Jeudi 23 janvier 2025

Politique

L’Olucome appelle à marcher contre la paupérisation

Gabriel Rufyiri dénonçant fermement « la corruption d’Etat » ©Iwacu
Gabriel Rufyiri dénonçant fermement « la corruption d’Etat » ©Iwacu

Le président de l’Olucome a menacé, ce lundi 24 mars d’organiser une marche pacifique pour dénoncer que le pays s’enfonce au jour le jour dans la pauvreté. « Le Burundi connaît un taux de croissance de 4% au moment où dans les autres pays de la sous-région, il varie de 7 à 13%. Il est parmi les 10 premiers pays les plus pauvres du monde. Mais les dirigeants se comportent comme si notre pays était le plus nanti de la planète », s’indigne Gabriel Rufyiri.

Il justifie son intention d’appeler la population à descendre dans la rue par le fait que le pouvoir se serait rendu coupable de deux tentatives de « corruption d’Etat » au courant de la semaine passée. Selon lui, « le pouvoir aurait tenté de corrompre un député pour qu’il accepte de voter le projet de loi sur la Constitution révisée. Il aurait, en outre, promis de l’argent à des intrus qui viendraient se faire inscrire en lieu et place des étudiants en grève actuellement ».
Interrogé si une marche, fût-elle pacifique, est possible, le président de l’Olucome se contente de dire que « personne ne peut te battre et t’empêcher de pleurer. »

Forum des lecteurs d'Iwacu

23 réactions
  1. Birababaje kubona hari abantu bakivuga ivyamoko mugihe tugezemwe!
    Nyobewe n’uko bafise ubwenge bwo kwiyumvira canke amaso yo
    kubona ibiriko biraba mugihugu camavukiro yiwe!
    Ubu aho tugeze ntitwari dukwiye guharura ngi hakwiye gutwara ABAHUTU canke ABATUTSI<
    abarundi aho tugeze dukeneye amahoro, dukeneye igihugu giteye imbere, dukeneye uwudutwara
    ataraba ubwoko canke ngo acanishemwo abatwara! wewe ugiharura ivyamazuru nokumenyesha
    kubwenge utagira namba sinzi nungene ubayeho Imana gusa!
    Abazungu baraje barabiba namwe muramera , ikangure mumenye ko igihe UBURUNDI
    bigezemwo,bw'ugarijwe n'ubukene n'amahoro make tutari dukwiye kuvuga ngo UMUHUTU canke UMUTUTSI niwe agezweho gutwara ,nyabuna raba uwufise umutima w'ugukunda igihuga n'abarundi atazoduta mukaga ngw'asehere inda yiwe n'iyabamushigikiye mumafuti!
    Ejo tuze turage abana n'abuzukuru igihugu c'iterambere, ubumwe n'amahoro ahandiho
    ntuje ngaho ngunege umutwe ngi hatwaye mwene wanyu muhutu canke mututsi harico uzunguka
    naho azoba agupfumbatisha ntazokumara inambu yayo ! haguruka nyabuna ugwanire ineza y'igihugu c'akwibarutse ,ube imvuga kuri, urwanye abasuma n'abambuzi n'abo baza batera amacakubiri mu bantu, wirinde ibinyoma uheze urabe ko igihugu kidatera imbere!
    Nayo Rufyiri n'atere imbere nk'umuzinga turi inyuma yiwe agwanire ukuri n'amatungo y'igihugu
    kuko turazi ko bayatikije bagifukamye mu nda ariko n'ejo aho bukera umurizo ugasha hama
    ukuri kugatsinda ikinyoma!

  2. Akamaramaza

    Birababaje kubona hari abarundi bakiciyumvira ivy’amoko mugihe tugezemwo!
    Sinzi ko bafise ubwenge bwo kwiyumvira n’amaso yo kubona ko igihugu kigeze
    ahatemba kandi ubu igihe turimwo abarundi batarira gutwagwa n’UMUHUTU canke
    n’UMUTUTSI dukeneye uwukunda igihugu n’abarundi , aza ateza imbere igihugu
    akamenya ko abatwaye bahanzwe n’ubukene ! Amazuru on s’en fout iyo micafu
    mwatewe n’abazungu ! Il est temps ko mucagura icatsi n’ururo!
    mbe wewe uvugira aba HUTU canke ABATUTSI ko bariko barakirya bashira
    mumifuko yabo bariko baraguha nimba uri umunyagihugu asanzwe?
    canke nimba uronka ayo bagupfumbatishije arakumara inambu yayo??
    Nyabuna haguruka uvugira ukuri, amahoro n’iterambere ryigihugu cawe ejo abo
    uzovyara, abuzukuru n’abuzukuruza uze ubarage igihugu c’AMATA n’UBUKI
    apana ca ba mpema y’uzuye canke c’amazuru !!

