Selon des témoins, vers 4 heures du matin plusieurs maisons visiblement ciblées étaient déjà encerclées par des policiers. Tout le quartier n’était pas ceinturé. La police n’a pas demandé à tous les habitants d’attendre leur opération de perquisition pour autoriser à ces derniers à vaquer à leurs occupations.
«Ces forces de l’ordre ont commencé à toquer sur les portails et à réveiller les gens dans ce quartier vers 4heures et demie. Mais ces derniers ont signifié à ces policiers qu’il faut attendre la levée du soleil pour que leur tâche se passe dans la transparence », raconte un habitant de ce quartier.
«Certains de ces agents m’ont confié que leur tâche n’a pas été facile à Cibitoke encore moins à Musaga où ils ont été accueillis par des grenades, des jets de pierres et des coups de sifflets pour ameuter tout le quartier », révèle une autre habitant de ce quartier.
Abarundi barayamaze ngo « Uwuzihakuye ziramurya »
Jewe nibazako abantu bafise ibirwanisho bari kumusaga ari abacangero atari abanyamusaga, kuko ntamuntu yokwemerako ikartiye imwe ibura amahoro izindi zitekanye. rebellion ntigirirwa kwirigara mugisagara ni bakinjure gato baduge aho mumisozi hama badutere amabombe batubona ntibaba bayafise mukanya bazomanuka igisagara bagikontorora, nayubundiho ndakurahiye badahungiye i mukike no mumugamba ngobamanze bamenyere gupasura igihugu cose n’amaguru n’amasasu kumutwe ndakurahiye ntagihugu bazofatira harya kumusaga ahubwo bazopfirayo bose nuko bazokwegera inzira karengane gusa kandi igihugu kizobandanya.
Kuberiki uvuze bahungire MUKIKE canke MUGAMBA???!!!Hoba ariho hafi canke UVUGAKO abo bantu bava aho uvuze!!!Muri ibi bihe tugezemwo ntakamaro kahari ko gukokeza ingwano canke kuvuga ibintu bisa n’amacakubiri winyegeje. Ivyiza wosabako ayo mahoro ufise nabo bayaronka niwaba uba Bujumbura nkuko ubivuga.
@ Ntunga
Ahubwo nta n’ikitwemeza ko iyi message utayanditse umaze gushika aho uriko uratubwira. Ni waba utaragenda naho, inzira iraharuye! Bakubwiye ko ku Musaga ari akazinga mwigaruriye? Tu veux nous dire que Musaga est desormais hors la loi de sorte que les agents de securite ne doivent pas y aller? Bajejwe umutekano w’igihugu cose, s’il y a quelque chose de mal, ce qui est evident, ils doivent agir pour l’interet de tout un pays. Musigaranye manoeuvres nkeya et ca sera fini, le Burundi pourra en fin retrouver sa paix. Kandi iciza n’uko namwe amahoro muyakeneye.
Abo bapolisi barabuze uwu bivuna nukuri. kuberiki baguma bakinagira Ku Musaga, Cibitoke, Nyakabiga, ….. batigera bagenda mu Kamenge, aho kwibarabara rimwe rimwe hose hari inkoho zirenga 20. Nibarindire umunyagihugu akamara gushavura bazohava batoroherwa. Bibuke ukwo vyagenze 1993, kugira baje iyo bagiye. Ntitwipfuza ko vyoshika hariya!
C’est le regne de la terreur et la continuation du harassement et de l’intimidation par le pouvoir despotique agonisant des paisibles citoyens deja menaces par la famine, le chomage et l’eventualite d’une guerre plus meurtriere que les precedents conflits que le pays ait connu dans sa recente histoire.