L’ambassadeur d’Allemagne au Burundi a signé ce mercredi 5 octobre l’accord pour un don de 240.000 euros à la CENI. Elle devrait couvrir entre autres « les coûts affectés aux inscriptions sur les listes électorales et la distribution des cartes d’électeurs. »
L’Ambassadeur Brommer a rappelé que l’Allemagne souhaite que l’esprit de consensus qui a prévalu lors de l’adoption du code électoral soit préservé. « Il faut restaurer la confiance mutuelle, améliorer le climat politique et créer les conditions appropriées pour des élections libres, transparentes, inclusives et paisibles en 2015 » a insisté l’Ambassadeur allemand. Son gouvernement a encore indiqué M. Brommer, « salue les efforts de la CENI d’organiser les élections selon des principes démocratiques, transparentes et de la bonne conduite. » La CENI a remercié l’Allemagne pour ce geste, une preuve de plus qui atteste les bonnes relations qui lient les deux pays.
C deplorable tt cet argent jete par les fenetres et qui n changera rien ds le developement du pays, que de remplir les ventres des uns!
Ndabira iri bara!!!!
L’opposition ntaco mumaze nakimwe!!!
Nta opposition irresponsable nkiyo mu Burundi ibaho kwisi!!!
Uyo mu ambassadeur, avuze ngo, uwusenya ugwiwe, umuha umuhoro, hama inka nazo, rungika kumacuniro!!!! Ntawiwe arimwo! Uburundi twaragowe!
Il faut denoncer avec toutes nos dernieres energies ce comportement neocolonialiste des occidentaux qui empechent l’Afrique d’evoluer en nous imposant des regimes incapables d’aider le peuple!
je l’avais dit plusieurs fois, ne comptez pas sur ces gens pour resoudre les problemes de notre pays car eux ils jouent leurs cartes!
Demain c’est le tour de la France, le Belgique,… de faire de meme!
Abo bantu bitwa ko baserukira opposition, niyo batashobora guhagarika iyo ngendo igayitse yo gutanga amahera y’amatora tuzi twese ko ataciza azotuzanira, atari amarira, nohanura abanyagihugu, ntibishinge abo ba Barasukanas, kanatsinda bobo barafise ababacungira umutekano, kwimenya, ntibabeshwe, boge uruzi bajana iyo isegenya ija!!!!
Maze twirorerere ivyo birori vy’ibikino ngo n’amatora!
Birantangaje kunva brommer avuga ngo ceni iriko itegura amatora neza kandi hari imwidogo myinshi mubanyamigabwe batavuga rumwe nubutegetsi..hamwe nabo mumashirahamwe ategamiye leta,.nibaza ko uwo mu ambassadeur ataba mu burundi..ariko turashimiye allemagne kubwiyo mfashanyo iduhaye.merci
wewe ushaka kumutamika ijambo? Erega arabona akajagari opposition iriko iratera. Mbe umunsi iyo commmaute internationale izobava inyuma muzobigenza gute? inguvu z-ambere mu gihugu n-abanyagihugu. kurugutura amatwi wumve.