La Cour d’appel de Bujumbura a prononcé ce mardi 28 janvier le jugement de « radiation immédiatement exécutoire nonobstant toute voie de recours » du bâtonnier de Bujumbura de l’ordre des avocats. L’affaire avait été entendue et mise en délibéré le 20 janvier.
Une séance qui avait été marquée par la sortie de l’accusé et de sa défense de la salle après 35 minutes l’audience publique.
Simpakanye ko ce isidore yoba sfise vyinshi mumutwe mugabo abarundi batamwiyumvamwo ntabafate ku nguvu. Dayeri afisr ubumenyi apana ubwenge. Ruse psychologique na physique vyacu bizotugeza kure. Ramba DD. gusa ntibamuhende ngo arwane, impari muvyiyumviro gusa. Imiheto bikwa!!
Ndibuka umwaka Buyoya ava i Arusha yasinye umugambi w amahoro ageze kukibuga c indege ibigwarudubi ngo uradutangiye igihugu!! Nawe ati bagabo mwomenya inguvu za barya bahungu turwana!! Bati muravye nabi n ubwo gucumbisha kumwe murabubura. Ngo reka turwane. Murabaze neza ica kurikiye, nico cazanye umugambi w amahoro. None izo nguvu zindi zivuye he! DD komera nywanisha abarundi heba amafuti yawe makeyi urabe ko utaramba nka CCM muri Tz!! Ntimucanemwo gusa reccupera abirukanywe muri iporona. Bitorere kandi ubasabe bakuzanire ababari inyuma. Babuzire ubwirire. Gusa uburyane ubwenge. Shingimizi. Kubita kumaboko bakaboko n ubwo boba bakurimwo, ntuhengame. Ijwi ryanje nabankomokako n abankikije ni rwawe kuva Kirunda gushika Makamba Ruyigi-Kayanza.
Mbe ko womengo hari ho abazi kahise kiwe kabishe!! Kavuge basha abarundi bamenye uwari we!! Gashire hejuru!! Ikindi, nzi ko muri kahise abatutsi bakumiriye abahutu muri vyinshi na cane cane kwiga faculte ya Droit, igisoda, … Mu mugambi w amahoro, muvyategerezwa kuvangwa canke gusubirwamwo abakozi bo mu butungane barimwo. Rabe neza abamuri inyuma ni bande, abo bamwosha bamushigikira ko bwoba aro ubwoko bumwe kumwe bavyiga bonyene. Hanyuma bishoboka muze muramedita kuri kahise ka buri wese muri bo! Bagize manifesitasiyo bakubite amafoto baboneke neza, videwo nziza nziza. Nayo DD, reka reka ni nziza, iravanze, imisore inkumi, abagabo abadamu abakecuru abatama abize abatize ubwoko bwose intara zose ntivangura yaje kubogora ivyabogamitse vyishwe n abatutsi babi (si bose yemye kuko hariho ba nyarucari ataco baharya yemwe), abahutu batanyaye bakoma amadhi nk inera basama udukorotse. N ubu barwanya DD ngo bagume batora utuvunji vunji. Kunde DD niwo mugambwe wonyene ushoboye maligre amakosa yawo nayo nyene so yororo. Mugabo imirazi isumba guhuma. Kunde igihugu basha tureke kwisamburirako, Imana izokitubaza
Ah bon,ngo ibara rigiye kugwa kubera Rufyikiri?murahumba murawucane mwirabire. Ahubwo aba ba DD barihangana kweri.Uwu mugabo ni umuextremiste wa hatari grand penseur des villes mortes muzi mwese. Kuri we DD ni assaillant génocidaire hutu qui ne doivent pas diriger le pays ; pire hutu à éliminer!!! Hanyuma akabandanya yifatira mugahanga ubuteregetsi,agarariza avec son arrogance mwese muzi.Qui peut accepter ça? Les burundais ont besoin des unificateurs et non les divisionnistes
Chers amis si toute est permis ca ne signifie pas que rien n’est interdit. Amakosa yagirizwa aragaragara niyaba yigira surivu ngo ni intouchable ahubwo arabandanya. Ahubwo agize Imana ko batamufunze. Ni yitonde ntiyigire agahambaye. On peut le contraindre au silence afyinata ntiyishire hejuru . Sindiko ndavuga ko le gouvernement iri sans reproche irafise amakosa yayo kandi umuntu wese agira amakosa yiwe nawe niyemere yaragize amakosa kandi yemere les consequences. Naye kwitwara mu makungu, le Burundi est un pays sovereign amakungu niyaba abigira ariyo yitwaje il se trompe nabo nibaze bamusubize intahe. Abavuga nabo ngo ntibari gushobora kumucira urubanza yasohotse nobabwira nti nuwapfuye aba yarapfuye bararusoma nka mbishwe uwisohoye guko azi ko agiye gutsindwa. Ntimumushire hejuru ngo arakomeye cane guko ashobora gucishwa bugufi. Seulement akwiye discipline et le bon choix des mots qu’il utilise.
