamure n’indero murabe! Ivyaramagera vyaragerutse ndabarahire! Ubu mu makungu turiga tukamenya si bimwe vyanyu mwarungika ab’i mwaro na bururi gusa!! Ngejeje aho! Peter songa mbere na wafanyakazi wenu. Hama Rwasa nawe ba urarindira gato nibanka ka mandat ka 3 nawe uce usimbira kuri volant mwana w’iwcu i NGOZI siko? Ariko il fo pas avoir confiance jamais aux UPRONISTES twirukanye ntibaze bagaruke gutoba! Mugabo weho ndakwizeye di nubwo Peter we yari yababereye umuvyeyi kuva kera!

  7. Nsinzoshiragatimuryinyo

    toton mambo?..aba jrr bari bagizwe n’imisore yabatusti, aba uprona baka baha ivyiyumviro bibi,vyokwica nibo bitwa aba sans echec en 1993..
    hama,uriko uvuga ko aba DD banse ko CVR,ijaho uba uriko uranguha…muri assemblee icabaye nigiki,bagira bayizane,aba uprona bavuga ngo hari izindi ngorane Economiques,nibindi ngo vyugarije uburundi,ngo twoherako,….uzi igituma,aba FDD,j precise bien bari conscient yivyobakoze, mais benumuprona baraziko CVR itegerezwa gukurikiza suite chronologique des evenements zose zabaye depuis 1962 kumanuka…. Haha, bisigura ko umu DD azoryama hejuru yibiziga vyaba uprona, sinkubesha…kuko bobaramenje,bakaravye Amaraso kuva zamani,..en72,umuhutu intellectuel wese baramaze,en88 Ntega marangara..liste nindende ..aba DD bagirizwa ivyi buta,mukibimba,ngo grenade muri Bujumbura…naho aruko vyaribifise ico buvuyeko,NDadaye arihe naboba korana,aba universitaire bataye ntahangwa barihehe?sha.Ntakibazo,Imana niyo izokwihora,Nimba bitatanguye… Rero ndaguhe mission,urabaha micro aba uprona,urabe ko ico kibazo bakivugako birebire, nabo barasha…aba DD nabo bavuga aho muzoshakira, Ntanakimwe..komera dukorere U BURUNDI bwa twibaruste

  8. ARAVYONGA

    Leta nkiyo isa ngira nimwe Masitura ( candidat présidentiel 1994) yagira aduhe. Ayo mazina yose yari mwibarabara ntanumwe atabavuga kuko ari ibihemu, habuze Francis NGARUKO.

  9. NDAYIRAGIJE

    « Barundi, Barundikazi, Rwaruka rw’uburundi, kanura, vyuka, haguruka, mubumwe, muvuge rimwe, mugire umugambwe umwe: w’amajambere, w’amahoro w’ukuri wanka akarenganyo, w’iteka, w’ukwikukira………., umugambwe w’intwari, zivuga rimwe, rikamvye, ritivuguruza. Umugambwe atari nkayayindi ya NDIYO BWANA ».

    • NTEZIMIMANA

      ja mw’ibarabara wewe wabuze ico ukora nayo kuvuga abarundi twese ntibigishoboka. naho nyene niwajayo igipolisi cacu kiryamiye amajanja kizogukuzayo indembo.

  10. NDAYIRAGIJE

    « Barundi, Barundikazi, Rwaruka rw’uburundi, kanura, vyuka, haguruka, mubumwe, muvuge rimwe, mugire umugambwe umwe: w’amajambere, w’amahoro w’ukuri wanka akarenganyo, w’iteka, w’ukwikukira………., umugambwe w’intwari, zivuga rimwe, rikamvye, ritivuguruza. Umugambwe atari nkayayindi ya NDIYO BWANA ».

    Iryo n’ijambo ryavuye mu kanwa k’umuganwa LUDOVIKO RWAGASORE. Abadutaye mu rudubi, ndibaza ko iryo jambo ataryo bazi kandi si nkekeranya, Abigisha amacakubiri, bazotohoze bazosanga atarivyo kuko umugambwe watwawe neza kw’isonga ryawo hari umuhutu; akarorero ka hafi ni Charles MUKASI yaguma avuga ko kizira gusangira ubutegetsi n’abicanyi; hari uwigeze kudutera inkuru y’agakoko gafise ubumara, imvubu yakajabukanye umwonga gashitse hakurya imbere yo kwururuka kabanza kuyidoma, kayisigamwo ubumara, icakurikiye n’uko iyo mvubu yahavuye y’itaba imana. Charles NDITIJE, yaraye yambitse umutamana umugambwe UPRONA w’abadasigana. Hari abahutu benshi bariko bararuka, hari abatutsi benshi bariko bararuka, hari abahutu benshi bariko bararuka; ndabatumiriye kugendera ijambo rya Rwagasore. Le journal Iwacu infashe kurimenyekanisha. Abaryumyeko ni bakomere ku muheto ariko nabo nyene muribo ndibaza ko iryo jambo ataryo bazi. Abagiriza UPRONA amabi canke ubwicanyi bishobora kuba vyarabaye muri kahise, na UPRONA yaragize ibibazo hamye habamwo des coup d’états, umugambwe ukaja mu minwe y’abasirikare, Igihe cose umugambwe UPRONA woba waratwawe n’umudasigana, akaranga mutima muzosanga ari ako Umuganwa LUDOVIKO RWAGASORE yadusigaranye. Ibisigaye, Imana izigame uburundi.

