Le risque de cassure de l’avenue Sanzu se situe à l’entrée de la sous-colline Mugoboka. La route, très fréquentée par la population locale, est la seule pour s’y rendre. Eddy-Franck Nceke, vice-président de Mutanga Iwacu Club (MIC), indique qu’ils ont, pour le moment, réunit 12 millions de Fbu grâce aux cotisations sur les 300 millions nécessaires pour protéger la route. Alexandre Ndikumagenge, président de l’Association pour le Développement de Mutanga-Sud, affirme que la Setemu pourrait leur prêter des engins pour les travaux à condition de payer le carburant. Une requête de soutien de financement a aussi été déposée aux bureaux de la Banque Mondiale.
Chers amis,
Mumbabarire mais ukuri guca muziko ntigusha!
Niyumvira ko ama quartiers amwe amwe, namabarabara amwe amwe azosenyuka. On ne peut rien faire contre la nature, cane cane mu bihugu bitaratera imbere. Raba ibiriko biraba au sud de la France.
Guhomahoma ntaco bizohindura!
Jac Sentore
Consultant en Géotechnique
Fugro, Pays-Bas
12/300!!! Muracari kure! Une goutte dans un océan.
None ga Jac Sentore,
Ko wanyitse nka Nsoro ntiwibuke ko igihugu cakurihiye ngo ugifashe ushaka dukore iki nimba dufise bake mu ba geotechniciens!!! Urikubita agashi uze , ngira hari ico woterera. Urampitana , tugende kuko ndakurahiye umunsi umwe bose bazosanga bari muri Tanganyika kuko ivyabaye muri Gatunguru ni 0,00000000 1% yi bizoba par rappport yukuntu ville de Bujumbura et l’environnment imeze!! Turacahamba si rien ne se fait !! Voir ausssi #Buumbura ville en ebulition » d’un chercheur Chinois!
Les autorites siho bari mais ntaho bazofatira indenge nabo nyene!!!!
Nicoyangize Claire
Ir en Environnment
Addis Ababa ISS
Climate Change Research Program
nukuri nakamaramaza igihugu kirakwiye kwikebura.bakagira ico bakoze
Kalala,
Situation nkizo atarukubesha urazi ko umuti uri muri prévention! Nature iri plus forte que l’homme.
Uraza duhanure mugabo ninkuko woja gukoma induru muri désert. Aba Généraux bica bagakiza i Burundi ntibakunda abantu nkatwe; kuko twebwe turabubatsi!