Jeudi 23 janvier 2025

Politique

Le MSD menacé de suspension ou de radiation par le ministre de l’Intérieur

12/03/2014 38

Suspension ou radiation des partis politiques reconnus au Burundi … C’est ce que laisse entendre depuis hier soir Edouard Nduwimana, d’abord sur la Télévision nationale, puis à midi sur la RPA, après les violents affrontements entre ses membres et la police, ce 8 mars.
Et s’il ne l’a pas encore fait, « conformément à l’article 62 de la loi sur les partis politiques », c’est que le ministre de l’Intérieur attend le rapport des services habilités sur le déroulement des faits au siège du MSD, samedi dernier.
Par ailleurs, alors que le ministre accuse le président du MSD de « rébellion » et de « torture des agents de l’ordre », le parquet général de la République a lancé un mandat d’arrêt contre Alexis Sinduhije, poursuivi pour trois chefs d’accusation : participation à un mouvement insurrectionnel, rébellion et outrage aux agents de la force publique, la première des infractions étant passible de perpétuité.

Forum des lecteurs d'Iwacu

38 réactions
  1. Michel Berger

    L’ inculpation de Sinduhije, une éventuelle suspension ou radiation duMSD sont ou seraient une grave erreur politique du gouvernement burundais. Ces décisions seraient la preuve que le gouvernement manque de sagesse et de stratège lorsque vient le moment de prendre des décisions importantes pour le pays.

  2. Kagajo

    Ewe Nduwayo wari uvuze ni uko wobagiye kimwe: imbwa yiganye inka kwonona mu rugo ibona ibara. Ivyo uvuze ni benshi bama babigerageje ibuka kabirigi n umwe ntibuka yavuga ko afise nyina w umubirogi ndetse yarigeze gufotorwa ashirwa kukinyamakuru Iwacu ahanganye na Niyombare akiri chef MG ariko vyamaze imisi ingahe!! Yemwe ni bagende gusa wewe ntuzobaje inyuma uzosigare inyuma uzobare inkuru canke uzohambe. Uranyumva neza, simvuze ibi ngo nencourager ikibi, turi bene burundi, twubahane dukunde abadutwara gusa tubakebure badukoreye amakosa. Imana yiteho Uburundi n abarundi, Amen

  3. Rupande

    Alexis Sinduhije, the man who kill his own glorious destiny and himself

    Stay at Harvard University was a good occasion for Sinduhije to become a great person in Burundi and in the whole world. All Burundian still remember Sinduhije, a courageous man though revealing the false conspiracy against Nkurunziza. Sinduhije got the courage to reveal solemnly that this false conspiracy was backed by Hussein Rajabu, the famer chairman of the DDs. Because of these revelations of Sinduhije, Rajabu was deposed and sent into jail «Prison Central de Mpimba.»

    We remember how powerful Rajabu was: Even Nkurunziza the president was there, Rajabu was the one who decide what to happen in Burundi. If a minister didn’t obey Rajabu, he was immediately dismissed. We still remember how Rajabu rejected the second vice-president Alice Nzomukunda, and so and on.
    This the all-powerful Rajabu «agashuri kimya azindi zibona».
    However, Sinduhije knew how to put him down and send him in prison. At that time, Sinduhije was one man, a simple journalist, but with a HIDDEN POWER. After revealing this imaginary and after that Rajabu was sent into prison, Sinduhije, became the most feared man in Burundi by our leaders(the DDs) and the most loved man in Burundi, because of this HIDDEN POWER.
    Thus, Sinduhije received the approval of all Burundians in general, that he is the man that our country was looking for. Journalists, politicians, citizens en even those who were fearing him (DDs) were praising him because he put down Rajabu, an obstacle and a load for the DDs, for the president and the nation
    Unfortunately, Sindihuje didn’t recognize that God gave him a POWER. He didn’t knew that he walks with a HIDDEN GREAT POWER that the powerful man in Burundi (DDs)feared him. Sinduhije did know that even he was ONE, he was powerful than those who rely on their army, militias, police,…
    Failed to discover that God was making him a «Burundian David» through journalism, failed to rely on this HIDDEN POWER and following the advices from his bad friends, Sinduhije broke with journalism, entered politics and signed the end of his ascension, his success, his reward and his own end.

