8h30. Contrairement à ce que prétend le tweet d’un certain Jacques Bukuru (qui a pris le soin de copier le message à la correspondante de la RFI Sonia Rolley et la radio Voice of America), affirmant que le président de la CENI aurait pris le large et que des policiers seraient à sa recherche, ce dernier dément toutes ces informations.
«Qui veut me trouver n’a qu’à venir à mon bureau», défie l’ambassadeur Pierre Claver Ndayicariye joint ce matin même au téléphone par la rédaction d’Iwacu.
Son porte-parole, Prosper Ntahorwamiye affirme qu’il était ce lundi soir avec son patron : «A moins qu’il ait fui le pays tôt ce matin, sinon je l’attends, même s’il n’est pas encore à son bureau.»
Il se fait avaler les mots! Une vraie manigance des dictateurs! Un jour la vérité finira par se savoir!
Amatora ntaraba reportes hasigaye 3 jours?
NTAHORWAMIYE WEEEE!!!!ifise imvugo ihehera!!!!ntamuntu yishura avec arrogance nkawe. Naho woba ukorera umugambwe DD Dntuwukunda kurusha ba ADOLPHE na BUNYONI . Amajambo yabo yocisha inka ku kiraro.
NDAYICARIYE ngo yohunga? Ahunga iki? Azoja hehe ko mbona isi yuzuye impunzi zahunze ivyo be na DD bakora. C’est pas tard, niwikubite agashi nturutwe n’abagore.
Comment veux-tu organiser des éléctions décriées par tout le monde.
Nta ntwaro ya cami dushaka i BURUNDI.
Bivemwo nk’abandi ntuzobura aho uca na Radjabu mutama yaragiye.
BUCA BIBATEKURUKANA BASHA.
NKUNDA KURYA YARIYE IGIFYERA KIMUMENA ITAMA…..
Rendz-vous aux elections les jours ci-dessous. C’est la CENI qui le publie!!
05-06-2015 : Elections des Députés et des Conseils Communaux
26-06-2015 : Election Présidentielle Premier tour,
etc..
Mu gihugu kirimwo amatgego nk’uyo ariko arahimiriza abanyaguhugu akongera agashira amataliki yo gutora kuri sites, yaca aronderwa agahanwa, CNI yo ibifitiye uruhusha ikamukurikirana. Mu gihe ama radios yugaye hari ibihuha vyinshi mu gihugu, hari abantu baca babijako. Au Burundi ubu uwariwe wese asimbira kuri reseaux sociaux agatanga inkuru uko avyifuza ko vyoba. Kandi
ivyo ntibigiye guhagarara ejo canke hirya j’ejo. Nkurunziza, Parlement baratanze akarore gakwiye ko amategeko ataco akimaze, ejo ntibazotangare indiscipline, kubesha, kwiba n’ibindi bigiye gusasirwa indava. Nibagure impimba, bagumure police uzi kwarico bashoboye akazi ni kensi mu gihgu kitagira amategeko.
Bravo aux deux braves dames qui ont été comme l’église Universelle qui a refusé de cautionner les agissements cupides et criminels d’un groupe d’individus, ‘hauts gradés ‘ et civils qui veulent enterrer le Burundi et les Burundais.
Certes ces dames avaient besoin de l’argent et des honneurs, mais elles ont refuser d’entreprendre des actions hautement pécuniaires mais malheureusement portant atteintes à la stabilité du pays.
Les dames sont les premières à prier pour le pays, c’est bon qu’elles soient aussi les premières à refuser les calculs politiciens de nature à plonger le pays d’avantages dans le gouffres.
Chères braves Dames, prier pour Ndaryicariye et Prosper pour que le Tout Puissant les aides à voir le chemin de la réussite du processus électoral, le chemin qui mène à la vie et non à la mort.
@Iwacu
Sonia a été marquée dans le tweet de Bukuru pour lui adresser le message. ça veut pas dire qu’elle a repris le twet !!
Jewe maze imyaka 95!!! Nguma nibaza caaaane ahantu Ntahorwamiye na Ndayicariye bazoca, imiryango bazoramutsa, imanza bazomara , imisa n’isengero bazojamwo amatora yaraheze, canke batakiri muri ivyo bibanza barimwo uno munsi…….!!!!
Sogokuru yakunda kutubarira turi abana ati « Uheza guhemuka ibigori bikera ». Ni ukuvuga ngo …..sonza, nyotegwa wigumye ubuntu aribwo!!!
