Jeudi 23 janvier 2025

Archives

ALERTE – Onésime Nduwimana ne peut pas quitter le pays

29/03/2015 39

L’ex-porte-parole du CNDD-FDD devait prendre le vol SN ce soir à destination de Bruxelles. Arrivé à l’aéroport, il a enregistré normalement ses affaires. Mais son passeport diplomatique lui a été confisqué par les services de sécurité. M. Nduwimana n’a pas pu embarquer. Pour rappel, l’ancien porte-parole du parti présidentiel avait signé la pétition qui demande au président Nkurunziza de ne pas briguer un 3ème mandat. (A suivre)

Forum des lecteurs d'Iwacu

39 réactions
  1. maria

    iiyo nibutse ko ndi umuhutu agahinda kaanyica. reka dupfe ntabwenge. Tabaguza onesime uhunge

    • ndagijimana claire

      urashobora kwihutura,vas demander les ceremonies qui vont avec et tu seras tutsi!!!!!

      • mukanduzo

        ngo yihutuye aca yunguka iki ?

  2. Ruzi rwa Mubarazi

    Onésime, ndamuzi kera asa n’umuntu aciye ubwenge! Hanyuma aho atahiye hagukoresha bwa bwenge ac’aba umu DD du genre Adolphe. Aho namugayiye naho agiriye gutwara SOCABU. En fait yagiye kwicara mukigega; pas un hasard kuko `niwe yitoreye aho Nkuru amuha. Erega harya ari Nkurunziza ari 2.vice Président, ntawuzi ivyo Onésime yize; Algerie: Ingénieur Technicien en Génie-civil. Et voilà, l’intelligent NduwO atora kurya, iyo atuma yicisha bugufi akaba na Ministre des travaux publics canke Gouverneur wi Gitega.

    • ndagijimana claire

      Ewe ba civils,aja he ,nagume harya nyene arugwane nyabuna,kwari ukwirukanisha abandi,apfungisha abarugwanye mu kibila ukamengo na we yarimwo,vraiment ,nabandanye turabe yifatira abasoda,uko ndamuzi usanga yariko arashaka kuhasimbira ngo abe peresida!!!!

      • Nzobandora

        Agwane iki?Mushaka kurwana?
        Izoherera iwanyu umugani wa wawundi

        • ndagijimana claire

          Wewe niwiraramire iyo ngwano ntikuraba,effectivement ni iyacu nimureke kuyisukamwo!

        • uwarutanguye rwatanguriye iwe nyene,kandi ruzoherera iwe nyene{nkurunziza}

  3. Jean-Pierre

    Mubitababaje ivyo birimwo. Narugwanire indani vyanse abivemwo azobeho nkabandi bose. None twebwe tutari muri popoltiki ntitubayeho? Kandi dutekanye turya bike tukaryama kare iyo abo nyene batadutesheje kwigonya iyo twabuze utwo dufungura. Le problème pour moi n’est pas de dénoncer le troisième mandat, c’est plutôt la formation de la milice imbonerakuzuru qui fait plus problème et Onésime et ceux qui ont signé avec lui n’en dise pas un seul mot.

  4. Mandela

    Je me sens désolé pour la façon de réagir de ces gens. Comme le chantait Alpha Blondi « C’est brutal, bête et méchant ». Je dirai même plus dirait Dupont et Dupont « Ils sont brutal, bête et méchants ». Vraiment!

  5. DUSOME

    TURIGA MUGABO VYINSHI TURAVYIBAGIRA. SINZI KO HARI ABIBUKA KANO KAGANI MURI PRIMAIRE
    UMWAMI N’UMUTAMA
    Habaye umwami akaba yari mwiza cane. N’abandi baramuraba bakamugomwa. Umunsi umwe haza abantu bamubarira bati : « Mwami w’i Burundi, uri mwiza ariko uwokwambika urusato rw’indonyi ho worushiriza ». Na we ati : « Genda mururondere ».

