Jeudi 23 janvier 2025

Politique

« Allez jusqu’au bout, M. Onanga Anyanga ! »

01/12/2013 14

Des Burundais vivant à l’étranger regroupés au sein du Grades-Kazoza exhortent le représentant de Ban Ki Moon à mettre en place un comité de mise en application et suivi des recommandations issus des assises de Gitega.

Alfred Bagaya : « Souvent, les discours du Cndd-Fdd s’arrêtent à l’effet d’annonce » ©Iwacu
Alfred Bagaya : « Souvent, les discours du Cndd-Fdd s’arrêtent à l’effet d’annonce » ©Iwacu

« Nous saluons votre souci permanent d’aider les Burundais à créer un climat propice et apaisé pour que les élections de 2015 puissent se réaliser dans la sérénité », déclare le Groupe de Réflexion sur l’Avenir Démocratique, Economique et Social du Burundi (Grades-Kazoza). Ce groupe d’intellectuels burundais des quatres coins du monde se dit préoccupé par la situation socio-politico-économique du pays. Alfred Bagaya, son représentant et ancien vice-président du parti FNL, estime que les élections risquent probablement de ne pas êtres libres, transparentes et démocratique. Des signes avant-coureurs, sont manifestes : l’intolérance politique, les violations massives des libertés publiques, les échauffourées entre les jeunes des partis politiques, l’insécurité causée par la milice du parti au pouvoir, la volonté manifeste de modifier la Constitution en violation flagrante de l’Accord d’Arusha, etc. Selon M. Bagaya, tous ces facteurs risquent d’hypothéquer l’avenir démocratique, économique et social du Burundi.

« Les manœuvres en cours pour abroger la Constitution de 2005 est une quête d’un troisième mandat pour l’actuel locataire du palais de Kiriri », constate Alfred Bagaya, ancien bras droit d’Agathon Rwasa. Il signale que l’exclusion de tous les rivaux du numéro un burundais vise à asseoir une dictature style « Akazu » qu’on a connu sous d’autres cieux, avec les conséquences que l’on connaît.

A seize mois des élections de 2015, martèle-t-il, aucun citoyen responsable ne peut rester silencieux devant un climat politique délétère. Il révèle que le parti au pouvoir n’entend pas obtempérer pour 2015 : « Au Cndd-Fdd, les chiens aboient et la caravane passe. Le pouvoir se dit que tout lui est permis, les autres vont continuer à braire ».

Et de demander à Parfait Onanga Anyanga de mettre en place un comité de mise en application et suivi des recommandations, qui sortiront de ces assises, avec un calendrier d’exécution raisonnable. « Souvent, les discours du pouvoir Cndd-Fdd s’arrêtent à l’effet d’annonce », conclut-il.

Forum des lecteurs d'Iwacu

14 réactions
  1. bihendabaja

    Aho ga kajekurya uvuga ngo mu france nahandi bate ubuzi bwabo baje mwibarabara, uzobarihira loyer zabo? Banza walocate amahera muma contes zabo hama babone kuja mwibarabara. mugabo bazomanza bunvishe reta ya france canke communaute Europeene kugira bikunde mbona naba congomani barananiwe igihe Kabila aherutse kwiba amatora kandi Congo yuzuranye imari nketswe ubwo burundi atakirmwo. mobiliza famille yawe niwa reussissa bazokujinyuma abafise ivyo bakora. ngira amakungu arazi ko Peter akora neza canke akora nabi nibo bazodecida kumureka agatwara ikiringo gikurikira nimba harivyo atarabahereza. vyose ubu ni problem economique hose hari crise economique. umuzungu agwanira ida yiwe kandi nibo bakorasha abo dutora bose ntugire Peter aritwara ahubwo nawe aratwagwa. naho yohava umuzungu atarahindura ikarata induru zizoguma arizo nyene. nimba mutazi les europeens vyopfuma nabany’America bo bafashije Kagame bobo bararya bakanasabikanya mugabo abo ba euro!

