Mercredi 25 décembre 2024

Archives

Gaston Sindimwo : un attentat et des coupables tout trouvés ?

« C’est pour des mobiles politiques, je n’ai pas d’ennemis personnels », a indiqué Gaston Sindimwo aux médias, ce lundi matin, après avoir échappé à une tentative de meurtre à la grenade.

Tatien Sibomana ©Iwacu
Tatien Sibomana demande à la police de ne pas tomber dans le piège d’une manipulation politique ©Iwacu

Pour lui, quand les politiciens commencent à tuer des gens, ce n’est plus de la politique. M.Sindimwo ajoute qu’on ne peut pas ôter la vie d’une personne à cause d’une position politique. « La seule chose que nous demandons est que les gens puissent rejoindre les organes pour qu’on puisse y faire des débats », poursuit-il. Il fait un clin d’œil à ceux qui veulent la direction politique du parti d’éviter la malhonnêteté politique pour privilégier le dialogue.

Face à cette accusation à peine déguisée, la réaction ne s’est pas faite attendre. « Au parti Uprona, nous ne savons pas si c’est véritablement un attentat ou si c’est un montage, mais nous condamnons toute violence. Dans nos méthodes de travail, la violence n’a pas de place », a réagi le même jour Tatien Sibomana, porte-parole de l’Uprona non reconnu par le ministre de l’Intérieur.

Car, selon lui, leur combat est une lutte de raison, de légalité. « Nous avons un problème avec le parti au pouvoir, mais pas avec Gaston, qui n’est qu’un pion du parti au pouvoir. Je pense qu’il se trompe en disant que les auteurs de ce coup sont des Badasigana, et qu’il devrait attendre les conclusions des enquêtes. » Tatien Sibomana en a profité pour faire un clin d’œil, lui aussi, mais à la police pour qu’elle ne tombe pas dans ce piège de manipulation politique.

Forum des lecteurs d'Iwacu

24 réactions
  1. ngwabahutu nibo basubiranamwo gusa…we rindira on va voir ce qui a mis le suc dans le ventre….le pouvoir est bon mais surtout dangereux

    • Prosper

      @Sindimwo … turakwinginze ukure ayo macakubiri ngaha kuri runo rubuga uzoba ukoze …

  2. Prosper

    Ariko jewe n’ubwo uno Gaston ntamuzi biragaragara ko abantu benshi bamuhora ugushira mugaciro kiwe. Ndevye ama comments ari hano, hakubabazwa no n’urangije kurusimba , ahubwo bamwifuriza gupha … birababaje cane gose. Ivyo nago arivyo nari niteze gusoma.

    Agaston, Sinkuzi ariko , pole cane gose. Ubutabera buzokora kandi ababiri inyuma bazofatwa bahanwe kuburyo bizobera akarorero abandi boba bashaka kukwivugana canke se abandi abantu bashira mugaciro nkawe.
    Amajambo menshi yaba haters ntaguteshe umutwe. Ukumoka kw’imbwa ntikwigera na rimwe kubuza umunyefarasi gutambuka.
    Komera.

  3. Pioneer

    “Mobiles politiques”! Il est gonflé ce mec! Des balayeurs de rue levent une armée de badots et, par baguette magique, deviennent des “leaders politiques”, des “honorables”, des “Dr pasteurs”, des “Presidents” de je ne sais quelle confrerie. On parade devant eux, on les venere. Ils gouvernent, nous disent-ils. Pendant ce temps, une petite pluie detruit tout un quartier, coupe la capitale du reste du monde et le Conseil National de Securité blame les medias. Si c,est ça la democratie, autant s,en passer car ca peut pas continuer comme ca!

  4. Delta de la Rusizi

    Reka sha Gaston ayo ni amayeri yamwe n’aba dd uyoboka kugira mubandanye muta mukaga igihugu. Ninaco gituma wanavuze ko utekanye kuko urazi uwagize ayomayeri n’abo uzododobereza.

    Ariko nkuko wama ubigira wabeshe mukuvuga ngo ntabansi ufise. Abagenzi wahemukiye, abadasigana isinzi ugomba kwambura umugambwe, kubesha ko uri umudasigana kandi uri umu DD; du moins pour le moment bagifise ico usahura,,,,

    Ntanuwokwica kuko n’ukwama witwa umuhemu, umutizerwa, ikimwenyi ugatako ukazobiraga n’abawe birakwiye.

