Pour avoir été privés de leurs frais de stage, les élèves finalistes de l’Ecole Technique Secondaire(ETS) manifestent leur mécontentement, ce vendredi. Vers 13h, le directeur technique de l’ETS est encerclé par une centaine d’élèves. Ces derniers veulent qu’il leur dise où se trouve le directeur général de cet établissement car, selon ces élèves, c’est lui qui leur a annoncé cette «triste» nouvelle. « Tant qu’il ne nous montre pas où se cache le DG, il va rester là !», martèlent ces élèves.
Ils ont droit à plus de 80.000Fbu après 1 mois de stage. Mais aujourd’hui, ils vont recevoir 19.000Fbu. « C’est impossible. Que faire avec 19000Fbu pendant 1 mois ?», déplorent ces finalistes. Ils soulignent qu’ils utilisent ces frais comme déplacement, logement, restauration, etc. Ils demandent que la question soit immédiatement résolue, leur stage débutant lundi 22 juin.
Le DG évoque une erreur de calcul
«C’est une erreur de calcul », souligne Pierre-Claver Ndayirukiye, directeur général de l’ETS. Cependant, il affirme que les frais de stage diminuent au fil des années du fait de la multiplication des écoles. Donc, précise-t-il, les élèves ne recevront plus 80000Fbu comme frais de stage. Et de confier que le nouveau montant n’est pas encore connu.
Uwo mu Directeur wa ETS Pierre Claver Niyonizigiye nawene araheba akarenza ,nta competences nimwe afise!!! Ntazi kugira Inama n’abarenzi,ntazi kugir’inama n’abarerwa biwe,avuga n’abi mumajambo y’ishakiye,inama y’abavyeyi ziguma zisiba kuko atazi gutegura muvyo akora vyose ntazi ivyo avuga n’ivyo akora ,ntiyigera atonda na rimwe kugihe kukazi;ubumenyi n’indero vyaragabanutse muba nyeshure ba ETS Kamenge kuva ahagiye ,ibintu vyagiye bigenda nabi cane. Natange ayo mafranga abana barabe ko harico bohanoba muri za stages muma Entreprise. Ministre yatevye kumukura kuko ntaco ashoboye, n’amufashe amukure vuba,mugabo agende atanze amahera y’abo banyeshure.
MBEGA BAYAHAWE NANDE KO MINISTERE DES FINANCES ATAMAHERA YA STAGE IRASOHORA.ico nzi coco bomenya ko deplacement interne à l’interieur de la ville uno mwaka atayo bazoronka, na deplacement aller retour yaragabanutse bimwe biboneka abo bayobozi ni mureke kubahora ubusa ntamahera babaririye. Nibagira Imana bazoronka hagati ya 40000 frs na 50000 frs c’est à dire 1500 frs :jours ya ratio pour 30 jours na à peu près 6000 mille ya deplacement aller rtour kubaja muri interieur. Ibisigaye abo bayobozi murabarenganya gose. Kandi nayo sinzi ko muzoyaronka mbona ari trop tard vyomenya ministere des finances. Warumuco naha abo banyeshure baguma bibaza yuko abarezi babarira amahera. Nibasubize inkota mu gubati les 19000 milles babwiwe ubwambere yari erreur yabereye muri education mugutanga info kuri DG wishure ariko bazoronka nkayo bahaye amashure yose. Vive l’education pour tous
Ahubwo babadugirize babahe 200 000 fbu kuko la vie est chère