Entente entre la Commission Electorale Nationale Indépendante (CENI) et les Organisations de la Société Civile (OSC), lors d’une rencontre d’échange, ce mardi 10 décembre à Bujumbura. Les deux parties se rencontreront, une fois par trimestre en séance ordinaire, avec possibilité de la tenue de réunions occasionnelles, le cas échéant. A cet effet, la CENI s’est engagée à nommer un point focal pour l’entretien d’un contact permanent avec les OSC. « Tous les cinq commissaires ne sauraient toujours être disponibles pour participer à des rencontres avec les OSC », a reconnu Pierre Claver Ndayicariye, président de la CENI.
Les deux parties se sont convenues d’harmoniser les interventions des OSC sur le terrain afin que dans toutes les communes du pays les populations bénéficient des séances de formation et de sensibilisation sur le processus électoral. Ainsi, au cours du premier trimestre 2014, la CNI et les OSC adopteront « un Plan d’action d’Education Civique et Electoral », sorte de condensé de modules à enseigner aux populations.
La CNI a annoncé que la prochaine étape sera l’identification des OSC partenaires, l’adoption du code de conduite et, plus tard, l’observation proprement dite des élections.Toutes les OSC se sont dites satisfaites de la tenue de la rencontre. Mais certaines se sont montrées inquiètes de voir que le code électoral n’est pas encore disponible.
As soon as I discovered this site I went on reddit to share some of the love with them.
Ndayicariye et son équipe ntibari bakwiye gusubira muri CNI kuko imvugo ninyifato vyabaranze mumatora ya 2010 ntihumuriza abarundi, bavuga ngo habaye des petites irregularités zaba bariko bakora iki?Nibabakure bose bashireho bashasha bumvikanyweko nimpande zose kuko twarabonye ko atavyo bashoboye, nkahamwe bobagumizaho amatora nubu ntihagire uwitega ko azogenga neza kandi igihugu kirashobora kuja mukajagari mutaravye neza kuko ntacizere cabo bantu mbona, nabanyakiyoma kuko bashigikiye ubusuma bukabije
Ikibwirwa nicumva, icerekwa nikibona, ubu bacuritse imitwe hamwe na société civile ngo bakorane gute kandii ibintu batabibona kumwe, nibabahindure hakiri kare kuko ubu batanguye gutegura ingene bazosubira kwiba, préméditation du vol,
Dusavye mumajambo make ko bobasubiriza na équipe igizwe nabantu indwi
Murakoze
Vyasaba aho Ndayicariye gu sendibiliza abandi ahubwo abe ariwe asensibilizwa.Kuko hari vyinshi atazi,adatahura,atabona,adafise,etc.Mbe burya yicariye iki?Jewe nibaza ko yicariye inda (ventre).
Umuntu yimbura ivyo yarimye.Ukirikije imvugo zaranze uyo mugabo Ndayicariye mu matora aheza ugaca uraba n’ivyakurikiye,iyo mugabo ni Gateranya.Nta qualite zo kuba arbitre afise.Ahubwo azokwica ni vyoramutse biri bugende neza.
Mbega ni abanyagihugu bakeneye séances de formation et de sensibilisation sur le processus électoral canke ni abakozi mêmes ba CENI qui en ont besoin, eux qui volent les votes pour le compte du Cndd-Fdd à la fermeture des bureaux de scrutin?