Jeudi 23 janvier 2025

Archives

Alexis Sinduhije arrêté à l’aéroport international de Zaventem (Belgique)

01/05/2014 98

Le président du MSD a été arrêté à l’aéroport de Zaventem, après plus de deux heures sous interrogatoire de la police. Sous mandat d’arrestation de la justice burundaise, Alexis Sinduhije aurait atterri sur le sol belge en provenance de Nairobi.
Pour le moment, aucune information ne filtre sur les motifs de cette arrestation.

Forum des lecteurs d'Iwacu

98 réactions
  1. Ndimuruvugo

    @Rukindikiza
    «Sans polémiquer, il est libre et la police n’avait rien à lui reprocher. Le mandat d’arrêt du Burundi ne tient pas debout pour les démocraties occidentales.»

    S’il est réellement libre, qu’il retourne au plus vite au Burundi plaider pour les prisonniers MSD à Mpimba yasize apfungishije. Ntabona ko umucanwa yasize adometse i Bujumbura utarazima?

  2. ndayizeye

    Nagira menyeshe abitwaza amacakubiri ko bajujuta cane. Mugomba kuduhenada ko mukunda abahutu mubicishije mu gucinyiza abatutsi. Oya Umwansi w’umuhutu s’Umututsi. Umwansi w’Umuhutu n’Intwaro mbi. Abahutu birirwa baricwa n’intwaro y’aba DD bangana iki? Nibaùureke akore politique, bishobotse abatware kuko arashobora gutwara neza gusumba abahutu n’abatutsi batwaye Uburundi. Jewe n’umuhutu, narezwe na PALIPEHUTU-FNL, kandi unomusi ndi umu FNL nemera ko Nyakwubahwa Agathon Rwasa ariwe antwara. None wewe wigira umuhutu asumba abandi mukwanka abatutsi na Sinduhije, uziki ku mibabaro abahutu bagize n’ubu bakiyirimwo.

  3. affender@

    mbega abana b’abarundi barahendwa n’umudurumu yanahungishije abiwe bakaja narwo? basha sinduhije ni hatari pe! Autrefois il ne craignait pas la prison mais quand les filles et garçons de ce pays entrent en prison lui il préfèrent prendrele large. MAndela n’a jamais agi de la sorte pendant les moment durs de sa vie.

  4. seti

    j’ai honte d’être appelé burundais ici à l’étranger à cause de cette politique de nkurunziza et ses rebelles

  5. Gerard

    Guhungura mu Bubiligi ntaho bitaniye n’umugore ahungira kwa mukeba we azi neza ko yamutwaye umugabo. Mbega ababirigi mwibaza ko banezerewa kubona birukanywe muri Afrika uko birikanywe! Mon frere Sinduhije uragaba ahubwo bazoguha Kanura burakeye.

  6. Ntakimazi

    iwacu

  7. Gerard

    Emwe banyapolitike murarusha. Ubu nyene ga Sinduhije uhengereye benewacu na bashikibacu ubasize mu mpimba none ugeze Belgique! Avant de faire le large tu disais que pendant la deuxième manifastation tu seras avec ta femme, tes enfants, tes cousin et j’en passe. Tu disais que c’est la vie ou la mort! Et mainant? Wa wundu ati umunyapolitique agufasha guteka inkono y’ikibi yasha uko atabishaka akayigutana babeshe buhoro.

    Abarundi dukwiye gukanura tukamenya ico dushaka tukareka guhendwa.

  8. freedom

    chr sinduhije, nyimba Rwagasore, lumumba, Martin luther king…barorohew naw witege kworoherwa. Yaba warondre ibiguhaza, mur RPA vyariyo. Abafaransa bati, apres les colons, les colonels: aba colons baragiy hasigay aba colonels. aba rero, ntiboroshe nkumutwe wa zidane, mbaye MKOMBOZI, yamara ejo bagatwarura, naw ukabasimbura, uririnda kurya abo wokijije! Imana ikuje imbere cher ALEXIS!

  9. mugabo

    La justice belge n’est pas semblable à celle de Barandagiye et de Bagorikunda
    Il est libre de mouvement maintenant n’en déplaise Nkurunziza et son club

    • SONGAMBERE

      Uwuzorukarisha ruzomumumwa ,nta ntambwe n’imwe azoduterana Imana yaraduhaye umurongozi n’aho hari bamwe batirigana bazohinduka?

    • SONGAMBERE

      Uwuzorukarisha ruzomumumwa,nta ntambwe n’imwe azoduterana .

  10. banzubaze

    Les gens au pouvoir ne sont pas à la hauteur de leurs fonctions. Pas d’autorité dans ce pays sauf les ventriotes et les assoifés des richesses. Ne trompez plus les gens: pas de gens qui aiment le pays. ouvrez les yeux et vous verrez. J’ai honte d’être burundais ici à l’étranger.

    • jean

      Ewe Banzubaze uri ikijuju, ko uterwa isoni no kuba umurundi, tu as le droit de renoncer a la nationalite burundaise ukaba ico ushatse, uburundi ntaco buzoba buhomvye kutaba bufise umuntu nkawe. Par ailleurs , igihugu c ishwe nabaso bakoze Genocide kuva muri 1965 gushika 2005, aho baduhonya bibazako bazotumara, ariko turacahari, namwe mugakurira mumazi baso batubatse mugatungwa nivyo banyaze inzira karengane. Sha agahinda n’ishavu bizobica, amapine mwambitse inzirakarengane n’ayandi mabi mwakoreye abana b’Imana ntamahoro muzobironkana. puuuu murangara nyene muduhe amahoro n’ubundi nta ntama ibana n’imfyisi, ahubwo ntimukwiye no kwitwa abarundi mwa mpfyisi mwe.sha amabi mwadukoreye Imana yonyene niyo Izobibabaza

      • Tonton

        Uti bangare ga sha!!!! Uraraba neza ko ivyo uvuga bitokugarukako (ntavyo nkwifurije kuko jewe nduva agahinda kavyo), iyaba uri uwundi wobajije abo wita « benewanyu » ingene kwangara bibabaza! Nibaza ko ico ciyunviro ugisangiye n’abo muriko murafashanya kwiba no gusambura igihugu nayo abarundi bo mu Burundi bwa nyaburunga bavuga bati iryo ntirikabe, mugabo wewe iyo uborewe n’ico kibanza urimwo « wibaza ngo? »
        Uri uwumva niwumve!

  11. Fred

    la Belgique c pas la Tanzanie, il aura droit à un jugement équitable et surtout une assistance des avocats. à ce que Je sais y a pas accord d’échange des prisonniers entre le Burundi et ce pays. @ Iwacu apparement ce article est pauvre.

  12. NB

    Asize abanywanyi biwe ku Musaga none ageze Bruxelles? Mbe ko yavuga ngo yatanguje urugamba, agiye Belgique gusaba imfashanyo? Urwaruka rwaju rurakwiye kuza ruratandukanya icatsi n’ururo, rukareka guhendwa!! De toutes les façons imisi bazomara mu Mpimba izoba ikwiye de tel point qu’ il leur sera difficile de les récupérer. « Le temps passé ne revient jamais ». Ikibabaje n’irya Micuko yasizwe naba Nyina babo, none bagiye kuzohora babaza iyo bagiye!!

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 740 users online