    After creating his own political party MSD, Sinduhije is feared by Burundians, his ancient companions and journalists, no that they are expecting something from him, but because he is a potential danger for himself, fiends and for his own party. He cannot be a danger for Burundian because nobody believe in him. He laid beside his HEDDEN POWER and embraced the violent means and starting cooperating with violent people. He has no respect even for his ancient companions journalists. Paradoxically, he still thinking that he has the POWER to change things and acting as a great man, while his HEDDEN POWER left him the day he broke with journalism. While the occidental powers praised him as a peaceful activist, they mark him as a potential danger. Sinduhije rejected to rely on his HEDDEN POWER from God and chosen to rely on violence, rebellion and people. What is happening and gonna happen to him it’s the consequence of the rejection of the journalism and his HEDDEN POWER.

    Woe to those who are following this man thinking that he is gonna turn they nightmare into joy!
    Woe to those who are following him thinking that this former journalist still have HEDDEN POWER!
    Sinduhije destroyed himself irreversibly and it is time for his friends to inhume him and move on.

  4. Kirinyota

    Aba police nanje iyaba ndabashoboye nobapfunze bose, Bakora nk’i robots. None mwabuza abantu kwigaragamvya kabuki? Barya bagore ba UFB mwamijamwo gaz nabo bari babagize iki? Sinduhije ndagushigikiye à 100%. Irya terabwoba rya nduwimana, nawe azoteba ashikirwe, isi irazunguruka. On ne sait jamais. Ugira aba police bafashwe biyicariye ataco bariko bakora. Si bimwe vya biblia ngo uwugukubise ikofe utege uwundi musaya. ça je ne suis pas d’accord.

  5. Komera

    Mbe yoyifuta hoho, none aca agenda afute ivyiyumviro vy´abarundi? Agomba ko ivyiyumviro biva mu mitwe y´abantu, CNDD-FDD nibandanye ibica niho batazosubira kwiyumvira be no kuvuga. Mugabo sinziko izomara abashaka démocratie naho bazi kwica.

  6. Jereve

    Tumaze imisi twumva abarundi benshi bidoga bavuga ko imbonerakure zitoteza abantu, bati mbere n’abajejwe umutekano ntizibagera umutwe (rero MSD si iya mbere isotoye abajejwe umutekano). Muri ico gihe ururimi rwa Nduwimana na Leta umengo rwari rwagovye. Ariko rabe namwe: aba MSD bapfuye kuja mw’ibaraba, amasase aca aravuga, indimi za Leta ziragoboroka, ibihano ruhasha birategurwa. Icigwa ni ikihe? Iyo uhumirije kuri bamwe, ugahumura ku bandi, bavyita gutwara nabi. Inkurikizi ni aka kajagari turiko turabona.

  7. jeunesse

    ces vrai sinduhije yarakoze ikosa kandi irya mbere niryo kwemera ko abo ba jeunes bahagana naba policie sans une bonne cause ko baribaje kubabuza ko bavugana iyo baca basohoka muri permanence en toute traquillite barikuba babaye iki est meme si bobafata ntaco barikubagiriza gikwiye irya kabiri niyo gufata aba policier. Pour cela savye aba jeunes kuja mu migambwe ariko bakoreshe ubwege des fois kuja gutera umuhagararo ataco ufatiyeko atanyugu uza kubaha ubu bafashe 70 jeunes bari imbere ejo nibahamagara kuja kwiyamiriza troisième mandat ya nkurunziza hazoba habuze 70 jeunes baja imbere nitube ndukora ikintu co tumarira ikintu apana gukoresha ama emotion. ivyo gufuta umugabwe sinibaza ko bo bikora babikoze naho ni avantage bazoba baduhaye ko twese tuzohuriza ku kintu kimwe akaba ari ADC ikibiri c a d izoba irimwo frodebu fnl msd upd et meme l’uprona et bye bye cndd