jewe nubaza ko umutima waba dd wasigaye mwishamba ivyo bavuga nivyo bakora umenga ni ama zombies ,twabarambiwe !
inabi ntiheranwa, niyumvirize nawe ivyo abandi babayeho imwaka ni yindi. c’est comme ca I gihugu gikira.
Finit systeme DD, n’umwana agiye kubigfatira mugahanga. Rufyikiri agira abashenheze imbere y’intahe mpunza makungu mumaramare n’abahora babatinya ngo murakomeye bace babonera ho, Imanza zose zananiranye zigira zije zacibwa muce mwikorera imizigo, abarundi baze bogorora. Twanbatoye tuzi ngo muje gkuraho intwaro y’agahotoro, tubizera kuko twarituzi ko mwarenganijwe, twibaza ngo murazi akarenganyo ico arico tuzi ko muzo hindura kahise k’igihugu, none umukunzi wanyu wambere ni Buyoya, na Simbananiye, kuko bishe na mwe murica, none mwafatanirije hamwe gucinyiza aba victimes bose, nuwuvuye hasi ngo abafashe gushirira ho intwaro y’ubutungane mumushize hasi. Ubu ivyanyu biraheze. Mr RYIFYIKIRI,tuje imbere, ntushire hasi, nturyame, ntuhagarike urugamba. Ukaryma bagusanga aho uryamye bakugandagure kuko bazi ko atajunja uzoba ugifise. Va hasi ubitwarire, muma tribinaux batsindwe izuba ryaka natwe tuzokurikira, n’imanza zi Muyinga, Gatumba, n’ibindi vyishi vyama biriko bhiraba atawamira. Intahe mpuzamakungu niyo igiye kugarukana uburundi muri Etat de droit.
S il est poursuivi par Buyoya et les dirigeants fdd cndd alors je pense qu il innocent, combien de justes assassinés 1972, 1993. Encore aujourd hui on enterre des citoyens pcq ils ne pensent pas comme le pouvoir. Sois courageux maitre la vérité fini tjrs par triompher.
Les dd plonge de plus en plus le pays dans le chaos twimirije iyi ntambara canke ? Muze muhere hejuru mumanuka kuko n’abategetsi bazana induru
Isidore RUFYIKIRI a toutes les compétences pour vivre au Burundi et ailleurs. Même sans être avocat, il peut conseiller juridiquement plusieurs organisations, il peut même continuer à travailler avec les avocats au niveau du bareau burundais. Le barreau burundais peut même le proposer comme leur cordonnateur. Aba DD ico bibagiye n’uko ubumenyi n’ubushobozi bwiwe urwo rubanza rwa ngondagonde ataco vyarugize. Sa capacité d’analyse, son combat pour la justice, ses connaissances sur la législation burundaise et ses qualités morales restent intacts. Nobigeranya n’umuganga yoba ari specialiste nko muri domaine ya Gynécologie obstetrique, utabuye diplôme yiwe ntivyotuma abantu bataza kumwivuzako, bazi ko abizi bobandanya baza kumwivuzako.