  5. Inspecteur de police

    Uwo mugabo arafise ama chances!!!! mwese murazi ukuntu grenade yica kubona yaronse ama éclats 4 gusa canke 5 ni miracle, ariko uravye amasanamu imodoka uko imeze dispersion y’ama éclats iraboneka neza.Umu zamu n’a pas eu bcp de chances.Hama muri vidéo iri kuri télé Renaissance ukuntu asigura umengo ni RAMBO III…mbona biri un peu louche (c’est mon avis)….aux enquêteurs de donner plus de lumière.

  6. Caragurishijwe

    None Uwomukuru wimbonerakure zibujumbura , nizo zaraye zimuteye ? Azozivuna yariteguye gutera intambara muburundi , we ntaganya Umugore nabana yaraba bashikanye mugihugu cisezerano citwa Montreal , mugabo ntasye bwose , nos emissaires bariko barakorana na Police ya Immigration Canada barashobora kuba mushikiriza vuba , nkuko babikoreye Umuryango wa Gwasa .

    • MBWAZOSE

      Hewe subiza inkota mu rwubati, uyo muphasoni n ibibondo muboroshe baruhuke. Erega uwo ahinduka abo bagendanye, agakwegera igihugu kubera inyaga yiwe n abiwe ntabakunda. Gukwegera igihugu biza uko nyene. Abamutumye yabwirizwa kubabarira ko iyo nzira itashika, ahubwo bokwemera ihiganwa rikaza, umuntu agashimirwa ivyo yakoze canke imigambi yabwiye abanyagihugu ko azokora.
      Imbonerakure uvuga nazo nta kazoza bafise kuko umugore canke umwana bakaba barara bariye kuko yivye canke yasheshe amaraso ntibishobora kubandanya, kandi n aba DD benshi baravuga ko iyo misore itatera iteka igihugu. Bategerezwa gufata isuka bakarima kuko ntibashobora kubandanya basomora ibitoke vya barundi na bo birigwa bareze amaboko. Benshi uzobibona bazokwahukana n abakenyezi babo kuko batabafasha muyo urugo. N ayo mandat ya 3, forget kuko ngira ntibafise ibikoresho vyokwururutsa drone nka kumwe kwo muri crimée muri Ukraine, nos partenaires sont des vrais democrates. Mbega ayo masezerano bashaka kurenga urazi ko nyenicubahiro MANDELA yari yatumiye Cliton kugira yerekane igikorwa yakoze!
      S.E. Nkurunziza ntazokwemera abo bamuhenda ngo ni abahanuzi ariko bashaka kwoza igihugu, bikingire, none gushika hehe. Erega opposition iri mubo bagendana kuko bamuhanura nabi, wewe ni umu sportif kandi uko ndabizi abagira sport biyumvira neza, ariko arabe kuko baca umugani mu Kirundi ngo: » Imanga itemvya imvyeyi iba mu rugo ».
      Uburundi ntibwigeze bugwa mw isanganya!!!!

    • Karoli

      Du n’importe quoi…

  7. MBWAZOSE

    Turateye ivyatsi abantu bagomvye gusesa amaraso y uwo Gaston. Ni agume ng aho , arambe ariko azicwe n ibimaramare kubera yashize imbere inda hanyuma agasambura umugambwe w umuganwa. Yirambire hari n aho yohava abwira abanditsi abamutumye ico gikorwa kigayitse be n ico bari bagamije.
    Hahangame amahoro, ukuri, ibikorwa n iretambere.

  8. Claude

    Gasito, nsinovuga nka wawundi yavuga ngo ingero y’icaha n’urupfu (Abaroma 6:23), noba ndakurengeye kuko wewe nta caha wakoze; gusa warahemukiye bene wanyu. Wagurishije benewanyu. Imana yose n’uko ubu Rambo bwawe bwagufashije, ukabona gerenade, ukayihweeeeza neza, maze mu nyuma ukayereka ubworo bw’ikirenge nk’aho womengo wari uzi ko iza guterwa. Mbe ubwo zirya suparadra winyambitse mu mugongo si igihendo ? Burya koko warakomeretse ? Uwutubabaje cane ni urya mu zamu ashobobora kuba yazize irementanya rya shebuja. Murundi yari yibereye ku kazi. Guhemuka ko waramaze guhemuka, reka kwambika ibara benewanyu. Uvuga ngo nta bansi ufise, ariko n’abakunzi warusigaranye kurushi bazoguherako vuba niwabandanya muri uwo mugambi (n’aho ubugaba bw’umugabo aribwo buryo bwiwe).

