Jeudi 23 janvier 2025

Politique

Niyoyanka jette l’éponge et se range derrière Nditije

07/02/2014 108

Un coup de tonnerre alors qu’une fine pluie arrose Bujumbura : Bonaventure Niyoyankana vient de reconnaitre Charles Nditije comme le président de l’Uprona.
Selon le député de Gitega, « le ministre de l’Intérieur m’a induit en erreur, car selon le prescrit du droit administratif, c’est M. Nditije qui représente notre parti. »
Et dans la foulée, M. Niyoyankana a décidé de se ranger  « auprès des autres Badasigana pour soutenir le processus de réunification de l’Uprona. »

Forum des lecteurs d'Iwacu

108 réactions
  1. Video

    Bwabundi nivyo, umurundi yama yimba aguhiha ivu nawe ukamuhisha ko wabibonye, c’est vraiment la caractéristique rundi!!!

  2. murundikazi

    Aba DD bararonse « fungakinywa »!
    Baze bongere ! Barakina n’abo bangana !

  3. Roi Gasore

    Chers upronistes, même au cas où la crise actuelle venait à trouver une issue positive , ne vous pressez pas de retourner au gouvernement aussi longtemps que les enjeux relatifs au 3ème mandat du président, modification de la Constitution, CNTB et autres n’ auront pas eux aussi trouvé une réponse qui puisse vous satisfaire. Vous avez constaté qu’ il est impossible de défendre et faire avancer les idéaux du parti tout en étant membres du gouvernement. Pour sa crédibilité, le CNDD FDD fera tout pour vous convaincre de retourner au gouvernement. Attendez la fin des élections de 2015……

    • kabura

      @Roi Gasore, j’ai quelques questions: le président Nkurunziza aurait-il déjà annoncé qu’il souhaite briguer un 3ème mandat à la présidence? Je ne comprends pas pourquoi le CNDD-FDD supplier l’uprona de revenir au gouvernement. Quel est le poids électoral de l’uprona? Autrement dit, combien a-t-il obtenu aux dernières élections? Ils peuvent rester dehors, cela n’aura la moindre conséquence sur le fonctionnement des institutions. La démission de l’uprona n’est que symbolique d’après moi, elle n’a aucun impact sur la vie du pays, à moins que l’on ait pas la même perception de la démocratie et de ses règles …

      • rugema

        Nizere ko wewe Kabura utaba mu Burundi, sinon wize kwandika wibagira kumenya ubwenge! Ariko uribagiye ko Accord d’Arusha iha agaciro la minorite Tutsi et autre meme dans le Gvt? Subira wibaze, aba DD mwari mukwiye gusubiza amaso inyuma mukaraba iyo mwavuye hanyuma mugatwara neza Abarundi babakuye…

  4. keza

    calme

  5. keza

    c’est pas etonnant et c’était previsible ikibi c’abaporona cabonetse kuva kera ntaciza gishobora kubavamwo
    leur condition normal n’ugukora ikibi le contraire yari gutangaza benshi
    aba dd gardez votre calme le reste va bien se passer

    • MAJOS

      keza, urantangaje kuko ikibi uvuga ukigereranye n’iciza caba DD nibaza ko utazi ico ayo majambo ( ikibi cane iciza) uvuga asigura niko UPRONA niyoba ibuze ibisa n’ibibi yoba yarakoze ariko CNDD nayo ntiwoyigira nyeranda kambavu yu bubi bwa UPRONA.

      • Uwubizi

        None ga Keza, ikibi ushaka kuvuga ni ikihe? Ko Niyoyankana yemeye kudahemukira Uprona ni co wita ikibi? Vyari kuba vyiza rero umugambwe usambutse? Sinzi ico upfana na Nduwimana Eduard.

    • rwanda urundi

      keza bivana ni ico wita ikibi canke iciza
      icakora bishobora kuba le contraire bikaba vyiza cane

  6. Murundi

    Iyo abandi mu yindi migabwe baba bigenjeje gutyo bakanka division ya Nduwimana, bakanka guhemukira abo basangiye urugamba mu mugabwe amahoro aba yarabonetse. None hari abagabo n’utugabo. Nyakurisation umuti wayo n’ukwanka, la division ya ba DD. Nibutse ko satan porte un autre nom: le Diviseur. Ngirango muriko mubabona bimwe Abarundi birirwa barapfukamira mu bikorane, ngirango murabona ko atari Imana ari Diviseur=Satan

  7. moi

    Cher Porona nti musye bwose c’ est pas reglé,kuko aba Niyoyankana aba Nditije , bose ntawuza gutwara umugambwe. Hategerezwa kuba cogres none mwoba muzi ikizovamwo , uko biri kwose muruyo mugambwe hariyo ingorane, si non ntivyari gushika hiyo aba DD muvuga ni porona yabahaye aho bafatira. Kandi nibaza muri pilitike kwaruko. conflit de generation niyo ibahanze!!!!!

