• Imigambwe imwe imwe mu ntara ya Rumonge iridondomba ko yakumiriwe mu murwi w’intara ujejwe guhagararira amatora mur’iyo ntara .Bagasaba k’umurwi w’igihugu ujejwe amatora CENI ko wo bikosora kugira n’abonyene bagire uruhara murico gikorwa. Uwarahagarariye umurwi ceni mugihe hashikirizwa abagize (…)