    Baragiye barazanye ya ndonyi barayibaze, baca bamwambika urusato rwayo rukiri rubisi. Rumaze kumwumirako ruramukanasha, ruramuniga aguma akoma induru. Abo bari bamwambitse na bo bari abantu bakiri bato, bataramenya ibintu n’ibindi, nti bamenye ukuntu bari bumutabare.

    Umwami arababaza ko muri ico gihugu, iyo ntara atamuntu w’umugabo, w’umuhanuzi yohaba. Ba bandi bati : « Mwebwe ntimuzi ko abatama bose bo muri iyi ntara mwategetse ko bobica bose kuko bashaje ataco bakimaze ? Ntawe dushobora kuronka. »

    Vyabaye kera hava mwo umwe abarira umwami ko hariho agatama kamwe banyegeje. Amubaza ko hamwe yo kazana batokica, umwami ararahira ko ata wogenda akishe. Bati : « Shirako indahiro ». Umwami akarahira.

    Baragiye barazanye ka gatama ka kera bari barahishije. Karaheza kababwira ko bazana amazi bakayuzuza ubwato bunini. Nawe wa mwami akaba ariko aratera igere agira adenduke. Bamaze kwuzuza bwa bwato bavyagizayo wa mwami. Uko rwa rusato rubomba ariko rumurekura gushika aho rumuva ko akaruhuka.

    Umwami abonye akize aca agabira inka wa mutama yamukiza agenda agira ati : « Abagabo baragahoraho bari n’impanuro ». Ati : « N’uwundi mwami wese azokwima, arazohora yima hari abagabo ». Kuva uwo munsi rero, iyo hari ikintu kigoranye bama baca batumako abagabo.

    Si je nohahera.

    • Rupande

      ,…..horera Nkurunziza na Nyabenda

  6. Sebastien Ntahongendera

    Duce imigani n’uducamugani !

    N’avait-il pas dit:  » Uwuzotangura ingwano izohera iwe iherere iwe ». None ko mbona iyi itanguriye iwe nyene, buca iherera he ? Un proverbe baoulé dit:  » Le mur ne fend pas, l’araignée n’y entre pas ». Mu kirundi naho hari agacamugani kavuga ngo:  » Akagombakazi kabiriwe na se wako, kati : n’uburi mu mwonga ni buze bwigirire, ndiwe n’uwonkijije ». Abari basanzwe bazi aka gacamugani ukundi murantunga, nakoresheje imvugo mbabariramatwi ! Waliosonga mbele, mwisho watasonga nyuma! Hakuna refu lisilo na n’cha ! Alie juu, mngojee chini; mpanda ngazi hushuka ! A bon entendeur, je la boucle!

  7. Ugendera ku nfyisi kera wibaza ngo ntizokurya canke izokurya ubwa nyuma, ariko iyo ishonje ntiyibagira … umwanya wose igukeneye irakurya! Abo ba CNDD-FDD ko babonye yuko ivyo bamaze imyaka bafuruguta bijana igihugu mu kaga, ni ukubafata nk’abarundi bene wacu…ni begere rero abamaze imyka biyamiriza amabi n’ibitagenda neza hanyuma nabo nyene bafashe mu ntumbero yo kubogora Uburundi.

  8. Gerard

    Umugabo iyo atetse inkono ategerezwa kuyidya uko ihiye kwose. None ngabo bariko barata mu rudubi abanyagihugu ba nyarucari none batanguye kuziha amaguru bigurukira. Mbega aho mu Bubiligi bahungira ni kwa nakuru?! Umunyakibi ahunga atakimwirukankana. Nimba mu nnzira iyi canke iriya waratumye umuntu abundabunda agahunga, akangara mu karenganyo nawe ugakoma amashi, utegerezwa kugererwa ingero imwe. nawe uruhungo no kubura amahoro mu mutima birakurindiriye.

    Dieu n’est jamais injuste.

    Dushaka twokundana kuko ntaho tuzoshirana, twemere kubumbwa n’ivyo dufise.