  8. NTIHEBUWAYO Isaî

    Ntako nterekwa CNDD-FDD ariko hagezeho hafatwa mpiri igi police, nca mvinyuma yumuntu nkukyo kuko intambara twebwe ab’imbo turayizi. Cira imoso. Nkunda kwumva ivyo ahantu hari abarwanyi bavyiyemeje none kumbe nawe nuko, ( exemple Manace azanye musenyeri i Bubanza, Somalie, Centre Afrique, Iraq, …) waretse kwica urwaruka mukubaboreza nivyiyumviro biboze nkivyo kurwanira umugambwe witwaza amacakubiri mumpisho. Reka ntukwegere niziri mumagi.
    Éviter de suivre ces soient disant vrai politiciens burundais. Hurikira mumashure naho naho bitoroshe ariko twotuma duharanira ivy’ubumenyi kugira tuzogira ubuhagije maze tuzosubirire abo bashaje kubera amaronko canke bayahahamiye.

  9. Nzobandora

    Je suis tout à fait d’accord que le MSD a effectué un acte rebelle en prenant en otage des forces de l’ordre et les auteurs devraient etre punis pour cela .Mais dans une justice équitable et sans vouloir sauter sur l’occasion pour régler le compte à Alexis et au MSD les policiers qui se sont introduits dans ce permanence sans mandat seront ils jugés?Ceux qui ont tirés des balles réelles contre des personnes sans armés le seront-ils aussi?Ou sont les imbonerakure qui tabassent les militaires avec l’appui des policiers sont -ils inquiétés?Ou bien pour eux les enquetes continueront pour toujours?
    Aller jusqu’à radier ce parti à mon avis ca va dans le sens de faire une PUB gratuite à son adversaire politique parce que le MSD pourrait finir par apparaitre finalement comme le plus farouche concurrent dont le CNND FDD a peur,est – il le cas?Kuvyo mbona je ne pense pas.

    A mon avis il ya moyen de trouver d’autres voies visant à rammener l’ordre et ainsi éviter que de tels actes zisubira kuba .

  10. Saidi

    Ewe Politique iragoye!
    Nico gituma mwa ba Jeunes mwe,mwo kwiga amashure yanyu naho nayo nyene adatunganijwe neza,kuko twishinze gukurikira abo bagabo ntaco tuzovamwo!

    1) Raba Alexis arigiriye hanze kwiberayo,asize abantu 70 baphunzwe kubw’iwe,ntanuko abasigiye nutwo bazorirayo!

    2) Politique yiwe ihereye ngaha,atanico ashikanye kubo yemerera Revolution,n’ibindi…

    3) Burya Politique si kuvyuka ugaca usimbirako ngo Motif abo mwiganye batwara za America
    None ntimwumvise ko niyo America yitwaza yaneguye inyifato yagize yo kugira imbohe aba Polici??

    Ntakundi nugende baphume bagukoreshe muri FBI nayo ivya Revolution babonye ko vyagutaye kuw’amazi…Ariko uyu mutahe wo kugufata wowo uzokurindira pe!

    Muri Politique nuko nyene bimeze utagira amajambo asosa kandi ari ibinyoma,ntaco ushikako

    Bayii Alexis ariko urataye mu kaga abana bacu n’amatongo twagurishije tubarungika kwiga i Bujumbura,none ubasize mu mpimba…..