  2. Kayondi

    Humura bakara nta coup d,état zizogaruka kuko abatutsi barazi neza ko batakiri mu rukino,babirabira hanze y,ikibuga,kandi igisirikare kiracafiswe n,abatutsi,Nico gituma abahutu baryana ukundi ,ubu ,yaba igisirikare cari hutu,les coups d,,état tuba tuziriko gushika

  3. nje ndindiriye iterambere erega turateye isoni

  4. Uwamahoro

    Abatashe ubona babagize gute?
    Nimutahe twubake igihugu hanyuma bagaca bababuza amahoro!
    Raba ivyo bakoreye Rwasa A.!
    Ivyo umushingantahe Bagaya avuga nivyo, hatabayeho un comité
    de suivi ivyavuzwe vyose aba DD bazobigira amasigara icicaro kugira
    bigumire biba, bica aba FNL, n’abandi ba opposants politiques,
    basahura igihugu kandi n’amatora ntazogenda neza azokwibwa.
    Umushingantahe Agathon Rwasa bazomuburabuza bamutega imitego
    kugira ntiyitoze kubera bamutinya! Umugambwe wiwe bahaye bansumirinda
    barakwiye kuwumusubiza atar’ivyo natwe nkuko Président wa MSD yabivuze
    tuzohava tuja mw’ibarabara!!!
    Uwo nawe avuga ko umushingantahe Bagaya atomuvugira, sinzi ico yashatse kuvuga
    kuko umushingantahe Bagaya yavuze nk’umunyagihugu arajwe ishinga n’akarenganyo
    kari mu gihugu ciwe, inza n’ubukene bitera ingwara mu banyagihugu,za kwashi n’izindi;
    kandi uburyo bwo kubirwanya buhari bugaherera mumifuko ya bamwebamwe!!!
    Ico akwiye kumenya uwo muntu n’uko umurundi wese, aba mugihugu, aba mumahanga
    uburayi, amerika n’ahandi kw’isi yose, aguma ari umunyagihugu kandi iciyumviro ciwe ntazoreka kugitanga ahari hose.
    Ati,amaso y’uwundi ntagushimira umugeni! Mbega wibagiye ko ibiba mu Burundi bimenyekana
    mumahanga, mugihugu hagati batarabimenya! Ivyarivyo vyose, ntivyera, birirabura benshi basaba ko vyohinduka!

  5. BIRAHINDUKA

    BENE WACU MUKOMERE ,MBE ABO BABAHENDA NGO NIMUTAHE NTIBAZI KO UMUNTU AFISE UBURENGANZIRA BWO KUBA AHAMUKUNDIYE ,KANDI NATWE TURI MU GIHUGU SI YORORO,NI MWIRAMBIRE,MUGUMIZE UMUTIMA KU CABIBARUTSE,IMANA IBAZIGAMIRE IYO MURI HOOOSEEEE.

  6. Coldman'Zi

    « Groupe de Réflexion sur l’Avenir Démocratique, Economique et Social du Burundi (Grades-Kazoza) ». Grades-Kazoza, ha ha ha ha …… un autre parti créé par l’ancien vice-président du Parti FNL. « …..Ce groupe d’intellectuels burundais des quatres coins du monde se dit préoccupé par la situation socio-politico-économique du pays. Alfred Bagaya, son représentant et ancien vice-président du parti FNL…… « . Je suis certain que Bagaya est seul mais veut faire savoir qu’il est avec d’autres personnes alors qu’il n’en est rien. Je crois plutot que Alfred Bagaya, ancien bras droit d’Agathon Rwasa parlant d’un groupe d’intellectuels burundais des quatres coins du monde, yihenze anibagira ko ashobora kubeshuzwa. Ces tactiques zo kuratira ibitahari, abarundi et surtout un intellectuel, dukwiye kuvavanura na vyo. Dommage kubona nos journalistes baja aho bakemera gushikiriza ibinyoma ngo ni uko naka yitwa uku canke yigeze kuba iki. Nkabona ko ataho bitaniye n’Imigambwe yitwa ko ifis’abanywanyi kandi ari abagize famille/menage. Nzoshira amazinda Alfred Bagaya ashiz’ahabona liste de ses collègues et selon ces quatre coins du monde. Usangwa ari uko yabigenza muri FNL, harageze ko avyihoza. A la longue, ces pratiques risquent de salir son nom et surtout nuire à sa réputation. Par ailleurs, je suis un peu d’accord avec lui par son intension d’encourager Parfait Onanga Anyanga d’aider le Burundi.

