Mercredi 22 janvier 2025

Société

Des étudiants laissés à eux-mêmes

26/06/2015 17
Ainsi passent la nuit les étudiants réfugiés devant l'ambassade des USA au Burundi ©Iwacu
Ainsi passaient la nuit les étudiants réfugiés devant l’ambassade des USA au Burundi ©Iwacu

L’ambassade des Etats-Unis au Burundi a refoulé, dans la soirée de ce jeudi 25 juin, les étudiants qui s’étaient réfugiés dans ses locaux. Selon le représentant de ces étudiants, Ernest Niyungeko, la police a débarqué vers 20h. Elle a commencé à tirer en l’air pour disperser les étudiants. Certains se sont blessés. Une cinquantaine, dont deux, gravement blessés, d’après M. Niyungeko.

La moitié des étudiants qui ont fui sont maintenant à l’église chez « Ntabona.» Ils sont désespérés : « la police nous a pris tous nos effets. Tous les documents ! Nous n’avons nulle part où aller.» Ils confient qu’ils ne se sentent pas en sécurité là où ils sont et qu’ils ne daignent pas retourner dans les campus tant que leur sécurité ne sera pas garantie.

Forum des lecteurs d'Iwacu

17 réactions
  1. nina

    Abo ba poil baratumaramaje. Bari bazi yuko buca baja muri USA…pole kabisa,
    subira mwishuri ntahindi solution

  2. hamuli

    Une leçon à retenir. Il faut que tout le monde oeuvre au retour de la sécurité et de la paix dans le pays. on ne peut pas compter sur les étrangers. Bahora birigwa muri manif bagataha mu rugo rwa USA bibza ngo ntibababona? Rero ngo bagomba impembo en billets d’avion pour les USA? Vraiment, ubwenge bwaraheze mu rwaruka rw’uBurundi.

  3. kindros

    genda muri maquis mugwane urugamba mwambunuza mwe , nimuve aho hantu ntasonimuri abajeunes!!

  4. Ariko mu burundi dutunze abantu b’ibitangaza,aho bariyumva ko basumba aba noirs americains birigwa bicwa ku mugaragaro muri USA,mwatanguye guhinyuka mwa bagumutsi mwe,inguvu mwashizemwo ngo mwurire ingo zapfuye ubusa,murashimira polis yacu,aho mu kigobe nta kambi y’impunzi ihari,subira ku gatumba,hihihihihiiiiiii

    • barumwete Alain Chris

      Oya Mme ou Mlle Liliane, mbega wobambariza ko imbere yuko baja muri kaminuza boba bari aba sans abris ? Ni baba atari bo naho kuki batosubira iyo baje bava ko wumva muri kaminuza bagatekaniwe. cane naho nibavuge ko ata mutekano uhari iyo baje bava. Urazi ga Liliane abarundi ngo bati :  » IYO BUJA KUBA UBWUMWE BWARI KUBA IKINDI  »
      Aho bari bazi nabo ko bagira bagire pression kuba nyamerika kugira OBAMA abarungikire abaosoda babacungerera umutekano canke ngo abarungikire Boeing canke Air Bus 737 ibakura mu Burundi gushika muri Amerika bafise impapuro ? Abazungu ntimubazi muratohoza mubamenye.
      Ubu naho bahaye bamaramara ngo abapolis babivye ibintu vyabo. Mon oeil !!!!!. Ko mwaba mw’ibarabara. Mwotwemeza ko mwari mufise ibintu de valeur mwabika aho mw’ibarabara ?
      Nukuri jewe numva Igihugu cacu c’Uburundi kigifise ingorane. Agasanga urwo rwaduka aribwo Burundi bw’ejo, turacagowe pe. Je nyabuna mw’ishure munonosore kaminuza kuko uburundi bubizeyeko vyinshi mureke kwishinga abo banyapolitike atakindi barondera atari kwuzuza inda zabo. Murampinyuza niyo abo bababesha ngo muje kurara mw’ibarabara nibabikuka.

    • ntazizana

      Uratwenga ugeguza uracari kwisi

  5. Nkuba

    Bariko bakora ya strategie y’impuzi internes kuva 1993 bavuga ngo kumisozi iyo bava ntamutekano wabo uhari, ngo hari abagenocidaire, kandi ibihumbi nibihumbagiza vyabarundi bahunze kuva muri 1972 baratshe. Baratey’isoni. Ivyo vyose biterwa nuko natatejwe, ntibabatijwe bacinjira kaminuza. Umu poil ntiyiruka naho ruba rukamvye.

  6. MINANI

    C’est pas plus tard qu’hier que je vous disais qu’entre les États, les intérêts priment sur les sentiments. Ces étudiants, comme la plupart des politiciens de l’opposition ou de la société civile, ne l’ont jamais compris. Il faut toujours deux plans. L’un pour compter sur l’autre et l’autre pour compter sur soi au cas le premier échoue. Le coup d’état manqué et l’étouffement des manifs ne peuvent en aucun cas laisser indifférent tout analyste politique extérieur du conflit burundais. Ces deux événements causé le retournements des opinions chez la plupart d’entre aux. Nous serons toujours liés par ce forum, et nous y reviendrons pour vous le rappeler, et vous serez très étonnés, et certains surpris si, après les élections, les USA se rétractent et reconnaissent les autorités élues. On l’a vu au Togo, au Gabon et ailleurs. L’important et que les militaires Burundais continuent à faire un bon boulot en Somalie et ailleurs!!!!!!
    Le fait de chasser les étudiants entrés à l’Ambassade hier n’est qu’un signe parmi d’autres. On n’entend plus de communiqués qui sortaient chaque jour. Le départ des militaires en Somalie, ….! On a l’impression que les gens ont les yeux ouverts mais ne voient pas. Il y a une différence de taille entre la politique américaine et celle de l’UE.