  3. Ikibabaje ni kimwe, wicaye witwa kanaka biba biryoshe ariko mwiyumvire uko Gbagbo, Moubarak biyumvira aka kanya. Mbe ubu har’uwokwibaza ko Gaddafi yabayeho! Twese aha turasukana, uwuzinjira Mpimba canke CPI ntanumwe muri twebwe azomukurikira.

  4. @kobero

    None hari inguvu mufise zo kubarwanya? Ni mwirarire canke data mubasubirire mais ukuri kwaravuzwe……….mukinda mugaramye, mukindisha agakomo komo, birabaraba. Ingo tu je hamwe duhindure ibintu hutu & Tutsi et toi confondus. je conseille uumuntu atoshobora gushora urwaruka mu ntambara canke mw’ibarabara atabanje kuja inama n’abandi kuko nka Sinduhije ariko aragerageza kkubisigura ronfera protection aupres de la CI avec l’appui de quelques medias et OSC, yavyifashemwo nabi kandi irya ni inyifato y’umuntu afise igihababu hamwe no kutaba mur en politique. Ndavuniye akagohe mon frère Rufyiri etr ses aaolytes. Nayo kuvuga ngo ni umu neant, sivyi kuko nabaminujhe ntaco bamariye benegihugu atari kubangaza no kubatungirako.

  5. MWARIMU

    Murahumba ntimuzosubira kudusuka ngo tuje mumabarabara,twarabibonye ko iyo tugize ingorane ko muca mwiyirukira tugasigara turafungwa twenyene,turashwe canke tukicwa mwebwe muba mwinjije FB kuma compte yanyu,ntituzogukurikira urajanayo umugore na bana bawe,kuki umuryango wawe uba hanze ,muga ukaza guhenda twebwe?ubu uwokubaza iyo SINDUHIJE ari wohavuga,abanywanyi biwe sibo bamerewe nabi nawe yimererewe neza.

  6. GEZAHO

    Mwese mwanditse ngaha,jewe ico nobahanura mwokwikuramwo ivyo vyiyunviro vyakera,ubu gitwagwa nabahutu mwebwe abatutsi mwihaye untumbero yogutoba,kugira vyitwe ko ataco abahutu bashoboye,murahumba twarabahinyuye.ngwibisuma mugihugu.ubu ko hatwara ABAHUTU murabibona ,ko mugihe hatwara ABATUTSI mutarukura mukanwa.abo mwiyita ngo murongoye ayo mashirahamwe reka kwitiranya politique nuburongozi bwishirahamwe,muje mwibarabara ,natwe tuzohurirayo mutama,ico bikora ntimuzosubira kubomora,nuguturira abantu namapine,ntituzobemerera.

  7. Itegurire amatora mureke gusamara. Hama muzovuge ngo barabivye. yaba ari Peter canke uwundi mudede ntaco mukihanoba.Bazobacamwo muraba. Toujours vos yeux sont rives sur la communaute Internationale. Nayo iyo mponyora bitabo R. ntazi nivyo akora. Nube urashitura utwo abo bategura le plan de Genocide baguha. Mugabo muzobibazwa. Kira noneho FDD va avoir la majorite dans l’Assemblee Nationale. Ca montre votre faiblesse monsieur Rufyikiri.

    • Didier

      Gira commentaire zawe mu rupfasoni ureke gutukana kuko ntanico bimaze. None ugira ko uriko urutuka Gabriel R. bihindura iki? Wewe data wize ko ataco urakora kugira uburundi n’ababubamwo batekanirwe? Au moins lui mu mateka y’igihugu bazogira ico bamwibukiyeko.

    • Nzobandora

      Ah bon weho numva uri sure ngira aza yaramaze kwibwa.