Ashobora kuja muri barreau y’u Rwanda akabandanya aburanya leta mumanza yaciye icishije k’umbonerakure ikoresha muguca Imanza.
Galilée fut un philosophe et mathématicien hors pair. Mais seulement jusqu’en 1609 lorsque ses recherches scientifiques le conduisirent à explorer des domaines jusques là inconnus du genre humain notamment l’état du Soleil et de notre planète , la terre. Il s’engagea alors dans le mouvement du copernicanisme ( de Copernic) et défendra avec fracas l’héliocentrisme et le mouvement de la terre. En 1623 il fut interdit de prêcher ces théories qui mettaient à mal les théories de l’église catholique . En 1623, un ami de Galilée devient pape sous le nom de Urbain VIII, Galilée est autorisé à parler d’héliocentrisme et du mouvement de la Terre mais il ne peut évoquer ce dernier que sous forme d’hypothèse ( l’église catholique considérait que la Terre est plate et pas ronde et ne tourne pas) et doit donner la parole aux partisans du géocentrisme .
En 1632 les deux grandes conceptions du monde d’alors peuvent alors s’affronter sous forme de joute oratoire mémorables et de livres . Dans son livre Galilée y introduit 3 personnages : Salviati qui représente sa propre personne, Simplicius qui défend les conceptions antiques sur l’immobilité de la Terre et Sagredo qui est censé être neutre. En fait, Simplicius, ridiculisé du début à la fin de l’ouvrage, subit le feu croisé des deux autres personnages. Galilée, pour défendre le double mouvement de la Terre, expose dans ce livre une physique basée sur le principe d’inertie que Descartes énoncera plus tard. Mais Galilée avait commis un sacrilège face à l’église catholique. Il fut traduit en justice et mis en prison , il y écrira en 1638 « Discours concernant deux sciences nouvelles » qui paraît en Hollande, aux Pays Bas actuels. Accusé d’avoir prouvé que la terre était ronde et qu’elle tournait Galilée aurait ajouté à la barre , devant la stupéfaction de tout le monde « Eppur si muove » ( Et pourtant elle tourne). L’église catholique ne révisa jamais ses convictions , il faudra attendre le pape Jean Paul II, en 1992 rectifier «une tragique incompréhension »en le réhabilitant.
L’ église catholique comme toute religion a comme quelque chose de trop politique basée sur la loi du plus fort et les convictions et non à la science. Comme la politique elle n’accepte aucune contestation en son sein , aucune forme de remise en cause , elle a raison contre tous car elle dispose de la « force légale » pour imposer sa volonté. Mais tôt ou tard le rapport des forces s’inverse .En politique le rapport des forces est appelé changer constamment, c’ est comme en amitié, rien n’est permanent , rien n’ est éternel. Un bon pouvoir est celui qui corrige les erreurs du passé et ne les prolongent pas ni les perpétue . Maitre Rufyikiri a connu par le passé de ces périodes sombres pour lui et sa famille mais aussi pour la profession, nous savons que c’est un autre Galilée. Galilée meurt deux fois. Le pouvoir actuel fait de Rufyikiri un héros peut être qu’ il ne le méritait pas, notre détermination est grande pour le défendre . Je préfère une démocratie qui laisse s’exprimer mes ennemis que celle qui réduit tout le monde au silence. Notre «corée du Nord» à nous est née.
La justice n’appartient a personne. L’histoire est tres mechante, abaciye urwo rubanza nabo baze babacire izabo….mais en respectant le droit.
Une honte, une autre histoire sombre pour notre justice, un autre chapitre qui s’ajoute a la longue liste des maux qui minent ce pays.
Vive la justice, Imana ifashe igihugu gisubire kubahiriza INTAHE, parce que ce ca dont on parle.
Il était temps. Maintenant il va pouvoir se consacrer à son vrai métier de toujours… Politicien! N’est-ce pas cela qu’il faisait depuis qu’on entend parler de lui?
Naho nyene niyabandanya imikomo yiwe harabo bazokwihuriza ubwayi! None ugirango ruritaha?