  8. Lionel

    Nibaza kwaricirwa kidasanzwe dukwiye gukura muriyi crise ariko UPRONA irerekanye icirico,coup de chapeau Badasigana muratweretse différence twese twari twarataye icizero kuruwo mugambwe buca tugaruka dufashanye kubaka igihugu kuko ntawundi mugambwe wogarukana igihugu kumurongo atari UPRONA muhejeje kubitwemeza bravooooooooooo.

    Ariko ndarindiriye démission yihuta ya nduwimana kwiteka ryiwe kuko ndizeye neza ko Peter atamugumiza muri leta yiwe kuko ivyamukoreye birarengeye ubwenge bwabantu

  9. Joannes

    De toute façon, l’Uprona est tombé dans un piège qu’elle s’est tendu elle même. Monsieur Edouard n’a fait que s’engoufler dans une brèche que les Upronistes lui ont tracé. pour un homme réaliste, le temps de Nditije est révolu; le comité central devrait trouver un moyens de se convenir avec le gouvernement sur les modalités d’organiser des congrès (de la base au sommet) pour doter ce parti des institutions conformes au lois en vigueur. S’entêter à garder le statut quo ne servir que le pouvoir. Vous l’avez appris avec tout le monde, le pouvoir sait très bien être ferme sur sa position, ce n’est pas la communauté international comme certains le pense qui sera au premier plan pour lui faire changer d’avis (cfr l’adoption de la loi sur les média, la loi contre l’homosexualité, etc.). Seul les burundais peuvent changer les choses dans ce pays.

  10. jean masaka

    L’ancien président POMPIDOU disait: » Pour être président de la république, il faut être fou. » Et l’actuel ministre de l’intérieur français d’ajouter hier soir: « Un fou que l’on ne voit pas qu’il est fou est le plus grand fou. » Ainsi, dans la politique burundaise, il y aurait beaucoup de fous, et de grands fous, si l’on tient compte de certaines déclarations et surtout de certains faits et gestes. Concrètement, la crise ou la pseudo crise ou mieux la sortie de crise du parti UPRONA a montré beaucoup oh combien nos dirigeants veulent nous gouverner. Le cas le plus dramatique est celui du discours dépourvu de tout style politique mais délirant du président de la république et surtout le pire est celui du palme de la honte de l’année qui n’est autre que le ministre de l’intérieur burundais qui ne croit que à ses paroles! Dommage! Mais je pense qu’il est grand temps que, si Peter veut se redresser au style de NIYOYANKANA, il serait mieux si ce n’est pas trop tard de se débarrasser de ce virus burundais, je cite le minable de l’intérieur. Car en effet, il l’a suffisamment induit en erreur. A bon entendeur salut! reka turindire

  11. DUSOME

    Harya indero y’ikirundi ni agatangaza, Ivyo nivyo twiga mu mashure abanza, mugabo tumaze kuminuza,umengo tuca twibagira inyigisho runtu. Hari igisomwa citwa:

    UMUGABO SI URUCUMU
    Kera Umwami yaragaba, akanyaga, akongera agakomora. Umunsi umwe, agabira Intambwe impfizi, imwe iryoheye ijisho ! Ya ntambwe uzi ko ikunda inyama, igenda iratamba itarika, yivuga amazina.

    Bukeye, Umwami agabira Urukwavu ishashi n’ishuri. Rushitse i muhira ruraziragira kuko rwashaka ko zigwira. Rukaja ruratamba rutarika kuko rwagabanye. Intambwe yigira inama iti :

    – Iyo shuri ndayishimye, irashishe ndayishaka.

    Ibwira Sarukwavu iti :

    – Wewe ga wa gakwavu, inka zibiri zirakurengeye, jewe ntwaye iyo shuri.