  11. CAHUNJA Emmanuel

    Mwaramutse abasoma mwese kuri kino kimenyesha makuru.
    Uyo mupfasoni CIZA Virginie aramutswa muri kino gihe Ubushikiranganji bwo Gutwara abantu n’ibintu n’Ibikorwa vya Leta, dusanzwe turanguriramwo imirimo yahora ari Umuyobozi Mukuru wa SOBUGEA, aha ni mu ntumbero yo gutanga umuco kuwari yavuze ko ari DG wa Air Burundi (KABIZI)

  12. Erega ntimwibagire banyakubahwa mwashizwe imbere ngo muturongore rya jambo abo bigira akagaramarugamba bavuga bati : »Mubumba tumena ». Ntimubona ko barivuze rivuye ku mutima kandi nubu barigendera? Ikibarirwa n’icumva nayo icerekwa n’ikibonaaaaa!!!

    • rugema

      Mutahamereye Magabo itegeko rya CNTB ryo rishika risinywa urazi ko V.P. ari umusuku wa Serapio! Ibizoba vyose aba dd bamenye ko igihugu ari nk’ibenga,,, muzorya muheze mubise abandi … Sigaho sigaho akataretse kaba gasema! Nduwimana nawe mukumushimira azohamvya abandi x jr … araz aho retraite des politiens engages au Bdi zibera!!!

  13. Benito HITLER

    Je suis pour l’intégrité nationale, la démocratie continuelle après le scrutin, la justice, le développement et la bonne gouvernance.
    Aux hautes autorités du Pays de ne plus brandir une majorité quelconque au lieu de la promotion démocratique car la majorité peut dormir chez toi le jour du scrutin et te quitter le lendemain matin. Il faudrait plutôt songer au bien de l’humanité au lieu de l’ intérêt sectaire des Bahutu/Batutsi seuls.
    Est-ce que vous vous souvenez combien Adolphe Hitler était populaire???!!!Il y a risque de connaître le même sort!

  14. Mwiyubare Barundi

    Mbega yemwe iyo numva benshi bavuga alajambo menshi biranangaza .
    Mbega ko imbonerakure mwazigize indirimbo hihakwa gusimbura iyihayagiza igihugu c’ uburundi ? Kuberiki mushitse kuba JRR musha ? Reka muze muravuga nivyo aba JRR bakoreye abandi en 1972 , siko none ? Twese turazi uko ibintu vyagiye biragenda aha mu Burundi .
    Umve ndababwire ntabwo twashimye kuvukira hanze yigihugu cacu nkimunzi ariko ivyo vyose twabitewe naba JRR , mbega bari barongowe nabande?
    Mbe mwumva iyo Uprona idafise vyinshi iregwaho ? Mbega ko muvuga ngo barabogoje uwahoze ari icengera cambere c’umukuru wi gihungu , none mugomba murahire murengwe ko mutazi amabi yakwengeyemwo uburundi mu 1993? Mbega abana ba Ndadaye nibo bashatse kuba ipfumvyi ? Mbega abarundi isinzi bapfuye nibo babishatse ? Bapfakazi bariho benshi nibo bavyishakiye ?
    Kimwe Uprona yoyo ntiyarikwiriye no gutunga akaboko abandi kuko bari bakwiye kudusaba ubwambere imbabazi kubera amarira baduteye .
    Hama bakifatanya nabandi batahuye umugambi icarico intambara namabi yayo , bakaza tukaja hamwe tukubaka uburundi bwacu tureke kubusambura .

    • MAYUGI

      « Ihorihori rimara umuryango » kandi ngo » ingwe igutwara igitungwa ikagutanga kuraka ». Umungo niwewe gusa uzi akahise ku Burundi. Hakwiye ko les nouvelles générations zoraba ineza y’igihungu bakareka bakareka kubakira kumabwire badatahura.

    • Tonton

      ABA JRR ba 1972 bari bagizwe na bande? Ba uvuga ukuri uzi sha! Canke urindire vérité et réconciliation aba DDs banyu batinya ko ijaho hama uze uvuge ko ba JRR muri 1972 aribo bishe!!!