Mr Karegwa Gaspard, tu n’as pas honte d’écrire et de clamer haut et fort que les juges ont rendus un bon jugement ,, je vais te dire la vérité ce ne sont pas des juges ce sont des CNDD FDD,, donc il ne faut pas s’amuser aujourd’hui c’est le Batonnier mais peut etre que demain ce sera toi ou un autre,, quel genre de bravo tu donnes aux juges?
Pour Runyota les noms de ces magie strats, est inutiles de les le publier sur les réseaux , mais ce que je sais ce sont des corrompus imcompétents, sans moralité ni intrégrité professionnelles,, ils ont été promus pour servir CNDD fdd, parmi eux , le répresent du ministère public dirigeaient les Imbonerakure dans le passé à l’ UGL ,, il s’appelle Erast NIMUBONA,, donc rien n’ étonnant, c’est de la parodie judiciaire, mais ésperons le changement après 2015 comme vient de le déclarer Maitre Rufyikiri,, après la pluie c’est le beau temps
Courage Mr et Dames Avocats
Nibibere icirwa nabandi.kora ico wajejwe udahengamye ahubundi ikibi cose ukora ukirihira ngaha kw’isi nyene.yavyonze kuva kera ngira c’est une raison
Ntawuharira nuwumuhamba ; uyo mugabo ararenza muri extremisme yiw Son arrogance et son esprit divisioniste ne méritent qu’une sanction pareille. Bravo aux juges ayant statué. j’ aprouve
Je ne connais pas l’histoire de ce Monsieur, mais en tout cas pour qu’on lui en veuille à ce point, il a dû faire quelque chose qui n’a pas du tout plu au pouvoir. None na Buyoya yari yaramurondeye? Qu’a t-il fait? Que quelqu’un m’explique!
On veut les noms des magie-stras qui ont siege et le representant du ministere de l’injustice (pas public en tout cas)
wow, vilket land…comment ca se peut qu un pays se dirige tout droit dans la caos…ou est cette force vive de la nation, ou sont les burundais, on se fait intimider par un group de mafias qui dirigent votre , notre pays, hier c etais L uprona du clan des banyabururis , aujourdh oui c est le cndd fdd mais pas tout le monde un groupe de bandis qui emprisonnent toute une nation , regarde ce qu ils ont fait de President Bavuginyumvira, maintenant c est au tour de la societe civile ,la justice n existe plus dans ce beau pays de Mwezi Gisabo..Reveillez vous cher compatriotes tant qu il ne soit pas trop tard, nous allons souffrir a cause de ces bandes de voyous, ils vont nous prendre un a un jusqu au dernier, je suis ne libre et je vais mourir libre pour que mes enfants un jour puisse jouir de cette liberte que j ai tant combattu pour, je ne me reconnais pas dans ces petites histoires des ethnies Hutu, Tutsi, Twa…je suis un Burundais lamda qui pleur de voir mon pays entrain de glisser dans la tyrannie, j ai vu comment ca a commence dans certains pays ou il ya eu apres des guerres fratricides..allons cher freres et soeurs, cette paix que nous avons aujourdhoui nous a coute chere, combien des burundais ont payes si cher par leurs vies , la vie des leurs, combien de generations vont payer , je suis parmis ces generations qui ont vu, grandit pendant la guerre, nous continuons de souffrir de ces erreurs que nos parents ont commis ,ils nous ont legues un pays detruit…mais voila que ca continue meme mes enfants vont en patir, les tiens aussi burundais lamda la ou tu es..soyons unis, refusons ces gens qui veulent jouer sur nos vies, nous avons tant souffert mais maintenant c est assez´assez de jeter les gens en prison pou rien assez de diviser les burundais pour des petits jeux politiques. Alors je dis NON ,NON,NON…QU EN DITES-VOUS?
Chers journalises de l´IWACU: Est-ce que cette information est réelle? Le Burundi est sauvé par une justice juste et correcte. Ce Rufyikiri a toujours été l’épine dans la botte de tous les gouvernements depuis Buyoya jusqu’aujourd’hui. Son arrogance et son esprit divisioniste ne méritent qu’une sanction pareille. Bravo aux juges ayant statué.