    • Prosper

      Saidi , uratomoye kabisa … ufise ivyiyumviro vya kigabo. Gusa nkunganire gato. Kwiga muri America ntibisobanura ko uca ushigikirwa mumakosa yawe. Abarundi bize muri America ni benshi cane kandi bafise ivyiyumviro bitandukanye. So iyaba Amarika ariko yaja ishigikira buri umwe umwe ngira ngo uburundi bwoba umuyonga….So kuba yarize America rero nawe nyene niba atekereza arazi ko amerika igendera kumategeko , kandi hari aba terabwoba benshi bagiye bigayo eka na ndetse bakanafashwa kugera igihe runaka kandi benshi bishwe canke bafungwa nayo…akarorero notanga ni nyakwigendera umukuru w’iterabwoba kwisi, nago bitangaje ko nabandi baterabwoba benshi harimo nabo bo mu Burundi baroha abana baconka mw’ibarabara ko boba barize muri Amerika.

      Hanyuma ikindi naco ni gutandukanya amashure n’ubwenge. Umuntu atize afise ubwenge aratwara igihugu kandi kigatera imbere. Akarorero ni abami bacu ba sokuruza bacu . Hanyuma kandi uwize akaminuza ariko afise ubupfu , amashure nago avanaho ubuphu habe na gato. Gusa amashure aratuma ugira ubumenyi ukanigira kubantu bagiye bagera kuri vyinshi.
      Kwari kukunganira naho ivyuvuga vyose ni ukuri .

  11. Ngenzirabona

    None bishoboka gute ngo abapolice bagirwe imbohe??? Uwo mutama Alexis niyige gutandukanya parti politique na rebellion hama ahitemwo kimwe !

    • Caraziwe Pierre

      ewe burundi, umwe wese araye ararota uwo yanka avyuka avuga ayamuhe. aho Alexis niwe mwabonye ateye ingorane au burundi? nimuvure CNDD na Edouard hanyuma musubire uko mwahora nayo umugambi alexis yatanguje ntuzosiba nayo iyo mandat mwama mwasohoye ariko ntaco murashikako. uwobabaza Rébellion itangurira muri permanence? mwebwe mawahereye hehe? Police yagize violation de domicile gusanga abantu muhira bakica, bagatoteza inzira akarengane, nibo muriko muravugira? umugambi CNDD ifise twarawumenye

  12. Terimbere

    Cette opposition qui decoit!
    Ou etait Maitre Nyamoya? Ou alors il n’a pas ete ecoute!
    Incarcerer un policier!?!?! Exiger de l’echanger contre ses hommes arretes?!?!
    Desole, ntakundi umuntu yovyita, cela s’appelle du terrorisme!
    Ubu rero Edouard yahora arondera aho ahera, akabura, agaca aja muvyo gufabrika ama preuves, ubu bamufashije akazi rero!

    Cet homme Sinduhije n’est pas un homme politique , il pourrait etre un grand mobilisateur, mais pas un leader!!
    Ses actions risquent de couter cher au peuple qui commencait a rever un changement par revolution pacifique a la tunisienne!
    Croyait-il vraiment que dans un pays traumatise par des guerres civiles ethniques, dont la population vivote dans la misere, un seul parti d’opposition, sans le fnl, frodebu, uprona, pouvait renverser un regime tyrannique dans un Etat policier?
    Plutot, il vient de donner au pouvoir une lecon gratuite non solliscitee!!

  13. Itonde

    Abarundi barayamaze bati :  » Ubuja gusha buratogota  »
    Nago nari bwumve ikiganiro ca Serge na Alex. Biteye agahinda kabisa. None koko umuntu nkuyo arabona koko igihugu yokigeza he koko. Niho nkimenya ko kwifuza ari kubi.