Allors tu dois te taire! Ce chantage de 95ans! Tu es voeux et fais-toi enservelir au loeux de continuer à polluer le dibat!
kandi wew wiyita le genie noir uri igitandero urashobora kubwira umuntu afise imyaka nkiyo ngo tu dois te taire?uri ikiwelewele kweli.ikosa ni irya nyoko ataguhaye indero.you have to educate your mounth how to speak
1. Eglise : Église catholique Universelle où même les Criminels sont les bienvenues même sans se repentir ! On ne ferme pas d’Eglise pour personne.
2. Famille : Famille de tous les Criminels et escrocs du Burundi et d’ailleurs.
3. Cerémonies : cérémonies de prestation de serment, de gradation, fêtes de leurs clients des votes financièrement volés.
Yooooooo……les pauvres DD mutacubaha. N’ishengero y’ubutse kw’ibuye ry’Imana..murabaza bagaza atanguye guta indero kuri ecleziya nyeranda ivyamushikiye…au revoir.
Il faut faire une analyse impartiale pour ton honneur! tes analyses ne sont pas celles d’ un sage de 95 ans!! Nous savons ta datte de naissance!! Il ne faut brouiller l info.We know you!!!
Uko niko nanje nahora nibaza igihe ubwoko bwatwara mu ntwaro zaheze , bica abanje ,bakanyaga utwanje ngahunga nomowe n’ikigoyi ntari Kubura ico nari kurya ayo ataba bo none nkaba nshaje ndi inyakamwe.
Ariko igitangaje nubu babandanya kubaho. Iyo misa bayijamwo naho ataho izobageza kiretse kwase wabo satani.
Rero nizere ko abao bantu uvuze ko ata mabi bakoze kuruta ayo benshi uzi ntarinze kuvuga bakoze.
MONSIEUR NDAYICARIYE,JE TE CONSEILLE VRAIMENT DE JETER L’EPONGE COMME LES AUTRES L’ONT FAIT SINON UN JOUR TU VAS RÉPONDRE DE TES ACTES ET FAITS DEVANT LA CPI….TU DÉTIENS UNE BOMBE QUI TARDE A EXPLOSER ET LE PREMIER VICTIME SERA TOI MEME ET TA FAMILLE SERA MAUDITE DES VOTRE DÉPART …..UN CONSEIL GRATUIT…..MANIKA AMABOKO BAKWICE NTAKUNDI.
moi je trouve ces deux informations contradictoire l’un affirme qu’il est dans son bureau son porte parole quant à lui dit qu’il l’attend même s’il est pas encore arrivé!!!!! wait and see Sonia Rolley n’est pas aussi bête pour diffuser une information qu’elle n’a pas vérifié.
@mimi
Sonia n’a pas diffusé ou repris l’information, elle a été marquée dans le tweet de Bukuru pour lui adresser le message. Iwacu devrait modifier cet article
Cher ami Ndayicariye,
Si des membres de ton équipe jettent l’éponge c’est qu’il y a des raisons que tu ne nous diras pas publiquement bien sûr. Mais en ton âme et conscience, fais toi aussi ce qui est bon pour le pays. As-tu oublié les discussions que nous tenions ensemble quand nous parlions de l’avenir du Burundi ? Et les éditoriaux que tu rédigeais à la RTNB ?
Ariko Ntaco acicariye nya Ndayicariye nyene….Sonia faut vérifier les infos pour ne pas tomber en piège, hein!?
« Ndayicariye » iki?
@matingiri
« »Ndayicariye » iki? »
Ahubwo « Ndayicariye! »: inki?
On fuit quand on a un coeur, une conscience et des interdits. En l’absence de tout cela on reste, tel un sangsue sur une vache morte.
Kibwa
ntarota ahunga yiyagiriza iki. atinya iki . harikiriko kimwirukangana yemwe arashigikiwe ni ngwe. Emwe ntariko arahunga humura, adashigikirije peter ubutegetsi. Abo bapfasoni nabo bahunze. Emwe baba birekera ntawobateye ko ishavu. None aho bigura abarundi, ego bashaka amahoro arama none ko mbona umengo hari abarundi bi bisizimwe tuzogira gute. Abaturiye nibo bari kudukiza. Abari bazanye amahoro nibo bayasubiyeko kubera ububegito bwabo , kubera ubukunzi bwinda bwabo. Jewe naho nakagendeye ndakeneye kumenya ico Peter umuntu yitwa ko yakijijwe, yabatijwe ariko ashakira ukuzimu abarundi . Twarababaye bihagije ubwoko bwose harageze ko Imana yunva amasengesho yacu.