Je pense que la justice burundaise ne sait pas ce qu’elle fait pour le moment, comment une affaire peut etre mise en délibéré sans que la partie défenderesse ne soit pas entendue, ça c’est de l’arbitraire purement et simplement des magistrats qui sont politisés, sans moralité ni intégrité professionnelle, il s’agit là d’une action véxetoire et temerraire, c’est la provocation des juges non seulement envers le corp du barreau mais aussi contre toute la nation burundaise, des juges maintenant qui osent agir sans scrupule ce sont des juges du parti CNDD FDD, ne nous trompent pas Mrs et dames soient disant juges , nous savons que vous etes nommés non pas pour rendre la justice mais tout simplement pour satisfaire les intérets du CNDD FDD, vous nous trahissez, vous ternissez l’image du pays, tout le monde doit se lever comme un seul home pour combattre cette injustice, cette pratique de politiser la justice, la communauté internationale doit lever et agir très tot pour sauver notre pays, un pays sans justice est pays presque mort vivant, où va nous amener cette pratique de ces magistrats corrompus, politisés, injustes et malhonnetes, nous savons pourqoui on vous a promus,
Franchement une réforme à grande envergure de la justice burundaise s’avère indispensable, comment le pays peut il avancer démocratiquement,socialement, économiquement sans justice, pas du tout.
Que les noms de ces magistrats de la honte soient gratés dansun livre non pas d’or mais dans un livre de la honte, nous les connaissons!!!!!
Aba DD baramusenyuye ariko Buyoya yari yamurondeye kuva kera!
Il pourra bien se tirer d’affaire, et il en est capable! Ce n’est pas pour rien qu’il a une grande gueule!
Aba DD bibaza ngo bararyimaze. Nagira ndabacire umugani uvuga ngo NDARYIMARE NIWE NDARYITERE
« Ng’aba Dd baramusenyuye…Buyoya yari yamurondeye kuva kera » hahahaha…biratwengeje gose dans le sens yuko nimba ari umu dirigeant azi ubwenge kirya gihugu kimaze kuronka…ni Buyoya nyene…ivyo bagize nawe yari gushobora kubigira ntacari kubimubuza…aho bitandukaniye ni uko Buyoya wewe yama yiyumvira avant de pauser un acte…nimba atabaye radié à l’époque de Buyoya…nuko atarivyo yashaka…
Bantu, DD nimwe muyiha inguvu: mwe muti imboner.. I muyinga, Makamba, Kirundi, Bj, Bururi, Rutana, … None mwumva zibuze he? Aho rero ntimurongerako abakenyerera.. n’abagumya-caca . Ni imvura! Aho rero hariho abomoka muyindi migambwe baguma bayigana. Ex. Nk abayinjiye Rwasa atemaguje, abo iporona yaraye yirukanye, aho ntiturongerako strategie y abari migambwe ikorana na DD batarinze kuyibamwo. Mutihaye amahoro, murashobora kwononekara kandi nta bapsychiatre tworonka bo kubavura. None apres 2015 igatutse muzoca mwiyumva gute!! Reke guta akanwa. Ahubwo gikosore dushikane uburundi imbere heza, tube bamwe. Kandi il y a moyen ko bose baryako. Je vous aime barundi
Ahubwo bagabo, murarabe neza abo bose bamushigikira bashobora kuba ari babandi. Analyser neza kahise k umwe umwe. Il se devoilent, profitez en. Fate ayo mafoto na video on pourra en avoir besoin. Pas pour le mal/le pire, mais pour leur jugement. Erega ICC iruguruye!! Bava he, bize ayahe, ryari, baravanze, bakoze ibiki, batunze ibiki baronse gute! Usangwa ari bamwe biga kuri ya ntwaro ya wa mutama yabwira ba data ngo bahambe amaguru ab iwabo bariko bariga. Ayo mafoto ntabacike, ICC iruguruye.