    https://www.youtube.com/watch?v=T00odPTPuuM

    Kino kiganiro ndabona ari comedy cabisa uti gute.
    Let X be a presidential candidate and Y a journalist :
    Umunyagihugu arabajije :  » Ese ni ibiki mugiye guhindura mugihugu  »
    Mr Y asubiyemo ivyo umunyagihugu avuze hanyuma ataranarangiza no kuvuga Mr X ngo numa mvuge…. nuraba nabi iyo mikoro ejo ntuzoba uyiriho … hanyuma twibuke Mr X avuga ko arwanya akarenganyo kandi ngo ashaka uburinganire ….. ariko se koko Mr X yakwigiriye kwikinira Comedy ko mbona ariko kazi ashoboye …. impumyi zirirwa ziruka inyuma y’aba political pirate nazibwiri iki ….nta kundi ni guhora mwinovora mpimba umu pirate nawe yahungiye kwa Omar al Bashir wo muri Sudan nawe ngo aronderwa n’ubutabera mpuzamakungu.
    Narinsubiye kuraba kino kiganiro …. hahahahahahahahahahahahah …….

  14. Video

    Futa Msd si umugambwe, ariko iyindi yose muyireke yikorere atankomanzi!

  15. Ntugire ubwoba Mutama Sinduhije. uwari yaragirijwe gutega ama bombe muri 1998 niwe aramutswa ubu igihugu. Akagumye mwananje bagumako, ntawundya akatamugoye!!!

  16. LeGénie Noir

    Mbega yemwe uyo muntu yitwa Fabiola avuga ko ari i Londres ko umenga ibintu amaze iminsi yandika birimwo inzigo nyinzi iraba CNDD-FDD? Ko umenga uyo mupfasoni afise urwanko rwinshi? Nizeye ko atari umuntu w’umugore kuko abagore basanzwe naho banegura ibintu baguma ari abavyeyi. Ugira yandika nk’umuntu yavyaye agaheka????? …Ku biraba Sinduhije n’umugambwe wiwe, umenga uyu muhungu arahuruduka gose naho ivyo asaba ari vyo? None aho ntaziko asotoye abasota bivuna kuko bafise uruhusha? None ga bamubujije ibintu abkavyanka erega amategeko, naho atari meza, aramufata. Murashimira Imana ko atawapfuye! Ariko uyo mugambwe wiwe urahakwa. Vuge igihugu na kimwe umunyagihugu anyuruza abajejwe umutekano akahava ari muzima? Ivyo mubitaro naho ni BuLaya inkozi y’ikibi yakomeretse iravurwa ariko iguma icunzwe. Ntibitangaje rero ko muri Prince Régent abapolisi baguma bacunze abo bakomeretse. None ga abana bo kwa Sinduhije aho bari i Bujumbura? Nareke guta abana b’abandi mu masasu. Ariko n’abamuja inyuma muri uko kugarariza ni uturofa: none abari mumunyororo ubu bungutse iki? Ntituzi neza ko bazokwemererwa kuja mu matora twimirije, kuko rien ne dit que leur parti reste reconu. Kuko hanyuma ntihazobura umuvyeyi ahaburira. None ko umenga i Buja barize, hari umuntu azi ubwenge yokurikira umuntu ahuruduka nka Sinduhije? Nta Sinduhije azopfa atwaye uBurundi!!!!!!

  17. Akamaramaza

    Vraiment !!! Quelle genre de democratie !! OU regne l’injustice, violence, tueries sans poursuite…
    Mwarabonye democratie izivya abashikiriza ikiri k’umutima kandi aribo bene igihugu!
    Je ngira bibaza ko aribo bishizeho canke kw’igihugu ari icabo bonyene!
    Hama ko bacinyiza les partis opposant ntibazi ko twarenganye igihe ca dictature??
    Nibemere baveho nkabagabo hako biha amenyo yabatwenzi ,kuko ntawuhora kungoma!
    Gufuta imigambwe nayo badahuje ivyiyumviro banayirenganya siyo solution yo kuguma
    kubutegetsi kuko s’ivyiyumviro vyabo bazoba bafuse !ahubwo nibo bari bakwiye kw’ifuta
    kuko batumye igipolisi gukora ibidaciye mumategeko!naho vyakabaye ko umuplosi
    arasa uwutagira inkoho nihamwe bikorera ivyo bashatse!
    Ariko il est temps que les choz changent et tou va changer bientot kuko abanyagihugu
    ntituzoguma tureze amaboko twamaze kubona ko ibintu vyohava biyangara!
    Que le dieu d’Egype les garde et Que le Dieu des Israelites Nous garde !!