      • ARAVYONGA

        NDUWIMANA Edouard uramubaza ko atariwe yatwara JRR muri université, ko ariwe mwashimwe kugira asambure imigambwe. Gerez la situation du moment.

  15. Rupande rwapapuye

    Baporona muraduhenda namwe vyitwa ngo mwarize ariko ubwenge si ikirenga. Ngo Concillie yashigikiwe n Imbonerakure!! Nahamwe vyoba arivyo, nuko DD yoba ibarusha ubwenge bwo kubigira. Ikindi, uwahoze ari Imbonerakure arashobora kubivamwo akaja mumugambwe ashaka. Akarorero abari muyindi migambwe bose, bashikana 50 ans, ntanumwe atabaye umudiridiri uhereye kuri Nkuru, Bunyoni, Kadege, .. mugabo bariyo kunguvu, nyuma y aho baraca muri PalipHutu, ubu bageze ahandi. Ntawobabohera aho badashaka. Rero abahoze ari imbonerakure bageze muri iporona, Droit exige!! Ahadigaye ngo muri poids Lourds, muremerejwe n ivyaha mwakoze. Poidslourd itembagara nabi. Ni nk abantu biyita ivyuma vy indege batazi ibikoze indege: ni alminium, isafuriya n impapuro. Ubwo bwrnge so ikirenga. Icare mwogirire evaluation y ubwenge mufise. Mbe hoho kubera iki atabana banyu, b abahoze ari abaporona babijamwo, ntimuraga!! Vyahishijwe abanyabwenge bihishurirwa ibitazi. Abishira hejuri bazomanurwa

  16. Mugumyabanga

    Banyakwubahwa bagumyabanga, reke kujeba. Je kuri net mwese abashoboye kugira commentaires muzigire. Kubera aki tuguma tubona commentaire zimwe!! Muri he!! Ubwinshi bwacu, ndiyo ariko n akantu k ikizungu turagakeneye. Aba-secretaires permanents a tous les niveaux ni nde adafise acces kuri net!! Zikoreshe. Abo DD yahaye akazi mungana iki!! Zikoreshe. Cinq minute zirakwiye gusoma no kugira commentaire ugaca uduza ikivi.

    • rugema

      Aha, mbega uribagiye ko muha akazi uwuzi kurya n’iziri mu magi gusa…! Bovuga gute amatama yuzuye, dossier zuzuy amanyanga ba sobuja babaha ziriko zirabamena umutwe! Murambabaza pe! Rindira, muhora mwivugisha ngo muri hosse ariko kuri net muri absents vraiment. Imana izibagerere ku ngero muriko mugererako abandi!!!

  17. Kimeneke

    Mbe imbonerakure yitwa gikashi bamuhaye nawe ?

  18. SABUSHIMIKE

    n ubusa burazirwa nimwihekenyere namwe batama

  19. Ndabugize

    Uprona-Nyakuri, songa mbele!
    Umudasigana-Nyakuri, songa mbele!

  20. nkurunziza patrick

    Nakamuna

  21. Bizimana Jean Paul

    Ivyo bintu ndabishimye rwose. Mukomere kw´´ ibanga bene mama

  22. Vuvuzela

    Bamwe bati: imigamwe, ubwoko, iyo bava, etc?

    Les amis, gire un peu d’exercice muvyironderere. Mugomba Iwacu babagaburire bongere babahekenyere??

    Nta na abonnement batwatse none murabandanya musaba plus kubuntu bwanyu?
    Duhetswe neza none twayasohoye.

  23. Ubu naho hakurikira iki?????
    Gufunga abatavuga rumwe n ubutegetsi bose?????Gufuta Accord d’Arusha ou bien la constitution?
    Gusamaza abantu avec la cntb……
    Ouff…..,ni hatari saaana

  24. NAKUBU

    haaaaaaah;abo bantu bavundurutsehe?Ewe dd uraciye akenge!!!!!!!!!!!!!!! !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!mugabo komeza gusenga barundi twese sinon
    yasegenya ya dimanche iri kumunwaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa!

  25. Cemagura cemagura nico civugo kigezweko. 2015 irageze!!!!narinzi jewe ko Niyoyankana na Francis Ngaruko batahira muri Leta nshasha!!!!

    • sinzo

      None ga bagenzi uko niko génération z’abahutu n’abatutsi zitegekanya gukura uburundi mu ndyane zuruzitane tuguma twihindukizamwo. mubisanzwe aho inyungu z’umuhutu , z’umutwa canke z’umututsi ziri n’iho inyungu z’umurundi zategerezwa kuba.

