Un enfant de trois ans a été retrouvé, hier matin, au milieu des débris, dans la localité de Gatunguru, à 5 kilomètres de la Gare du Nord.
La pluie qui s’est abattue dimanche soir sur Bujumbura a fait plusieurs morts et beaucoup de dégâts matériels. Sur place, des personnes pleurent encore leurs morts. Certains s’activent tant bien que mal à retrouver un semblant de vie, en dégageant la boue et le sable qui ont envahi leurs maisons. D’autres, avec une certaine réserve, sont contents d’avoir retrouvé leurs proches.
C’est le cas d’Enoch Bizimana, commandant de police en charge des communes urbaines de Kamenge, Kinama, Gihosha et une partie de la colline Gasenyi. Lors des pluies, son fils de trois ans disparaît : « Après le passage des eaux, j’ai cherché mon fils sans succès. »
Le lendemain, tout le monde constate avec consternation les dégâts de la pluie. Pendant ce temps, il arpente différentes morgues dans plusieurs structures sanitaires à la recherche de son fils. « J’ai patiemment découvert tous les cadavres qu’on retrouvait, dans l’espoir de voir mon fils. En vain.»
Découragé, il s’apprête à regagner son domicile quand un coup de fil lui dit que son fils a été retrouvé, vivant, dans les décombres, au niveau du camp appelé Socartie. « Il était légèrement blessé à la tête, mais il est bel et bien vivant. »
Actuellement, l’enfant est soigné dans un centre de santé. De la boue sort de ses oreilles. « Ses excréments en contiennent aussi, mais j’ai espoir qu’il va s’en sortir », confie, ému, le commissaire Enoch Bizimana. Son père y voit un signe divin.
Félicitation et que cette occasion te soit une heure nouvelle de réorientation de ta vie spirituelle.
Le monde est repli des miracles mais nous ne pouvons pas y croire. Imagine comment ton fils est passé dans la boue, peut être au milieu des cadavres et il est vivant. Dieu est Grand. Gloire à Dieu
Ndabakeje muryango nkongera nkahoza ababuze.
Mes chers amis, evitez des commentaires unitules vraiment. Il faut remercier et croire Dieu.
Que Dieu soit loué, nanje nipfuje gukeza uyo muryango waraye usubijwe agateka n’Uwuhoraraho kugira bibabere isomo. Baboneko ubuzima butangwa b’Imana atawundi akwiye kubwaka mugenziwe. Uwuhoraho Yehova Imana yacu nihabwe icubahiro, Amen.
Que Dieu soit loué, Imana ikorerera muri twebwe. Nanje nipfuje gukeza
Imana ishimwe cane kubwo muryango n’uwo mwana. Ndakeje uwo umuryango kandi ababuze bihangane cane. Imana niyo ishumbusha kandi ikirura…
Imana ni nkuru. Mugenzi Commissaire Enoch, wakoze iki ngo umwana wawe arokoke? Nibaza ko umpa inyishu: « oya ». Raba rero ko n’aho aba DD bariko baducira icobo, imana iducira icanzo. Biguhe isomo ryo kugororoka wirinde gukorera CNDD-FDD. Ntaco ubuze ubwire n’abandi bagenzawe ko ubwoko bw’abantu ari bumwe atawavukiye kwakwa ubuzima n’uwutabumuhaye.
C’est instructif! Dieu Le Père ne pose aucun acte pour rien. Kandi ngo akorera mu bantu. Peut-être une autre façon de réorienter l’action professionnelle de « Commissaire ».
Uyomu polisi aracaja gukengurukira Imana, kandi bimuhe nicigwa cogukora iciza ugikorera abantu, aribwo bwoko bw’Imana. Nibazako Imana harikintu yashatse kumwereka, niyaba afise umutima n’ubwenge, namaso yokubona, nabone icogitangari c’Imana.
Imana ihezagire uwomuryango wongewe kandi icokibondo bibahe gukomeza gukunda imana.kandi cane cane ihekwihangana ababuze.
Imana yagize neza kunezereza uwo muryango no kwongera iminsi ico kibondo.Imana ibihererwe icubahiro amen.N’abandi baburiye mw’ico kiza imana izobahoza amarira nka nowa.
ABARUNDI ntakindi dukwiye gukora ubu n’ugusenga no guhinduka gusa kuko twigishijwe amacakubiri,inzangano, intara,turicana atanakimwe duhoye benewacu……etc.. none turiko turarira abo twatoye ngo baje kutubohoza nibo bariko baratwica a cause de protection de leurs biens atawundi mugambi wogukiza igihugu uriho. NITWITEGE IBINDI VYAGO:(ISOKO).
MANA TABARA UBURUNDI UCUHE ABATEGETSI BEZA BAKUNDA INTAMA BAJEJWE
Ivyo Alice avuze ni vyo, ico ciza Imana ikugiriye ucishure ineza, ntusubire gusinzikaza amagara y abantu, urabona ko ubuzima bugoye kandi igiturire ucirengagize. Ndagukeje kuri iyo ngabire y Imana!
Nibaza ko abonye ico Imana imukoreye. ntaze rero asubire kuza aranyanyasa abantu ngo ntibavuga rumwe na CNDD-FDD. Nizere ko agiye kwihana amabi yose yakoreye abantu batari bake.
Alice,
Ndazi neza ko uwo muntu utamuzi. Wibaza ko aba polici bose ari aba DD?
Reka sha reka dpq nashime Imana yoyo irakiza! naho boba bagire bace umuntu izosi yoyo irazi ico ikora akava mu minwe yabo!
bose nico kimwe wana ahubwo turagowe bihaye mandat ya gatatu sinumva igituma muguma mubavugira
Urinde wewe ucira imanza abandi!!!
Agati gateretswe n’Imana ntigahenurwa n’umuyaga!!! Hanyuma ababuze bakomeze bihangana.