Le procureur de la République à Muyinga vient d’indiquer que le journaliste Etienne Besabesa a été libéré de prison sur décision du parquet dans l’après-midi de ce jeudi 18 juin. Aussitôt après sa relaxation, il a été remis aux autorités rwandaises au poste frontalier de Gasenyi. C’était aux environs de 18 h30, précise le procureur.
Signalons que le journaliste de la radio Izuba et correspondant du journal en ligne Igihe avait été arrêté en commune Giteranyi de la province Muyinga, le 9 juin. Le ministère public l’a alors inculpé du chef d’espionnage.
bari bihenz i number!
Abarundi turi abanyamahoro. Ubugwaneza nibwo buturanga. Aho niho dutandukaniye na Kagame. Nicogituma, umusi kagame yohirahira ngo aze kuvyonga amahoro i Burundi. Twomwirukako n’ibirenge bigashuha
@Babwire
» Nicogituma, umusi kagame yohirahira ngo aze kuvyonga amahoro i Burundi. Twomwirukako n’ibirenge bigashuha »
Banza utubwire ibi wandika aho uvyandikira uri, kugira tumenye ko Kagame yotera woba uri hafi mu gufasha kumwivuna! Kuko numva umenga ukoresha akarimi gusa nka kamwe ka Mpo…..
Vuga make: igihugu kiriko kirasambuka kizokura he inguvu zo kurwana? Iziza gushira zihera mu ruhongore. Akica urugo karuva imbere.
None bamufatiye iki? Akwiye kubitwarira pour dommages et intérêts.
Muramutinya kagame bwabundi muga mukwirarira mukaba abambere