  9. KARABONA

    La manipulation et votre complicité consentantes avec le pouvoir DD pour l’aider a éterniser Mr NKURUNZIZA (et ses Generaux qyui ecument le pays) au pouvoir alors qu’il a déjà passe 10 ans sans rien apporter au pays sauf incompétence, corruption et mauvaise gouvernance, ne devraient pas rester longtemps impunies. J’espère très sincèrement que les traitres finiront un jour par payer….!

  10. ITEKA

    Le pauvre gardien qui a été sacrifié pour des raisons que Gaston lui même n’ignore pas. Personne ne sait le commanditeur mais d’ores et déjà on peut supposer que personne ne pense à éliminer Gaston, il est obstacle à lui même. Monsieur Gaston, arististe dessinateur fait la honte en voulant enterrer le parti du Prince lui Rwagasore en le vendant aux Imbonerakuré. Souvenez d’un certain Juda qui a livré Jesus, personne ne l’a touché mais il a eu la punition qu’il méritait. Que la PNB veuille à sa sécurité, sa famille était déjà au Canada. Gaston comme Concilie ont déjà adhéré au CNDD FDD, ils commandent des Imbonerakure déguisés en JRR.

  11. ndarusanze

    « Dans nos méthodes de travail, la violence n’a pas de place ». Le ridicule ne tue pas M. Tatien. Nuwoba ari ikijuju ntiyokwibagira amabi yakozwe ku ntwaro ya UPRONA muri kahise. Jew nari umwana ariko ivyo kuva 1993 narabibonye. Gira amahoro!!!!

    • Nzobandora

      1993 natwe ivyo twabonye ni vyinshi kandi washaka ndipfuza cane yuko uwabikoze wese abihanirwa.Hanyuma uraza
      uratandukanya ingingo zafatirwa k’umugumya n’ahandi vyoba vyiza kuko sinibaza yuko Micombero ,Bagaza, et Buyoya I ivyo bakoze vyiza canke bibi vyarinda guca kwemezwa ku mugumya.

    • Caragurishijwe

      @Ndarusanze, ko mu 1993 wabona , uvuze yuko zirya ntara ama komine n,imitumba zafuswemwo izina mutuntsi , uti bishwe n’abapolona ? Mbe ko muvuga ko aba porona ari abatutsi , none nibo bagiye gutikiza n’uguhonya ubwoko bwabatutsi bene wabo ? urabahafi sha uze ubagirize , genocide ni crime imprescriptible , meme apres 100 ans bazokurikiranwa n’ubutungane. Amakosa ya Uprona nuko batashengeje abo bahutu ba sowawe bakuvyaye kubwo bwicanyi bwagahomera munwa bakoze mu 93. Wewe rero wiraramire namba wari ukiri umwana , mugabo ukaba waratemye ntusye bwose ngo vyaraheze . Irambire

      • Gushima

        Tu n’as meme pas honte de dire ça?uraza sha ndakujane kurusagara imurambi no kuri komine rugombo ndakwereke ivyo abatutsi benewanyu bakoreye abahutu et so tu apprendra à soigner ton langage.ingwe igutwara igitungwa ikagutanga kuraka

    • ITEKA

      Woba waruzi ko abenshi mubakoze amabi ubu yagirizwa Uprona bamwe basigaye aribo bariko bakorera CNDD FDD. Parmi les anciens sans échec vous y trouverez un ancien maire , un Ministre qui actuellement fait la pluie et le bon temps, un cadre plus haut placé au SNR. Celui qui condamna à mort les hutus en 1969 est conseiller juridique du Président. Vous vous acharner à condamner des jeunes de la JRR nés après 1985, comme les commenditaires des tueries que le Burundi a connu. Uwushaka kukurya ntabura ico agukoza. Nciye nibuka igisomwa batwigisha aho umwagazi wahuye n’impfisi kumugezi, iriko iyagiriza icaha yavuga ko cakozwe, nawo wamwagazi uti jewe sinari bwavuke, imfisi iti « atari wewe ni mwene wanyu ».
      Ubu ntasaganirizo, uduge ruguru DD igutuma Imbonerakure, ugume i Bujumbura, DD ikwicisha ubu chomeri ukicwa n’inzara, warinda inzara bagutuma aba Police, warinda aba Police bagutuma Justice DD ukaborera mumunyororo. Yamara Imana izomaramaza abo bayitwaza bariko barondera guhonya abana bayo.