      Ako nakaborerwe kaguhenze canke n »umutwe wamaze kubatakarana mugenzi,na leta zari zifise inguvu gusumba zarahavuye.

      Uzoba ubibona

  8. Uwarugwanye

    La manifestation est un droit reconnu par la loi. Mais Nduwimana va vous la lire à sa façon. Je te file une information mon ami Rufyiri: la gourmandise des FDD ne date pas d’aujourd’hui. Au maquis, on enterrait chaque jour des petits combattants mal nourris qui mourraient par Kwashiorkor, alors que une poignée de grands se tapaient tout ( femmes, viande, Primus,…). Croyez-moi, aucune exagération sur ce point. Demandez aux rares survivants de ce marasme. L’habitude n’a pas changé à leur arrivée à Bujumbura. Bref, la pauvreté et la faim des huit millions de burundais n’empêchent pas Nkurunziza de dormir. Manifestez, peut-être qu’il pourra comprendre que la KIBIRA n’est pas Bujumbura.

  9. non comment

    Ubu aho ibintu bigeze, habuze signal gusa kugira twihe amabarabara. Ubu nta discrimination ikirimwo, Peter et sa clique sont incompetents

  10. Bakame

    niho mukimenya ko ubuzima buzimvye?

  11. Alain Pierre

    Mwese twarabahinyuye, muarabanyapolitike mubandi! Aho wosanga bataramuha sa part, benshi ni uko niko bagira amaréclamations personnelles maze bagashora abanyagihugu contre le pouvoir public, abao bakaba aribo baharwa we ariko aronderera iyiwe gusa! Tuzi benshi, kubera ko baba bazi kurevolta abanyagihugu, budget yabo iba iteguwe igihe cose Reta ishatse guhitisha kimwe canke ikindi gikomeye mais coshobora kwincita abanyagihugu à la révolte!

  12. Uwakera

    Alors, en marchant, le pays va se relever de cette pauvreté? Beurk…

  13. muco

    Olucome turagushigikiye kuko it is tout much.Ahubwo niukuraba ico constitution ibivugako hama uhubwo twitwarire leta muri cours constitutional vyanse tuje imbere.Erega abarundi ntitwoguma duhoze ivyacu twabiriye akuya biribwa nibisiga.ndahamagaye abarundi bose biyamirize abasuma .

  14. bucanayandi

    Igihugu caramaze kugwa mwisanganya kuba dufise abategetsi nkaba dufise ubu nuruhombo.Abarandi mubimenye kandi muvyumve 2015 ngiyo irageze numwanya mwiza wo kwiyambura abasuma banize igihugu ataruko vous allez souffrir de plus.

  15. Polepole MJ

    Courage Gabriel. Igikorwa ukora kiradushimisha. Ukorerra mu menyo y’imisumeno mugabo ntutinya kuvuga aho bitagenda neza! Tous les patriotes sommes derrière toi!

  16. fred

    G. Rufyiri : umugabo w’ukuri

  17. gloomy sunday

    une personne ne peut te battre et t’empecher de pleurer kweli…
    le temps des assaillants ecervelles est revolu….
    vive BAMVUGINYUMVIRA!!!

  18. iribagiza

    Iyaba igihugu gifise abantu batatu nka Rufyiri coteye imbere ningoga. uwobona ibigabo biraho vyiyambitse amakoti n’amakaruvati imbere muribo atakiriyo « ibidaje » birateye ikigongwe. Nteye akamo Mutabazi na Nzojibwami bagire akigoro babe imvugakuri burya inyuma ya DD igihugu kizobaho neza kandi « inzara irahera ariko igihemu kibi ntigihera ».

    • KAZIRI

      Barundi, erekana ko mutakiri « ngombe » z-ababatwara. Muhoze, bavuga ngo « qui ne dit rien consent ». Twanse kugarurira impene ikiri hafi…Twahora tugaya ama « coup d’état » ariko yarabogoza abaperezida batanguye kwigira ba surivu. Ubu mu matora, dushitse mu kazu ko gushira uwo dutoye mw-ibahasha, turabigira tubizi. Abahutu benshi bazi ubwenge kandi boteza igihugu imbere gusumba turabazi. Nibitoze gusa.

      • kabizi

        uwowe nukubera dd yazanye démos iyaba kuri buyoya ngo yirabire agahinda

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 459 users online