    Urukwavu ruti :

    – Ja hiyo sha, uwazimpaye yari yarambonye.

    Intambwe iti:

    – Mbega sha, iyi mpfizi yanje, sindayirya ngaca nja kuburana iyo rwawe ? Maze ni wantsinda, abazoba baruciye ntibazomvanaho ; nawe nce ngutsinda mbere : vyanse bikunze nzobigira.

    Ka gakwavu kati :

    – Urubanza si rwo ntinya kandi na wewe singutinya. Bene intara n’abatware ndazi yuko batunga n’uw’amagara make !

    Bukeye, ya ntambwe ija kwitwara. Itangura kuburana iti :

    – Jewe impfizi yanje yavyaye, none ako gakwavu kantwaye inyana.

    Umwami ati :

    – Jewe urwo rubanza ntago noshobora, nimuhamagare Ntakimunanira.

    Ya ntambwe iti :

    – Muruce nabi ndabacagagure, murucurike ndabace amaguru.

    Abashingantahe bati :
    – Twara hiyo ! Ugira ngo ni wewe watwatiye ?
    Ka gakwavu na ko aho kiyicariye ngo nwe ! Intambwe na yo iguma ihiga kwa kundi.

    Abatumwa bashitse kwa Ntakimunanira ababaza ati :

    – Mugenzwa n’amaki ?
    – Umwami agutumyeko guca urubanza rw’Intambwe n’Agakwavu. Intambwe ngo yavyaje impfizi, Sagakwavu ngo kayitwara inyana.
    Ntakimunanira ati :
    – Nimwigire, inyuma y’iminsi umunani nzoza kuruca.

    Inyuma ya ya minsi araza, asanga ya ntambwe ishavuye riraniga, iti :

    – Ni kuki wanyanikiye ngaha ?

    Uwundi ati :

    – Mugenzi, jewe mukurwanje yaratwaye inda, none yaranse kumuvamwo, ndarindira none n’ubu nsize agira avyare.
    Ya ntambwe iti :

    – Wewe uradedemba canke uradendekeranya ; yamara umuhungu aratwara inda ?

    Ntakimunanira ati :

    – Ico nashaka nanje kwari ukumenya ingene iyo mpfizi yawe yavyaye !

    Erega Intambwe ntakindi yasubijeyo ! Imaze akanya iti :

    – Ntakimunanira, nibakureke warananiranye, ndayihevye ndatashe. Bangayimbaga we, ni utunge utunganirwe, urandushije. Ni wewe mugabo. Ariko ukansanga aho mperereye, tuzohigura.

    Si je nohahera.

    • Yulu

      @DUSOME: Ewe dusume uranyishe, aha natwenze n’imbavu ziruma. Nciye nibuka ico gisomwa co muri primaire. Kandi ivyo uvuze nivyo, harya uworaba ivyo twigishijwe muri primaire harimwo impanuro nziza nyishi zisumba n’izo bigisha harya muri faculte ya droit. Jewe umusi natahutse nzoshika ndondera karya gatabo kitwa Dusume nimba kakibaho. Hari ikindi gisomwa wigeze kutubwira ca Ngoma ya Sacega naco gikomeye cane. Encore une fois merci beaucoup! Abarundi harageze nimba hatarengeranye ko tugaruka ku karanga kacu!!!!!!!

  12. MASAKA

    L’ancien président POMPIDOU disait: » Pour être président de la république, il faut être fou. » Et l’actuel ministre de l’intérieur français d’ajouter hier soir: « Un fou que l’on ne voit pas qu’il est fou est le plus grand fou. » Ainsi, dans la politique burundaise, il y aurait beaucoup de fous, et de grands fous, si l’on tient compte de certaines déclarations et surtout de certains faits et gestes. Concrètement, la crise ou la pseudo crise ou mieux la sortie de crise du parti UPRONA a montré beaucoup oh combien nos dirigeants veulent nous gouverner. Le cas le plus dramatique est celui du discours dépourvu de tout style politique mais délirant du président de la république et surtout le pire est celui du palme de la honte de l’année qui n’est autre que le ministre de l’intérieur burundais qui ne croit que à ses paroles! Dommage! Mais je pense qu’il est grand temps que, si Peter veut se redresser au style de NIYOYANKANA, il serait mieux si ce n’est pas trop tard de se débarrasser de ce virus burundais, je cite le minable de l’intérieur. Car en effet, il l’a suffisamment induit en erreur. A bon entendeur salut! Et l’intérêt est de jouer la politique dépourvue de l’arrogance!