  12. monavis

    iyo ni complot kandi bagabe abazobesherwa ntibazobura!nayo guca yagiriza aba jeunes ba JRR aho Gaston yarahihendeye!soit ari en connivence avec les DD et bashaka abo bahitana,soit izo mbonerakure(JRR made in china) bashaka kumusafisha hama babeshere JJR!wait and see

  13. YAKO

    Il faut exploiter tous les pistes, les jeunes surtout qui se montrent upronistes alors que ce sont des Imbonerakure de Concilie, meme le pouvoir Cndd qui peut utiliser ces manoeuvres pour inculper les vrais Upronistes du cote Nditije qui ont refusé de modifier la constitution et l’accord d’arusha, et qui ont barré la route à Nkurunziza pour s’éterniser au pouvoir, dans tous les cas , la violence n’est plus le chemin pour arriver au pouvoir ou pour trouver une solution actuelle, tout ça ce sont des problèmes créés par le Cndd qui pratique la politique de l’autriche.

  14. Nzobandora

    Ubwambere hoho ndateye ivyatsi uwo wese yabikoze kuko ari ico ushaka muri politique ntuca ukoronka nkgo n’uko uyu canke uriya apfuye kuko atari amarira mubiwe ,ibiri mumitwe y’abamwemera ntibica bivayo ubwonyene.Par exemple,Gahutu yarapfuye mugabo FNL yarabandanije son idéologie yiwe malgré cela.
    Mugabo rero,umuntu azi Uprona nabawugize iyo nzira n’a jamais été inzira yabo yo gukora kuko hari benshi bari kuba barabikoreye.
    Ahubwo nosaba Police ntisige inyuma gukorera kuri abo ba jeune JRR batazwi,twumva binyegeza baje kumugumya kuko niyaba bataronse agahembo kabo ntawubizi….
    Il ne faudrait écarter aucune piste!

    • Prosper

      @Nzobandora . Ivyo arivyo vyose wasomye amakuru nabi kabisa. Niba arayo wasomye kuri our dear iwacu , nago nigeze mbona aho bavuga ko baje binyegeje. Ico nasomye ni uko binyegeje kamera. Hanyuma nago ari buri muntu wese asekera kamera, niyo waba ufise ubuturage bungana gute. Turetse Uburundi bufise demokarasi irengeje naho mutabizi, ahandi hagize ugufata kamera atagusavye uruhusha arakurega kandi ukabihanirwa. Aho abo bana bagize neza kwinyegeza kamera gusa bikagarukira aho. Naho ikindi gihe ababafata kamera batabasavye uruhusha bazobibazwa.

      • Nzobandora

        Sha Prosper,
        Kuki hariho aba porona batinyegeza abo binyegeza kubera iki?Kubera iki babitinye ubu?Ko ntarabona aba DD canke iyindi migambwe yose sauf za nyakuri batinya kuboneka kuri camera canke ugasanga n’indamutso y’umugambwe batayizi?Harico biyotsa?Aho handi wagendeye berekanye abanywanyi b’imigabwe bakabihanirwa ni hehe ko watembereye?Corée du Nord?Uri urantwenzakandi ibiba ngaha uwutabizi n’uwutahaba gusa.

        • majanja

          umunsi umwe nabwiye umugenzi nti ingo sha tuje mu misa gusenga IMANA, nawe ati reka sha kuja uraja mwisengero ku yiyereka ati izoguhamagara ningoga kuko uzoba wayimenyereje jeho ntinzi ntizompamagara, uti ushatse kuvuga iki? umuntu wese yimenyereje abo ba DD ari mu mu babaro ntangere kuko umwanya uwariwe wose baraguhamagara ndakurahiye kandi ico bakubwira ntukimenya ubu hahiriwe umuntu atazwi nu mu DDn’umwe kuko azokwihitanigwa n’ugwiwe; nshatse kuvuga Gaston simvuzeko yatewe na ba DD muga nabo vyoshoboka;

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Que la compétition politique soit ouverte

Il y a deux mois, Iwacu a réalisé une analyse de l’ambiance politique avant les élections de 2020 et celles à venir en 2025. Il apparaît que la voix de l’opposition est presque éteinte. Il n’y a vraiment pas de (…)

Online Users

Total 1 737 users online