  26. YAKOBO

    Pfa gushiraho ntakundi , ikigozi kiraho ntikibura ico gitekera,
    ni murye utwanyuma iminsi yabaheranye hasigaye gusahura ivyanyuma

  27. Irakoze Fabiola

    Imbonerakure Francis Ngaruko narinzi ko bamugira umuvugizi wa Reta none nyene bamwibagiye!!! Ubu butegetsi bwaba DD buri gukomeza gushinga imizi yamacakubiri buzosha twese tubona kurya mwabonye ya soko ya Bujumbura yasha .

    Irakoze Fabiola ( Fnl Agathon Rwasa ) Londres

  28. YAKOBO

    Rien n’est étonnant, ce sont les ministres proposés par les mercenaires chassés à l’Uprona , les ventriotes ne manqueront jamais, ils viennent de marquer leur histoire du Burundi, c’est un gouvernement illégitime qui va nous conduire dans le chao, un gouvernement sans crédibilité nationale et internationale, qui seme la terreur et la haine à des fins propaganiste en voulant exploite la corde ethnique, un gvnt ephemère qui va dure la vie d’un moustique. CONCILIE vient de mourir politiquement après avoir été intimidé d’emprisonnement pour un dossier judiciaire qui l’attend lorsqu’elle était ministre de la communication. le ridicule ne tue !!!!

    • kabura

      @YAKOBO:
      Vous rêvez du chaos mais vous ne l’aurez pas! « Ntigwitaha », kandi « Kirimwo abagabo ». Pourquoi avez-vous l’art de brandir le chaos chaque fois que vous êtes à court d’arguments? Au lieu de penser à corriger ce qui ne vas pas en gardant ce qui va bien, vous pensez tout de suite au chaos. On dirait que seul le chaos pourrait vous profiter! Certains ont délibérément semé le chaos en octobre 1993, mais je ne suis pas certain que ceux même qui comptaient en tirer profit en soient sortis vainqueurs! Essayons de rester constructifs et cessons d’attiser le feu inutilement parce que celui-ci brule sans discernement. La première étape vers la démocratie, c’est à mon avis, le respect de la vie, surtout la vie humaine.

      • Burundi

        On ne rêve pas du chaos car il est déjà présent. Tu es une espèce de fanatique exécrable, monsieur Yakobo.

    • NyabendA

      Nta gishasha niko vyamye

  29. Nsinzoshiragatimuryinyo

    Haha..Twagiye ,I bus,iruzuye,no foyer,no permanence..direct town…jusqu’en 2015

  30. Jo Niko

    Une telle information s’analyse avec une grille de lecture qui porte notamment sur la formation académique , l’appartenance politique, équilibre ethnique et genre, équilibre regional et enfin ce qui vaut aux conernés le choix (ico bamaze).

  31. namira

    Nyakuri systeme.

  32. cher iwacu… donnez nous. leurs familles politiques et leurs provenances. apparement méme ceux de Minani ont ete remerciés…

  33. Claude

    Et l’Imbonerakure Francis Ngaruko bamuhaye iyihe ministere??

    • Hahaha bazomuha igitenge na 10 kg z’umuceri bace bamubwira ngo ni wikomere amashi !

    • Uwubizi

      Ico Kibondo ngira bagihaye sucette. Si we yivugira ko ari umwana ga yemwe!!!

  34. moi

    tubwire imigambwe

  35. SESHAKA

    D’où proviennent ces ministres?leurs parti?Dutohoreze

    • Kabizi

      Mberamiheto est un Frodebu Nyakuri,les trois autres sont de l’UPRONA et la dernière est du CNDD FDD et native de Rutana(Ex Gouverneur ) et actuellement DG d’Air Burundi!

    • de l’Uprona-nyakuri

      • Burundi

        Abo bantu bariko barya umuhero; tuze turavuga uko ibintu bimeze. Nommons les choses par leurs vrais noms kuko abo ba ministres bashizwe muri ivyo bibanza n’aba CNDD-FDD kuko ntamugambwe UPRONA uri muri Leta gushika uyu musi. Sans pour autant prendre parti, les médias zoza ziriyamiriza nazo nyene ibitagenda kuko à une menace nationale il faut opposer une solidarité nationale.

        • Bahizi

          C’est la jalousie qui vous fait broyer du noir!

          • nyakuri

            inda y’umworo ibonekesha agasamo. kira noneho ngo »umuhutu atsinda, umututsi atwara. disent les tutsistes.

        • kabura

          @Burundi:
          Il n’y a pas de menace nationale. L’époque où l’uprona était le parti-État est révolu. Même s’il disparaissait de la scène politique burundaise, la nation continuerait à exister? Et d’ailleurs, quel est le poids électoral réel de l’uprona aujourd’hui? Il ne faut pas surestimer l’importance de ce très petit parti. La démocratie c’est « un homme, une voix(ie: one man, one vote) ». Ce sont ceux qui ne veulent pas accepter cette règle démocratique de base qui brandissent toujours des menaces, mais cela ne marche plus.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 3 183 users online