  9. cleanPP

    Ubuzima butanga icirwa gikomeye. Amategeko avuye hejuru yabujije Onesime Nduwimana gufata indege. Ago mategeko yakingiye ikibaba imyaka ingahe? Soit. Société civile nivire hasi ivugire about ba DD kuko barabangamiwe. Abo bosi batazi akazi ka société civile, igihe ni iki. Canke Ones agiye kwitwara parce que la juste va ecouter ses doleances. Esperons. Twesi turi ingenzi, haba muri mandat yambere canke ya gatatu!

  10. cleanPP

    Ubuzima butanga icirwa gikomeye. Amategeko avuye hejuru yabujije Onesime Nduwimana gufata indege. Ago mategeko yakingiye ikibaba imyaka ingahe? Soit. Société civile nivire hasi ivugire about ba DD kuko barabangamiwe. About bosi batazi akazi ka société civile, igihe ni iki. Canke Ones agiye kwitwara parcel que la juste va scouter see doleance. Esperons. Twesi turi ingenzi, haba muri mandat yambere canke ya gatatu!

  11. fred

    Cher Mutima… ce passeport n’est pas réservé aux seuls membres de l’exécutif car les présidents de partis politiques en possèdent. Onesime dirigeait la socabu donc une société par étatique… mais il reste honorable car il a était élu par le peuple. il a eu tous ses ennuis seulement car il a dit à haute voix ce que les autres chuchotent. je demande plutôt l’arrêt de cet acharnement car ça renvoie une mauvaise image du cndd et du pays. je pensais que c’était la libre expression coeur on est en démocratie. Les frondeurs existent partout…. Mbeki a été exclu de l’ANC mais n’ayant pas ces ennuis, il a crée le cope. congress of people. et il est tjrs respecté. ça devrait être ainsi pour ces Leonidas et Festus. y a pas de montage de corruption même Festus qui est seulement parlementaire sait qu’il ne peut pas oser quitter dignement le pays.

    • Stan Siyomana

      @Fred: « MBEKI A ETE EXCLU DE L’ANC mais n’ayant pas ces ennuis, IL A CREE LE COPE-CONGRESS OF PEOPLE ».
      1. L’ancien president sud-africain Thabo Mbeki RESTE BEL ET BIEN MEMBRE DE L’AFRICAN NATIONAL CONGRESS -ANC (parti au pouvoir).
      Il a tout simplement demissionne du poste de president de la Republique d’Afrique du Sud le 21 septembre 2008.
      2. Congress of the People-COPE (don’t le president est Masioua Lekota) a quand meme ete cree par des sympatisants/supporters de Mbeki (contre Jacob Zuma) au sein de l’ANC.
      (Voir « Congress of the People (South African political party), http://www.wikipedia.org).
      3. WikiLeaks parle de la contribution de Thabo Mbeki au document de la politique de Cope/ »…directly involved in drafting the Congress domestic and foreign policy documents at the time of the opposition party’s launch… »
      (Voir Thanduxolo Jika: « Mbeki behind Cope policy -WikiLeaks », http://www.news24.com, 13 January 2011).
      Merci.

  12. Gima

    Avantages et non anantages….

  13. Gima

    La quasi totalité de ceux qui ont contesté le Capitaine du navire et ont été débarqués y étaient montés après la tempête de la guerre, à l’entrée du port. Ils n’ont eu que les anantages. Maintenant qu’il y a quelque nuage noir, ils se mutinent, puis ils fuient. C’étaient des marins d’eau douce, comme dirait le capitaine Hadock (Tintin). Umugumyabanga aribangira ingata, naryo riremereye nk’amabuye.