    • MINANI

      Mu genzi, urantwengeje kweri. Uwo Peter uvuga yamaze imyaka hafi 10 arara mw’ishamba inkoho n’ama bombes y’abasirikare « b’igihugu » bimuri inyuma. Nta nahamwe bihuriye n’abo banyeshure bishakira ubuhungiro muri USA!!!!!!. Ubona ashitse kubutegetsi hari ivyo yibuka? Umuprezida azova muri abo ntuzotangare abaye nka Buyoya, Micombero canke plus que Peter!!!

    • Viator

      exactement d’accord avec ce que vous dites aujourd’hui et votre post d’hier .Bazo bihinduka ejo surtout les usa et leur allier UE.Quand notre belgique nous dit que batazokwemera les nouveau diregeant .Bon d’accord mais sans le burundi la belgique n’ existe pas sur le plan europeen et donc ils vont revenir personne n’est insensible aux honneurs .

  7. ntazizana

    Umutama koffi Annan ati hari abantu bibagira n’ingoga.Abo muriko muragira ivyo haraho harimwo uwuzoramutswa igihugu ejo. Aze yibuke ibi bihe ntabe nka peter!

  8. MINANI

    Ni ukuri umwanya Iwacu ikiduhaye akaryo ko kuganira twungurana ivyiyumviro ngaha kuri forum (naho isigaye igira censure irengeje kuvyiyumviro biteye kubiri n’uruhande rumwe), twari dukwiye kurengera gushigikirana mu makosa kubera inyungu za politike canke ubwoko, ikintu tukakivuga uko kiri, tugaha impanuro abazikeneye, au lieu yo gukokeza mumafuti kubibazo bimwe bimwe. Abo bana barahenzwe n’abantu bamwe bamwe bibaza ko bazi ibintu gusumba abandi, bagakinisha abandi kumvo z’inyungu z’abo za politique. Kandi benshi muribo, cane cane abo banyeshure b’abigeme, n’ukuri bazosanga batakaje vyinshi, na kazoza k’ubuzima bwabo gashobora kuhononekarira.
    Au lieu yo kubakinisha nk’akamari, abo bantu ba droits de l’homme bari bakwiye ahubwo kubafasha kurondera imiryango yobaha indaro nimba badashoboye kugenda muri campus canke gutaha i wabo. None birukanywe na USA ninde azobakingira gusumba? Ababishoboye nibagende i Rwanda, abatabishoboye base indaro aho kwigira mayi bobo biyita poillissime!!!

  9. kibwa ca Ntare

    Birababaje kubona incabwenge nkabo bagira ibintu nk’ivyo. Mbega abanyamerica bari bazi ko bazoca babaha visa n’amatike ngo genda mu gihugu ca « Oncle Sam ». Ubu rero bagiye kwa Ntabona aho kuja muri campus ngo baheze birarire bariko bariga. Ndaziko baca baja mw’ishure barabesha kuko kwa Ntabona siho umutekano uzoba ukwiye rwose cane.

    Kandi icishe ibintu n’uko abanyeshure batazi ko aribo bahomba igihe batariko bariga bata imyaka y’ubusa gusa.

  10. Jackson

    None ko atamutekano uhari, selon eux, hama bakarara hanze? Imbere yo kuja muri kaminuza baba hehe? Muri ambassade ya USA? Nivyo umutekano w’Abarundi wose nturi garantie ariko iyi ni bassesse iteye ubwoba. Imitwe yo kuja hanze kurondera opportunités de vie ni myinshi ariko iyi cas y’aba banyeshure yari ikwiye kuba detaché nibiriko biba vy’iyi crise kuko ntibisa! Nipfuza ko bokworohegwa muri kazoza kabo kuko nabo n’abarundi nkabandi ariko ndibaza combien abaUS badusuzugura mugihe twiteje isoni turi iwacu. Abanyapolitique bari bakwiye kuhakura isomo rikomeye. UMWANA ASEGA UMUSHITSI?! Uri serugo woca womoka! Ni ikosa rya leadership!

  11. tijos

    Nibatahe asile y’abanyamerica ntayo bazoronka. Canke baje murwanda nk’abandi. None burundi bwose ko atamutekano bufise bose boherera muri ambassade?Bashaka kujabuka hanze nibarondere iyindi nzira iyo bafashe ntishika

    • leGe'nie Noir

      None ga ntibafise iyo bavuka? Nibatahe kwa ba se nibaza badashoboye kwiga! Bizzarre l’Europa choix!

      • Fred

        Bari bazi ko Ambassade izobapakira hama ikabazana muri USA. Nico gituma batashaka kuhava.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 2 148 users online