Cet accident a eu lieu ce mercredi 11 novembre dans la matinée sur la route Bujumbura-Gitega, près de la rivière Muyumpu séparant les communes Rutegama et Kiganda. L’endroit est communément appelé Kururenda. Ces deux poids lourds ont pris feu, les personnes à bord se sont retrouvées coincées à l’intérieur. Le bilan donné par la police est d’un mort et de quatre blessés. Ils ont été évacués vers des hôpitaux des environs.
Les secouristes accourus sur les lieux ont dû lutter contre le feu pour sauver ces quatre personnes. Des camions de pompiers ont été dépêchés sur les lieux. Pour le moment, des dépanneuses sont attendues pour dégager la route.
Joint par téléphone, Domitien Barandereka, commissaire provincial de police à Muramvya, indique qu’un des camions transportaient de l’engrais chimique destiné à l’usine théicole de Tora. L’autre camion était vide. Jusqu’à 16 heures, cette route était encore bloquée.
Naho mubagiriza ngo banywa ibiyayura mutwe nawenu ahaho ngira ntibasubira guta umunwa surtout ko ubona bakunda igihugu bumvise accident baca biruka gutabara. Canke ngira bagiye kunyegeza ibigwanisho.
Aho hegereye uruzi rwitwa NYABUYUMPU et non MUYUMPU. Hasanzwe hanyerera mugihe c’imvura. Ikindi naco n’uko imodoka ije iva I Gitega iyindi iva I Muramvya zihahuriye ni vyiza ko zoba ziri muri vitesse iri munsi ya 50km/h. Kandi ku wuva i Gitega ahashitse aca ashaka kwongereza vitesse kuko aba ahejeje ahantu hamanuka. Ku wuje ava I Muramvya nawe aba agomba kwongereza vitesse kuko aba atanguye ahantu haduga. Ako gace karatera ingorane aba shoferi kuva kera no mu gihe Abazungu baba Grecques baba aho haruguru hafi yaho. Imodoka zimaze kuhagirira ingorane ni nyinshi.
Evariste
Les anti-Nkuru, ko mutavuga ko ari kubera 3è mandat??? Mwagiye hehe??!!!
Iri sanganya rihuriyehe na 3eme mandat. Iyo ubuze ico uvuga urakazibira.