Très tôt ce matin, des policiers accompagnés des militaires lourdement armés ont passé à une fouille-perquisition dans la zone Ngagara Q2. Personne n’entrait ni ne sortait.
Les quelques maisons fouillées sont juste à coté du camp militaire.
D’après le chef du quartier, Nyambere Faustin, 2 kalachnikovs, une mitrailleuse et des tenues militaires ont été saisis. « Ces armes se trouvaient dans le plafond de l’école primaire Q2 III».
Selon certains habitants de la localité, le commandant qui menait cette opération a rappelé que la crise de 1994 a commencé ainsi, s’il le faut, le quartier sera détruit et les habitants seront contraints de vivre dans les camps de déplacés. « Le quartier n’est pas un champ de bataille, cela risque seulement de faire du mal à vos parents, » a-t-il ajouté.
Signalons qu’à la fin de cette fouille vers 9h30, ces militaires et policiers ont emmené avec eux la directrice de l’école primaire Q2III et deux sentinelles. Elle a été brutalisée. Elle allait être transportée à l’arrière d’une double cabine, n’eut été l’intervention d’un de ces militaires.
Il semble que la probabilité de reproduire la violence est énorme pour une personne qui a été violentée ou qui a assisté à des violences. Cependant, ce cycle peut être cassé si la justice punit sévèrement les auteurs de ces violences ou s’il y a un leadership qui s’investit pour éradiquer ce mal. Chers internautes, terera ivyiyumviro pour casser ce cycle de la violence pas vos idées de justice et d’humanisme pour un avenir meilleur. Merci à tous.
mugabarabona,kabisa nta yindi moyen mbona iruta iyo wavuze yo guhana bikwiye uwukoze nabi!burya kwihora nicaha kandi gihanwa!ntawukwiye kwitwaza ko yabikorewe hama ngo nawe abikorere abandi! ariko uwugiriwe nabi biragoye ko areka kwivuna
Bavyeyi bo mu ngagara cibitoke n’a mutakura n ahandi. M uraziko Abo bana ari ibitazi murazi ivyabaye mbere nimwigira sindabibazwa mukureka no kurerekera ababihishamwo ibanga ryanyu muzoba muritaye mwibuke ko aho hambere hahise abana banyu babuze aho basagata barengeye muvyo munzu bamwe bamwe bafata kunguvu bashiki babo n’a banyina. Nibaza ko hatararengerana ikubite agashi
Barundi, barundikazi; mukirundi bati iyibize nabi uyima ifu. Biragaragara ko hariho abantu batishimiye ubutegetsi buriho uno munsi.Nashaka nongere mvuge nti :Abarundi barenga 60% ni abakirisu. Ijambo ry’Imana ridutegeka kwihangana no guharira abaducmuyeko. Ndasavye abatashimye ivyavuye mu matora ko bogira kwihangana kuko ishavu rigira riti : ICA UWAWE NDAKUREKE. Mumenye ko inyuma y’ubu buzima ngaha kw’isi bitaba biheze, kuko twese tuzoca imbere y’ubucamanza bw’Imana. None wewe wica uzokwiregura gute?Umuhutu n’umututsi twese turi bene burundi, kandi dutegerezwa kubana vyanka vyakunda. Twese twaremwe n’IMANA.Bisigura ko turi ubutunzi bwayo. Iyo rero wishe umuhutu uba wononye ubutunzi bw’Imana.Iyo wishe umututsi kubera ko ari umututsi uba wononye ubutunzi bw’Imana yo yamwiremeye. None uzokwiregura gute wewe wihanga Iyakuremye? Umenye ko umusi w’imanza uzohangana n’umuremyi wa vyose , ariko utazohangana n’umututsi canke umuhutu. Murakoze, YESU abahezagire.
Comment un commandant parler ainsi » que 94 veiny de commencer? Cad que les Tutsi seront tue? Oh urucira mukaso rugatwara nyoko… Hari naho nawe vyoguhitana, homme mechant
nakamaramaza bageze naho batwara ibirwanisho mumashuri ewe MANA tubabarire.
Qu’on m’explique : comment se fait-il qu’on trouve facilement des armes alors qu’on n’arrive pas à mettre la main sur des criminels qui éparpillent les cadavres dans les rues de Bujumbura?
On trouve d’abord les armes qui tuent et il n’y aura plus de cadavres.
@Bwarikindi
Ce ne sont pas les armes qui tuent; c’est plutot les esprits mauvais qui tue car l’arme ne se manipile pas seule. Elles est manipulé par un individu.
Nico gituma atagitogwa mumazu. Aho rero nibarabire hose pe. N’ukuri nimureke kubika ikara mugashambara.