  18. MBWAZOSE

    Ariko nibaza ko gufuta umugambwe atari ingingo isanzwe, cana cane mu gihugi c iwacu ubutungane umengo haracariho agahaze. Uwoharura amakose abanywanyi ba CNDD-FDD bagize uba warahagaritswe, ndetse SENTARE mpuzamakungu ikahashika n aho n ubu bitarabura.

    Uwo mushikiranganji yize amategeko ariko karashobora guhara kuko ingingo zabwirizwa gufata bose. None NDOMBORO, RWEMBE, n abandi boba baraboshwe canke bari hanze!

    Ubu inganda zirikwa zirasasikwa ngo ntiziri muri CNDD-FDD, bariyahura canke bicwa n abapolisi! Ubutungana ni bukore neza batunganirize bose.

    Mbega bamwe ngira muracari bato, kera bafuta imigambwe hagasira umwe wiganje UPRONA ni kera .

    Ndabibutse, FRODEBU yarafuswe n umushikiranganji BAYAGANAKANDI mu gitondo, ariko ku mugoroba yari yasubiriye gukora kandi ntibari babuze ivyo bagirizwa, kandi abo batwara ubu ni bo babikora, None abantu bariyahuye mu BURUNDI!

    Mbega burya BUYOYA yemera ko haba ibiganiro CNDD-FDD yari ifise inguvu nyinsi, ahubwo n ubu abategetsi bashire imbere umwumvukana, ibiganiro, n aho bamwe bashaka abamaratiri, barakwiye nta bandi dukeneye. Abavyeyi baheke, bakuze, amarira mu miryango ahagarare, twiyambike agashambara, tureke gusomborotsanya, igikenya nticiganze, ubuhizi n ubutore biturange, impuwe n imbabazi bije imbere, « empathie » tuyerekane,

    Amaraso ntasubire guseseka mu bwa NYABURUNGA.

    Higanze ukuri, amahoro n iterambera!

    • Itonde

      Mugihugu kibanyi MRND na MDR zarafuswe burundu. Imirwi y’itera bwoba america iyihigisha uruhindu ….so turavye ibigenda umurwi w’iterabwoba. MSD ifise ibisabwa vyose bishoboka kuba wo…. numukuru wabo koko kandi numva ngo yarize pe akagemura urumogi rwo guha inzoya ngo zije mu ma barabara ? Niho nkimenya ko ubwenge n’amashure bitandukanye.

    • Ngenzirabona

      Mbega burya BUYOYA yemera ko haba ibiganiro CNDD-FDD yari ifise inguvu nyinsi, ahubwo n ubu abategetsi bashire imbere umwumvukana, ibiganiro, n aho bamwe bashaka abamaratiri, barakwiye nta bandi dukeneye. Abavyeyi baheke, bakuze, amarira mu miryango ahagarare, twiyambike agashambara, tureke gusomborotsanya, igikenya nticiganze, ubuhizi n ubutore biturange, impuwe n imbabazi bije imbere, « empathie » tuyerekane,

      Amaraso ntasubire guseseka mu bwa NYABURUNGA.

      Higanze ukuri, amahoro n iterambera!
      Uvuze vyo!

  19. Ntazizana

    Mbega mwibaza ko mu gihe tugezemwo, CNDD-FDD itera ubwoba bande? Barya bantu yahora itegera igaca amazosi yibaza ko ataba polisi barimwo. None ubu niyo igomba ije aho ngo iri n’amategeko bavuga. N’abamsd bazxovayo namwe ntaco mwabaye.

