Cela se trouve dans un post sur le compte Facebook du Programme des Nations Unies pour le développement (PNUD) au Burundi. Le Représentant Résident a.i dit que c’est avec une grande tristesse qu’ils ont appris cette mauvaise nouvelle. Jean Marie Vianney Havyarimana n’est plus. Cette organisation précise qu’il a été tué par balles, ce samedi soir à Bujumbura avec six autres personnes et dans des circonstances non encore élucidées. Via ce post, le Représentant Résident a.i condamne avec fermeté ces assassinats et le recours grandissant à la violence au Burundi.
crazy bitch
Micombero, iyo mvugo yawe nta bwenge burimwo. Kagame ni tureke kumushira mu mmajwi. Satani yatse indaro mu gihugu c’Uburundi, turayicumbikira, niyo itumariye abantu. Tubishatse, twoyirukana, kandi vyose vyohinduka. Twishwe n’ikinyoma cabaye nk’umuco w’ikirundi. Turabeshana, nta kuri kuri mu gihugu, haba muri Leta no mu bayigwanya. Inzira iracari ndende. Imana itubabarire cane.
Kagame aramaze abantu kweli. Yezu nadutabare
« Uwutema urugo rwiwe bamutiza umuhoro »
urasara mu mutwe. ukwiye abaganga