Samedi 23 novembre 2024

Politique

Frédéric Bamvuginyumvira arrêté

06/12/2013 59
Frédéric Bamvuginyumvira, vice-président du Sahwanya Frodebu ©Iwacu
Frédéric Bamvuginyumvira, vice-président du Sahwanya Frodebu ©Iwacu

Le vice-président du Sahwanya Frodebu et ancien vice-président de la République, Frédéric Bamvuginyumvira a été arrêté hier dans la soirée.
Ses proches confirment l’information.
Pour le moment, on ignore encore le motif de cette arrestation.

Forum des lecteurs d'Iwacu

59 réactions
  1. lili

    ndumiwe hajeger’umuringa!!!!ntaho naribwigere numva umuntu yagirizwa adultère atawitwaye. je se sais pas ce qui se passe entre l’ADC et DD mais à entendre vos commentaires et les info à la radio ucawumva karibintu bidafashe. niba bashaka guhana abakora ayo mabi nibagure ubusho bace biherako. mais c’est ridicule kubona badashobora nukugira complot iri vraiment crédible, none barabuze umuntu numwe azi amategeko ngababwire kivyobintu bidafashe!!!!!!!!VRAIMENT RIDICULE

  2. ndayizeye

    Ingorane uburundi bufise n’abantu badashobora kwihanganira inzara n’ubukene. Uriko uraraba les interventions des commentataires de ce sujet eka n’izindi, zica kuri iyi site, tu peux cibler quatre groupes: Abita iciza ikibi, ikibi bagishira mukiringo c’iciza, akemeza ko icera dee cirabura kugirango ahimbaze CNDD-FDD arabe ko hari utwo yo muha canke kugirango aprotéger ivyo yamuhaye mais l’homme qu’il faut est celui qui est et reste perméable à la raison.
    – Abari mu mwijima wo kutamenya: abo nabo batwara nyabahururu, badatohoje. Twobageraranya n’intama iyo utwaye ariyo ija.
    -umugwi wa gatatu, n’bantu bitwaza ivy’Imana ariko uravye commentaires zabo uca ubona aho bahengamiye. Qui oubli que hari abantu biyegereza Président Nkurunziza be n’Umutambukanyi wiwe babicishije mu gusenga, ariko ataruko babonamwo indongozi nziza mu vy’imana, ari ko arukigira baronke umukate?
    – Umugwi wanyuma ari nawo ngirakamaro , aba commenta avec raison, commentaires zabo atarwanko zirimwo.

    je voudrais interpeller à certains gens bataye ukuri kugirango baronke utwo bifashisha, babihebe, bemere ko icera cera, icirabura cirabura. Kuko benabo s’aba nyapolitique babishitse, kuko ejo nihatsinda uwundi mugambwe ,uzoca usanga commentaires zabo zahangamiye ku mugamwe watsinze, CNDD-Fdd bayivuyeko. Voilà pourquoi bavuga ivyo inza n’ubukene bibategetse. Qui ne voit pas ko turi mu ntwaro mbi?

  3. "akamaramagambo, mukunda"

    Ni akamaramaza!

  4. Gacuti

    Imbwa yiganye inka kwonona murugo ibona ibara!! Ntaco mugereramya Uburundi n ivyabaye ayandi nka cote d ivoir, Egypt m ahandi. Ca n a rien a voir. DD mwanka ishigikiwe nabanyagihugu bo ubwabo kandi benshi, ingabo zose ziri inyuma yayo. So what!! Gusa kuri iyi nkuru uwaduhemukiye n i IWACU itanditse au moins icari kumutahe wafashe Bamvuga. Har abantu rero bigira ibigwarudubi mugushigikira ibidashigikirwa, none ntafatwe ntanabazwe!! Tureke kuvanga amadosiye!! Ntawanse ko DD ifise amakosa ariko n ayp gukosorwa hanyuma tugakomeza. Aho yadukuye nyene!! Opposition yobaho yo gukebura kandi hamwe yoberaho gukebura gusumba gutukana no kwipfuza Uburundi bwoba paradizo. Reka chikaneries basha duter imbere!! Kurwanya, gutuka DD siwo muti.

    Kubwanje umugambwe uzosubirira DD nturavuka n uwuzosubirira Nkuru si n umwe mw abo tubona tuvuga!! Muzotangara!!

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Question à un million

Quelle est cette personne aux airs minables, mal habillée, toujours en tongs, les fameux ’’Kambambili-Umoja ’’ ou en crocs, les célèbres ’’Yebo-Yebo’’, mais respectée dans nos quartiers par tous les fonctionnaires ? Quand d’aventure, ces dignes serviteurs de l’Etat, d’un (…)

Online Users

Total 2 246 users online