Jeudi 23 janvier 2025

Culture

I Alerte I Bob Rugurika vient d’être transféré

22/01/2015 14

Selon des sources dignes de foi, le Directeur de la RPA, Bob Rugurika incarcéré depuis ce mardi à la prison centrale de Mpimba vient d’être transféré. Un véhicule de la police sans plaque transportant ce journaliste victime de ses révélations sur l’assassinat des trois sœurs italiennes, a été aperçu sur la RN 1 se dirigeant vers Bugarama.

Forum des lecteurs d'Iwacu

14 réactions
  1. Amédé

    Voiture sans plaque? Uwubundabunda abonwa n’uwuhagaze. Hari uwutabizi?

  2. Amaraso ya Abel ariko arahamagara mw’ijuru!!!! Imana ntikinishwa izoberekana vyanka vyakunda.
    Ni amaraso yabari bayihebeye ubuzima bwabo bwose gushika aho bari bageze mu za bukuru, bafashije abana b’igihugu gushika aho babagwamwo!! Amaraso yabo ariko arahamagara mw’ijuru!!

  3. Lomé

    Erega abari kubutegetsi nimushake mureke kubatuka. None ko bakora ibibi tukinumira kandi aritwe tubihomberamwo, mwumva? Ni mureke kwidogera kuri Net hama muze tuje hamwe tugwanje izo nkoramaraso

  4. Nzobandora

     » Un véhicule de la police sans plaque  »
    Voilà tout dit!!!

  5. Turateye akamo Echresie cathorique ifashe abarundi gukurikirana cane ivyuwo mujournaliste Bob Rugurika ntibamwice nkuko bishe abandi kugira bazimanganye amatohoza yariko aragira kuri barya ba Bikira bishwe ugwagashinyuguro ataco bazira,nacane cane ko Echresie Cathorique ubwayo yari yavuze ko Pape yabasavyo umuco kuri burya bubisha ehe rero intango yo gukorerako irabonetse,mubisanzwe aho dossier isa niyamaze kwiyugurura,nibafashe cane rero abariko barakora amatohoza mbere abarundi turateya akamo n’amakungu aze adufashe kuko abariko bavugwa murubwo bubisha basumvya inguvu Lete,bishobotse babatware i Rwantanamo. Turashaka inguvu za Cathorique.

  6. Evi

    Ubwo butegetsi ni nyabaki bureka imodoka zitagira plaque zigatembera mw’ibarabara zitagira plaque kandi izindi birirwa barazifata? Baragowe! baragowe! Baragowe! Bagize amanyanga kera bagira baze babona! Igisigaye ni uko Abarundi bokwigira ku bu Fransa bakagira Révolution massive yo kwiyamiriza ayo mabi. Burundi bwacu, uratabaguwe n’abawe birirwa bararirimba ngo baragukunda.
    Mbega Mana yacu Se w’Umukama wacu Yezu Kristu ntaco wokora? abarundi turagukeneye unyaruke udutabare.

  7. ndabirorere

    C’est horrible ! Burundais réveillez-vous et levez-vous dans l’unisson pour dire non au gouvernement barbare.

  8. Charlie

    Murabe maso!!!! Bariko barahinyuka, bashaka kuje kumuboreza igufa kure abantu badashika? Banguha!!! Dusabe Union Européenne ntisubire guha impusha abantu bamwe bamwe ( ces assassins!!! et les commanditaires particulièrement!!!!) zo gutembera mu bihugu vya Buraya ( Visa Schengen) imbere y’uko ukuri kuja ahagaragara. Cela pourrait bien faire effet!

    • Nivyo abarundi mwese nimuze duhaguruke tube maso tuyihereze akaganza dukurikirane neza igitumye bari bamunyuruje!erega aho bari bamaze kumunyuruza bamutwaye mumodoka itagira plaque! nukuri nibahebe barye ivyatsi bareke kuguma bakerera abantu,karabaye ingani bagire ubuhizi kuguma bica! mbe ico nibaza niki « ntakindi abo ba DD bazi atarukwicana gusa »? Bob we bihende bamurye n’ikinuma ico baraba,twaramaze kubahinyura ubu cabagiye. mayina nukubatahura kuko ibiganza vyakoze amaraso ntibishobora gukora ivyiza!!!!!! Bob, Rema turiko turagukurikirana,bace hasi duce hejuru, bace hejuru tuje kumunzane duheze turabe ingene ikibi gishobora gutsinda iciza,canke ingene ikinyoma kizoshobora gutsinda ukuri!

  9. Majambere

    Uburundi sigihugu c’bari kubutegetsi.Bitebe bitebuke abo bicanyi bazomenyekana.Kwubahuka gutwara umuntu mu modoka itagira plaque nukumunyuruza imbonankubone kandi bikozwe nubutegetsi.
    Mbe nkubu umukuru w’ubutungane yokwisiguza iki imbere y’abarundi??
    Mbe abo bicanyi bama bavugwa mubugizi bwa nabi bwose buba mugihugu bazorenguka ryari?? Bitebe bitebuke abacamanza bariko babohera amaboko imugongo igihe cabo kizogera.Uyu munsi bariko bahama abandi ejo ni mwebwe.Ninde yari umu CNDD yizerwa nubutegetsi kurusha Rajabu??
    Umwicanyi ntacagura kenyera mubone mwabarundimwe mureke kwiha amenyo yabatwenzi!!!

  10. titi

    muzoza mwumva ngo yaratorotse , ntibazi irengero ryiwe!
    Ariko isake yaramaze kubika!

  11. gihugo

    Muraturabira ntibamunyuruze! Amaraso banyoye arababirishije ivyuya! Pauvres Bagumyabondo!

    • DUBOIS

       » Un véhicule de la police sans plaque transportant ce journaliste victime de ses révélations sur l’assassinat des trois sœurs italiennes, a été aperçu sur la RN 1 se dirigeant vers Bugarama. » Sans plaque ???!!! Je me rappelle d’un président qui parlait d’Etats voyous !!! Finalement ils existent !!!

      • Harimenshi Pierre

        Ni muhaguruke aho vyakabereye ni kera!!!

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 184 users online