  7. Mahoro

    Aho uvuga ngo dutahe ubwo ntiwihenze! Aho umerewe neza gose ko wohamagara abandi ngo musangire ivyo ufise. Ugutora na kwo bikuva ko, ukaba ukenguruka ibikorwa baranguye uzobongera, ariko ngira vyose ntivyera, wibuke Rusizi isigaye isa n amaraso, wibuke Gatumba n ibindi.
    Aho ubwo ibibondo biracasomera? Aho abari hanze barafasha kuko umutima uri iwacu kandi agacitse ko kagenda gufasha bene wacu bari mu gihugu. None ushaka abagiye imanamba ntibavuge ku gihugu cabo kandi n abazungu babifitiye uburenganzira.
    Twiyumvire gukora ataho twegamiye, igihugu twagisanze ho, tuzogisiga ho, tugerageze ducire inzira nziza abana bacu, ntibangare, bazotwirahire. Dusige igihugu c iteka kirangwa mu makungu.

  8. King James

    Abo bahutu nibatahe banyinyurane na benewabo,!!

  9. Rizoshika

    Frere Bagaya jewe vraiment nagomba ndagusabe murabe ingene musubira na na rwasa kuko ivyo kuryana ntaho bizodushikana ,nukuri ni musubirane pe maze naho batomuha umugambwe umengo arafise umugambi wokwitoza kuruhara rwiwe ,kandi uraziko amajwi yo azoyaronka .raba rero mureke gusambura urwo rugo rwacu kuko bivurwako usigaye ukorana nabandi mu kumutyoza ndagusavye bihebe kweli maze uwo mugambwe twafpiriye tugakena kubera wo muwuhe iteka ego aba dd ntawo bazobasubiza ariko muri hamwe mukaja kwitoza kugiti canyu ndaziko muzoronka amajwi menshi cane kandi ntiwibagire ko dufise isezerano. Niwabisoma urazonyishura .

  10. dpq

    Mbe ntimwotaha muvugira ahabona, hakwo muvuga ivyo mutibonera. Amaso y’umwundi ntagushimira umugeni. Ingo tugwanire hamwe n’abandi bariko baratezimbere igihugu. Abanyagihugu nitwe tuzi aho twavuye, n’ico abatware bubu bamaze. Nibaba bakoze nabi, tuzitorera abandi, nibaba bakoze neza naho tubongere. Ntihagire rero uwutuvugira. Dutanga imyaka itanu gusa, hanyuma tukaraba ico wamajije iyo myaka. Abo twatumye nabo twatoye gusa.

    • Imyaka itanu ni myinshi imbere y’iyi ntwaro ya Nkurunziza. Ahubwo j’invite tous ceux qui sont proches de Paris à répondre à l’appel leur lancée pour le 6 et le 7 Décembre pour dénoncer le régime actuel au Burundi.

      • Bakara

        Ushaka coups d’Etat zigaruke n’ayo zadukoreye?

      • Musinga

        Wanguha. Les manifestations constituent un des moyens d’expression démocratique. Donc, ceux qui veulent manifester ont ce droit. Ce peut même être pour eux un couteau à double tranchant. Cependant, le verdict des urnes est plus fort que les manifestations, son expression n’est pas sujet d’appel. Au lieu de manifester à Paris, pour ce que vous ne savez point, abandonnez l’assistance sociale et rentrez au pays pour construire avec les autres votre nation. Ainsi, vous pourrez défaire ce régime qui ne vous plaît pas, démocratiquement, via les élections de 2015, 2020 ou 2025, qui sait?

        • pilipili

          ce n’est pas parce que le régime est fort qu’il n’est pas destitué. Seulement, il utilise la terreur pour s’imposer. Voir ce que font les imbonerakure et surtout les démobilisés qui évoluent au sein de ce mouvement sans oublier certains policiers. Cependant, la bataille sera dure et longue car le pays est piloté par un groupe de gens coupables de plusieurs crimes. Il doit garder le pouvoir pour avoir une main-mise à la police, l’armée et la justice qui assurent leur protection. Ntibaguhende rero Bagaya ngo ute umwanya uza mu Burundi kuko nivyo wandika ntuzoronka aho uvyandikira.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 497 users online