  13. Junior Irakoze

    Niyoyankana nimba arivyo arisubijeko umutamana wiwe nuwabadasigana nuwigihugu cose.
    Nduwimana Eduard na demissionner ubunyene kuko birateye isoni.

  14. Garukir Uburundi

    Mb mwomenyera ca kibondo Francis Ngaruko, yatarukira kwisonga ryinzu ngo ni porte parole wa Niyoyankana, aza kubigenza gute? Comment il nous a soulE avec ses fausses analyses de crise intergenerationnelle, coe quoi la jeunesse ariyo yamutumye, en arguant que c’est la vieille garde de Bururi contre les jeunes. Nous les Jeunes nous sommes unis derriere l unification! Tosha ma ambitions demesurees yako! Ayo ma tactiques yo gu crea ingorane itahari, turayazi! Ayo ma negociation asaba nayo lui azob uri spectateur nk abandi…

    • Murundikazi

      Ha ha ha Umuntu araho arantwengeje ngo « Ca kibondo Francis » ! Emwe namba ari enfant attardé.
      Eeeh pauvre de toi Francis ! Ubwenge buke ni indwara basi. Nuko mbona ushaje noguhanuye kuja mw’ishure ukaja urasimbira ku ma médias ufise maturité intellectuelle uvuga n’ibintu bizima !

  15. flo

    sanganiri intahe nijambo twahawe na uprona sindabibazwa acibwe m’uburundi harambe amahoro ndakeje abashingamateka, ba uprona abashingantahe ba uprona abadasigana bosa aba JRR ,na UFB muramane ijambo nayo inda ni bahomora ndakengurukiye niyoyankana we yashoboye kugaruka muruhongore ndakengurukiye urunani ADC IKIBIRI kuko barashoboye gutanga ivyiyunviro n’umuco bongera batera ivyatsi ibintu biriko birashikira igihugu cacu ndakengurukiye uwo wese yagwanije yivuye inyuma ivyo nduwimana yagomvye gutoba, nimushire hamwe mushire ubwoba tuje hamwe tugwanye intwaro mbi

    • Caragurishijwe

      ndagushigikiye uvuze neza kweri.uburundi buracarimwo abagabo.

  16. le roi est nu en plein jour au marché muruvumera, pauvre Edouard. Et pourtant, on t’avais prevenu.

  17. Remy

    Quelle bonne décision!!!!! Uwugendera akarangamutima twasigaranywe n’Umuganwa atari umugani naho yogwa hasi arivyukiranya!!!! On encourage de telle décision, nabandi boba barahenzwe nkawe bisuzume hanyuma basubize hamwe bunge ubumwe twubake igihugu cacu!!!! Vive la réconciliation, vive le dialogue!!!! Twiyamirize abasambura abandi kubwinyungu zabo!!!

  18. Runyota

    Au parti Uprona d’exiger Dommages et Interets. Qu’une enquete impartiale soit diligentee contre Niyoyankana qui dit etre induit en erreur par Eddy Nduwi. S’il s’avere que celui-ci est coupable de cette escroquerie politique, sans doute qu’il aura meme induit en erreur le President de la Republique dans sa signature de la destitution du premier vice-president, l’honorable Busokoza. Le president lui-meme serait superficiellement suspect de negligence dans l’accomplissment de ses fonctions nonobstant la signature aveugle des fameux decrets 100 bare numero….

  19. Kabwa

    Ntamwotsi ubura umuriro! ambition zo gutwara umugambwe aracazifise ntaho zagiye. Ubu ari muri position inconfortable gusa. Le jour ou il aura les chances avec soi ntazokwibagira ivyo bamututse. Rien n’arrive par hazard!

  20. Jason

    Ubu igisigaye n’uko abarundi boose barengera imigambwe, ubwoko n’intara, bagafatana amaboko bakaja mw’ibarabara kubogoza iyo ntwaro y’aba DD iriko imanukana uburundi mumanga.