  20. ndabushoye

    Erega mureke afute imigambwe yose kuko bataye umutwe , basha iyi pouvoir des tambours vyanse kweri. none bashaka bazogere muri 2015 ata mugambwe n’umwe ukora , ingoro zose zacitse ama camps ya ba polisi . Ariko rero nagire ndamubwire nduwimana avec muniscule ‘ uko inkende yurira igiti igashika mugasongero niko yerekana ubwambure bwayo.

  21. RUGAMBA RUTAGANZWA

    Ce Ministre de l’Intérieur, qui n’est en fait qu’un leurre, une marionnette du parti au pouvoir, car on sait très bien où sont prises les grandes décisions pour le pays, est une vraie catastrophe nationale, un oiseau de très mauvaise augure, qui, à mon avis, le regrettera toute sa vie quand les DD ne seront plus au pouvoir….!

  22. imbeba niyaguma ikurikira akamoto kindagara canke kinyama irarwa mumutego!mbe nduwimana nabigire hama tuze turabe iyo bija!!!aba dd ubutiga bwabageranya!nimufute MSD hama tuze turabe uko bizorangira!ubu muriko murahiga buhongo uwitwa umu imvugakuri wese!ariko igihuhusi muriko murikwegera muzokibona!ubu ntituzobandanya kwemera ko mubandanya mutwica nkabana bimbeba!mudufunga ngo nuko tutabashigikiye muvyo mukora ! izo mandat muguma musohora tuzoraba iyo ziherera! courage mutama SINDUHIJE!turi inyuma yawe!

  23. kamiti

    Ntahero ry-imiti pe ? SVP que quelqu’un sur place fasse une analyse indépendante de la suite et vous la propose pour diffusion. Il est vrai qu’au Burundi il est difficile de dire ou écrire sur un évenement objectivement. faites un essai tout de même. None nta bantu bemegwa batagira aho bahengamiye ?

  24. Anaclet

    Tudashikuje Alexis ntawuzi ko yoba yabitumwe nishavu mugabo harya ikosa rininiya cane yakoze ni gufata abapolisi akabagira imbohe. Ntibibaho ivyo kiretse nyene ari dans une guerre ouverte. Ahubwo novuga ko ata gipolisi gitekereje nkici Burundi harya ibara ryari kurwa. Dans d’autres pays ubafyinase ko barakurasa kandi bakakwica: mbere no mu bihugu bikomeye nka USA. Yari akwiye kworganiza son parti pour se preparer aux elections de 2015 baze batsinde CNDD-FDD ahandi hoho boburiramwo. Simvuze ko ivyo ba reclama atarivyo ariko barabe uburyo bakoresha mukwerekana amakosa ya Leta ntibitege imitego bonyene.

  25. NB

    Malheureusement, ubu yamaze guhunga. Sinon, …

  26. Delta de la Rusizi

    Hahaha, ubundi uyo mugabo na leta yiwe ntituzi ko batifuse iyindi migambwe!! Barugariza ingoro z’imigambwe, barapfunga abo bose batavuga rumwe, barica abanywanyi b’iyindi migambwe, baratabura canke bagaturira amabendera y’iyindi migambwe; none ubundi abarundi baracifise ukwishira no kwizana muri ubwo Burundi bwa Nyaburunga???
    Ariko Nkuru ntagira umuhanuzi ndake. Mbe ako karwi gatwara karazi ikinjana turimwo? Ncanke ni ukwihebura, babona ibi bakoze ari vyinshi kuburyo bahitamwo kwiyahura? Nibageze aho batange imihoho, bazoheza basabe ikigongwe abarundi. Kuko bakabandanya bakontamaza imitima, bitebe butebuke bazishura

  27. kimeneke

    Reka kwitwenga et Rwembe et les autres tueur en série dd seront arrêtés quand watse tuzowota twese ntimuzotujana icongo canke tz

