La ville était quadrillée ce matin, il n’y avait que des policiers et des militaires qui circulaient avec une présence renforcée aux centres de vote notamment à l’athénée primaire, à la place de l’Indépendance, à la place de la Révolution et à l’ancien marché central.
Au parking des bus desservant le sud de la capitale, il n’y avait que 5 bus type Toyota Hiace, aucun passager en vue. Du côté du parking situé en face de l’ancien marché central, il n’y avait que 3 minibus, aucun bus Toyota. Les rabatteurs avaient beau crier appelant tout passant, personne ne se pressait pour prendre place dans ces bus.
Il n’y avait que quelques véhicules des particuliers sur la Chaussée du Peuple Murundi reliant le centre ville à la commune urbaine de Buyenzi et aux quartiers nord de la capitale. Cet axe est normalement très fréquenté.
Même scène pour la Chaussée du prince Louis Rwagasore empruntée par les bus en provenance de Gasenyi, Mutanga Nord et Gihosha. Il n’y avait que quelques motos, ils se permettaient même de slalomer dans la rue.
Au boulevard de l’Uprona, peu de véhicules circulaient ce matin. Tous les bureaux étaient fermés sur ce boulevard de même que sur d’autres rues. Il n’y avait que quelques passants en ville. La plupart des échoppes n’ont pas ouvert. Tout était fermé dans les environs du marché central de Bujumbura.
Ville fantôme n’est pas synonyme de ville morte mes chers! Les pro-Nkurunziza et satellites ont accompli leur devoir de citoyen, c’est la suite qu’il faut voir, nay’ivy’uyu munsi vyaheze, amatora forcées ou pas yabaye. Soyez ou restez objectifs dans votre raisonnement mais sans être évidemment démoralisés sinon la lutte contre le 3è mandat de Nkurunziza inconstitutionnel risque de perdre sa vitesse de croisière alors qu’elle était légitimée…
Donc Ngenzi, tu reconnait que la lutte contre le 3è mandat illégal était quand meme légitimée? Tu reconnais aussi que les élections étaient pour les pro-Nkurunziza et leurs sattelites (Mu kwaha)? Merci merci pour cette révélation connue depuis
Quelle l’objet de cet article aussi prétentieux? Suiss-je le seul à constster que le title ne correspond pas u contenu? En lisant le title je pensais que le journaliste allait nous donner la situation dans divers quartiers de la capitale, malheuresement j’ai été deçu par ce journaliste et c’est pas la première fois.
Annonce des résultats: CNDD-FDD vient de gagner Musaga à 85%, taux de participation estimé à 90%…hahahaha
La ville est « nottoyee, lavee », « irameshe ». Isigaye kugoroorwa. C’est la paix dont parle Peter!!??
Uburundi ni agahugu aho umwana arira nyina ntiyumve, bivuga ko Nkurunziza azosubira kubutwara iyindi myaka 5 nkuko yabisavye abarundi bamushigikiye. Avuga ko yatowe rimwe gusa n’abanyagihugu, ko ubu hari hageze ko atogwa ubugira kabiri nabo nkuko Constitution y’Igihugu ibivuga. Nibamushirirako embargo naho, abamushigikiye bari prêts yogusangira nawe ubugari n’amazi arimwo agapiripiri kuko ata munyu uzoba ukiboneka. Barayamaze ngo ahari amahoro urushato rw’urukwavu rwisasira batanu. À suivre…
@Niyoyandemye
« Barayamaze ngo ahari amahoro urushato rw’urukwavu rwisasira batanu. »
Jewe mperuka bavuga ko « ahatagira urwanko urusato rw’imbaragasa rwisasira batanu »! Mugabo sindi irabiro kuko ndi bikovongo ibintu bishobora kuba vyarandenganye!
Ahubwo abarundi nibabura umunyu bakaronka ubugari n’agapiripri bazoba bagira Imana kuko ubugari buzoshobora kumanuka! Jewe nibaza ko aho ibintu bigereye nivyo bizobura!
@Baobab: « »ahatagira urwanko urusato rw’imbaragasa rwisasira batanu »!»
Oui, c’est vrai, murantunga!
«Ahari amahoro, urushato rw’imbaragasa rwisasira batanu» alors que «Aho umwaga utari urushato rw’urukwavu rwisasira batanu». C’est un petit peu mêlant il faut l’avouer!… Sinon ibizobura sibikeya, gusa nashatse kuvuga ko abazobibura ni abasanzwe babifise, kuko benshi bashigikiye Nkurunziza ndazi ko harimwo abatazi umunyu mu nkono icarico mais qu’ils sont prêts à mourir pour lui et c’est malheureusement la majorité de la population, bitobuza ariko la minorité de revendiquer leurs droits aussi!
Nibaza yuko abarundi dukwiye kwiga gusoma neza constitution yuburundi uyisomye neza art 302 et 96 biratomoye Nyakubahwa Nkurunziza arafise uburenganzira bwokwitoza nkuwundi murundi wese. Ibinyoma n’akarenganyo vyarataye igihe, amacakubiri y’amako n’intara ntamwanya agifise mugihugu cacu. Uburundi buriho kubera muburundi hariho abagabo . Nawe imfashanyo zivuye hanze canke z’amahanga nibaza yuko ibihugu bibayeho bitazironka nivyinshi kwisi. Noneho abarundi turakwiye kwirinda kuzera inze ahubwo dukoreshe amaboko yacu n’itunga Imana yaduhaye aribwo Burundi bwacu.
Murakoze. John.
C,est la journee des elections. On vote ou on reste chez soi. pour cela , on ne doit pas voir des gens sur les rues surtout que
les contestataires des elections se sont transformés en terroristes.
@ mutima
Nkiri muto twagiye imbere y’inzu kwa nyokuru turabana benshi cane kuko twararenga cumi. Tugirango turiko turakina dutangura gusemerera ngo :Gikoko nguturye! Gikoko nguturye! Hanyuma haca haza igikoko ngira yari ingwe igize ubwoba isimbira murugo aho twariko turakinira kukwezi ica isimba ija hepfo y’urugo irarenga. Hagati aho twese twirukira rimwe munzu je nari imbere ntembera hagati murugi abana bose bancako bahunga mpakwa gupfa. None nawe, zurita benewanyu aba terroristes, nibababa harico uzobona.
Et à quand les résultats du dépouillement des bulletins de vote ? J’espère que ce ne sera pas avant le 15 juillet kuko vyohava bivamwo ingwano y’urudaca…
uzoyirindira uyibure. ce n’etait pas le moment de circuler en ville mais plutot le moment d’accomplir leur devoir d’un bon citoyen