  21. Kabizi

    Rondera rero Umu Candidat atari Imbubusi!Busokoza arahejeje kuberekako Yopfuma apfa ha kugawa n’uwo utwara!Akagaye ka Nduwimana kararengeje!
    Je Propose Ngayimpenda ou Tatien kuko ni aba Porona buzuye naho ntawurimwo!
    N’uwanka urukwavu aremera ko runyaruka!
    Mbega bamwe baririmba ngo «Urabaza Busokoza ayo yahaboneye» bahava basubira guhindura ururirimbo?Reka tubitege amaso!
    Imihimbiri n’abangushi n’ibihemu nta kibanza bafise mu Burundi!
    Ese bene wacu bo muri FNL,FRODEBU,….. bosubira hamwe nabo!

  22. Nana Kofi Akoto Ghartey

    Le denouement etait previsible. Qui a « ouvert les yeux a Mr Niyoyankana » reste un mystere mais le fait est la, il a retourne sa veste.

  23. KABURUNGU

    Imana ishimwe peee hinge turabe iyo ibintu bigomba bijeee mana garukira abarundi

  24. GAHENE Paul

    Ikibi si ukugwa wubamye ariko ni kugwa wubamye hanyuma bikanka ko uvyuka.

  25. Alice Nzo

    D’ou vient ce Toyi Oscar dont on veut nommer 1 vice-president?

  26. Nestor

    1. Imana ishimwe ko abonye ko yahenzwe, akigarura naho yasa n’uwatevye. Twosaba abanya politike ko batoja barahuba bahubisha n’abandi, ngo bigovyore mu nyuma mukuvuga ko bahenzwe nk’ibitazi!
    2. Twizere ko n’abari bashigikiye Niyoyankana babona ko ivyo barimwo atari ugusambura UPRONA, ariko ar’ibintu bikwegera UBURUNDI n’abarundi, bigarure vuba babihebe;
    3. Imigambwe yaciwemwo ibice(amababa) nayo ahafatire icigwa, asubize hamwe, aharanire ineza y’abarundi twese!
    Tugir’amahoro, iteka n’itekane mu gihugu cacu!

  27. Rizoshika

    Ego sha abatutsi ntibigeze bahendwa !!! mbega jacques wewe ntiyogira uko kuri FNL.

  28. burundi buhire

    Tot ou tard Dieu sauvera le Burundi des esprits malveillants qui hantent les pauvres innocents ,affamés compatriotes Burundais qui vivons chaque jour comme le dernier…sans nul doute les signes du destin commun commencent à se dessiner…merci Niyoyankana de reconnaître les valeurs historiques des prescrits du parti de RWAGASORE.
    quant à Nkuru, tu me deçois beaucoup puisque tu as tous les ingredients pour servir la meilleure soupe au pays et faire ton nom,mais tu choisis toujours les mauvais exemples…tu limites ton champ visuel sur ce petit territoire…pourquoi ne pas jouer dans la cour des grands comme Mandela et ses pairs? Penses y et rectifies le tir avant de nous conduire au gouffre et offres toi une chance d e perpetuer ton autorité non seulement le moment present,mais aussi dans l’avenir et en dehors de notre maisonnette. Dieu garde le Burundi!

  29. burundi

    komera komera

  30. kimana arnand

    Honte`au CNDD-fdd et particulièrement Edouard Nduwimana. Edouard Nduwimana doit demissioner ou être limogé. Bravo à Niyoyankana: vaut mieux tard que jamais. Tu as compris que ces manoeuvres ne pouvaient pas aboutir. Coup de chapeua aux badasigana. Vous venez de montrer au Cndd-fdd que ce ne sont que des petits joueurs mais qui se croient grands.

  31. Alice Nzo

    On ne s’attendait qu’à ca!!!nabandi bose basambuwe bace bigirako turabe ko twokwisubiza umutamana!!!!

    • Uwubizi

      @Alice Nzo
      Je suis d’ accord avec vous. Hasigaye ko imigambwe yose yasambuwe yongera ikaja hamwe niho Démocratie izoguma ikura ata tricherie. Aba FNL nimwibagire icabatandukanije musabane ikigongwe muje hamwe, Frodebu subirane( Aile Minane na Aile Léonce), UPD ukwo, etc. Hanyuma muri 2015 société civile izocungere neza amatora ntaze yibwe, comme ça tuzoronke parlement ivanze kugira ntihaze hongere guhindurwa amategeko n’ importe comment.
      Dukeneye abashira iterambere ry’igihugu imbere et non abubaka stade i Buye gusa no gufata amatongo yose y’ igihugu ukayarimamwo ibitoke n’ inanasi ukoresheje les moyens de l’ Etat. Turakeneye kwisubiza agateka muri Sous-région nk’uko vyamye kera.