  28. Irakoze Fabiola

    Nduwimana afuse umugambwe Msd ico yoba agize gishasha nigiki ? Ubundi imigambwe ya Opposition yakora iki ko iri kumpapuro gusa ! Ahubwo nanje nti yaratevye kuwufuta kugira ibintu bifate inzira hako Nduwimana akomeza kubahenda ngo bafise imigambwe mugihe atagikorwa nakimwe iyomigambwe ya Opposition yemerewe gukora mugihugu mbere bamwe batacemerewe no guhonyoza ikirenge mungoro zabo ,abitwa ngo baremewe namategeko kandi bitwa ko bafise uburenganzira bwo kuja mungoro zumugambwe wabo police ibasangayo kubarasa gufatwa gufungwa .Nayo imigambwe nka FNL Uprona , na Upd ntiyayifuse gusa ahubwo yarayihanvye .Bitebe bitebuke Cndd Fdd ntizoguma ariwo mugambwe umwe mu Burundi .Biraboneka ko itinya guhiganwa niyindi migambwe ariko igihe kirashitse amatora aregereje amanyanga ya Nduwimana nabamutuma agiye kurangira
    Irakoze Fabiola (Londres)

    • Itonde

      Petite we … none se gushiraho ko uri londre wibaza ko bivanaho ubuphu canke harico bihindura kuvyiyumviro vyawe bigayitse …! Ngaho genda wigarangamvye aho uri ugende uvuga ko uriya mukuru wabaterabwoba yahitanywe na amerika ko yarenganijwe ndebe ko utaruhukira muri Gwantanamo …. demokarasi murota naho muri ntihaba kuko ubwigenge bwawe bugomba kurangirira aho ubwa mugenzi wawe butangirira.

  29. le Numéro Un Burundais , Mr Pierre Nkurunziza avait été inculpé de poseur de bombe en 1998, ce qui était peut-etre vrai et le voilà maintenant chef de l’Etat du Burundi!!!Bon courage Mr Nduwimana

  30. Qu’est ce que c’est cette histoire de vouloir radier le MSD sur la liste des partis politiques?c’est vraiment absurde!En tout cas le ministre de l’intérieur a interet à ne pas commettre
    cette erreur qui pourrait lui etre couteuse

  31. mutama

    qu’on le punisse selon la loi, qu’on évalue de même l’abus de violence par la police et sanctionne conformément à la loi pour que tout le monde comprenne que ivyo gutwenga vyaheze!

  32. Ben

    Ineza fin de fin finira par vaincre

    • NDUWAYO

      chez les amis nagire mbwire abatari babizi nongere nibutse avyavyimagiye hari UMUSHINGANTAHI yitavye Imana yitwa SINZOYIHEBA batazira KAGAJO yari ministre wa defanse , rero uwu NYAKWIGENDERA yambwiye abanyeshure kuri kaminuza muri 1994-1995 bariko baratoteza abo batari basangiye ubwoko ati: abo banyipolitique bababesha ngo mwangaze bene wanyu barababeshe kuko ejo nibo bazogaruka bababuze kwiga , ntibwakeye kabiri ikiroberi kiba kirakomeye ivyabaye ntawutabizi iconzi neza muri bamwe banganzwa ubu naba general naho batahejeje amashure , ababirukanye nabo barahejeje benshi muribo bari kuri batta. rero ico nuvuga niki? Uburundi nubwabarundi twese twari dukwiye gufatana munda twese duke tukadusabikanya atamuhutu , atamututsi , atamutwa, ariko tukadusangira nkebene BURUNDI.twebwe iyo turi mumahanga nukuri muba jeunes bose tungana tuganira twese twifuza kugaruka IWACU gutezimbenere IWACU none ivyo bivurwa birahumuriza ? ubona harumuntu yaza gufasha mugihe bimeze uko bire ? turi rero nyabuna nibarabe bisubireke basubize imintu muburyo kandi umuntu wese amenyeko uwo MUDAHUJE IVYIYUMBIRE CANKE MUTEMERA BIMWE Pas question kwaba umwasi , ivyo tubibwira ubutegetsi nabatabwemera giramahoro

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 477 users online