  32. Kireko

    Ahwiiiiiii, aho rero. Kananirabagabo ntiyimye. Nibazako Niyoyankana iyonzira iyayifata kuva kera abantu bataratangura guhunga, ariko nubu ntaci. Badasigana, fatane munda rero mwubake igihugu cacu, mureke ba sesankuyoze, mwamirire kure ikintu cose kizoza kibacanishamwo. Nditije nashikire umugambwe, bahe intumbero nziza umugambwe. Abo ba DD mubarabire hafi kuko bashaka kubasambura.

  33. Kibuti

    Hahaha, on aura tout vu dans ce pays…Je pense que Mr Niyoyankana a subi des pressions enormes de son camp pour virer de cette façon là à 180°.

    • Rheka Shah

      Uprona!!!!!!!!!!!!!! Oyéeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  34. KKRRR

    Bonne nouvelle, Iyaba Edouard Nduwimana yarafise personalité yaca atanga démission vyihuta. Comme le disait Mamane il était chargé de faire des remaniements dans l’opposition. Arindiriye iki Jacques Bigirimana nawe ngo asubize ivyo abandi. Gukorana n’ibigugu ni uko Peter ntiyari gusinya sur un brouillon de décret avec des mensonges muri motivation. C’est l’effet boomerang quand la médiocrité d’Edourd sauve une nation.Uprona iraberetse ko ari umugambwe w’inararibonye.

  35. Anonyme

    Abo ba dd ni babe bakina n’abo bazi, UPRONA ntibayizi! Abo ba Gaston n’abandi bazoguma babatangaza!

    • keza

      tu as rison ntibazi ikibi c’abaporona des criminels qui revetent la peau d’agneau,

  36. Jac Sentore

    Ahari abagabo ntihagwa ibara!
    Uburundi ntibwigeze burwa mwisanganya!
    …..ayomajambo yarafise agaciro hagitwara abashingantahe.
    Uburundi bwanyaburunga (DD’s) ntibuzi icarico kwatigwa!

  37. Kabizi

    bravo les UPRONISTES!

    • MPWENYANGA

      Ivyo bitazi vy »ibi DD reka ndabihanure; naho amahera yaguze umwana wimana twebwe iwacu muri UPRONA s’uko murakine nabo munganya umutwe

      • Jean

        Urabeshe wewe nturi umu dd. Ugomba kugumura gusa.

  38. nzobandora

    En attendant la prochaine serie que va nous proposer Nduwimana ca risque de devenir chaud pour lui aussi!Le president va finir par le virer du gouvernement….

  39. Kabizi

    Bravo Monsieur Niyoyankana Bonaventure!
    Tu venais de te ridiculiser et aucune personne digne de nom originaire de Ryansoro qui serait Traître comme tu étais déjà à l’agonie!
    Tu viens d’être ressuscité!
    Il t’appartient de dire la vérité
    Je remercie aussi le Comité Central qui avait pris des mesures et non des punitions car ils n’allaient pas réagir comme toi, Il faut les respecter, ils viennent de te sauver!

  40. kurubone

    Hahahahahahahhhhhhhhhh……. ntaco yobona Nduwimana nashireho umudd rero ubu kuko biramusambukanye baramaramaye ejo ukuntu yariko arishigikira aba Porona ntibamenyerwa Komela Batama turabashigikiye. Concilie déclare quelque chose … est ce que c’est toi qui va nomer le 1er VP???

    • MAYUGI

      Une sage décision de la part de Niyoyankana, mais soyez prudent cher Niyoyankana à l’égard des dds (ils vont vous lyncher ou vous contraindre à l’exil, je présume). Qu’en pense le ministre Edouard après les déclarations de la conférence de presse d’hier?

      • nimenya

        murico kibanza nibashire hon ponpon Mudugu
        kuko bose baramuhurirako…

      • Gahwi

        Ahwi,sangw’intahe Niyoyankana,turagukeje kuriryoteka uhejeje kw ‘isubiza wongera urisubiza umugambwe uprona n’uburundi,twe abarundi tuba hanze dukunda uprona n’uburundi turagukeje sangwa iteka ,ukuri n’ijambo wamanye,urasubiye kwerekana ko uri infura.courage ,courage,courage…

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 435 users online