    • Stan Siyomana

      @Gina
      1. LE BEAU PAYS DE MWEZI GISABO est deja/depuis longtemps en PERIODE POST-CONFLIT, et si reellement il veut se developper, il aura besoin de la participation de tous ses citoyens (Y COMPRIS CERTAINS DE CES TENORS/INTELLECTUELS DU PARTI CNDD-FDD QUE VOUS DENIGREZ AVEC VOTRE « Y ETAIENT MONTES APRES LA TEMPETE DE LA GUERRE…C’ETAIENT DES MARINS D’EAU DOUCE, COMME DIRAIT LE CAPITAINE HADOCK (TINTIN) ».
      2. Quand le sud-africain Thabo Mbeki a obtenu son diplome de bachelor’s degree en economie (Sussex University, Angleterre) en 1965 et a voulu joindre Umkhonto we Sizwe (=Lance de la Nation= branche armee de l’African National Congress), Oliver Reginald Tambo (1917-1993) qui avait etait envoye a l’exterieur de l’Afrique du Sud « TO MOBILIZE OPPOSITION TO APARTEID », a appose son veto et a encourage le jeune Mbeki a poursuivre des etudes de Master’s en economie et developpement a Sussex. Bien que plus tard Mbeki a fait son entrainement militaire a Moscou (Union Sovietique de l’epoque), je ne crois pas qu’il est alle se battre sur terrain en Afrique du Sud.
      Thabo Mbeki a ete president de la Republique d’Afrique du Sud de 1999? au 21 septembre 2008.
      (Voir Thabo Mbeki, http://www.wikipedia.org).
      Merci.

  14. Jean

    Akari inyuma karahinda, abatari umwe nawe mwirarire!

  15. Vuvuzela

    Kuba kwisi nukwitonda! Iyo biba kumubuza kujabuka gusa nindege! Ntihagire uwushira agati mwijigo kuko sivyiza gutwenga uwugiriwe nabi.

    Jewe na Peter azombabaza le jour azoburagizwa.

  16. richy

    Moi j peux pas comprendr comment cett idee d-utiliser le passport diplomatik lui est venu en tete?!!et c,est fini comme il n,a pas reussi a echapper aujourd,hui il lui sera impossibl dans l,avenir
    ntakundi niyhangane

  17. Gregoire

    Ah merci peter, confisque même les maisons, voitures, et consorts…..

  18. Pole

    Reka abereke ko Micombero ataheraheje igikorwa ciwe. Si ivy’imbeshere Nkurunziza araba Nkurumbi ku Barundi. Shetani asenga mukaja inyuma ngo ni Imana, ngivyo ivyamwa bigiye kwibonekeza.
    Akataraza kari inyuma. Abahutu nimwamarana tuzotunga uwuzosigara. Ko mugira mumare abantu ubu naho muravuga ngo ni Abatutsi mwahora mwitwaza?

    • ya

      erega aba nyepolitique nibo bariko baramarana bishinga kurya bakibagira abandi. Ngo bize amashule, amashule y’abarundi ntaco amaze. Yaba ayumuhutu canke umututsi kubera umurundi wese aho ari aba ari ntibwira ntibuca ; none mwumva ayo mashule azaniriki igihugu n’abakibamwo atanumusi umuntu avuga ati ndatekanye mu banje na entourage.

  19. fred

    Voilà des signes qui ne trompent pas…!????? cher Onesime tu as intérêt à consulter Radjabu afin qu’il te montre ses amis et sa chambre à l’université de mussaga. comprenez par là Mpimba. tout se paie ici bas… je garde ton image de 2007 mwibombora bombora urongoye inama ikuraho Immaculé. mais courage tu as su revenir à la raison. voilà cette maturité qui manque tant aux bagumya bondo…. vaut il chanter  »if I could turn back the hands of the time »

    • ndagijimana claire

      fred,si Immaculée gusa,hageze igihe onésime ariwe yica agakiza mu butegetsi,yashaka ama ministères ya bandi,uwakoranye na Radjabu we hagez igihe atavuga,bose bakuwe kubera magouilles za onesime nakagwi ntiriwe ndavuga,ntaco yobona,muri politique nukwitonda ntawuyirusha abandi

  20. Mutima

    Un passeport diplomatique est réservé aux employés de l’exécutif qui y ont droit. Puisqu’il a été limogé, il n’y a plus droit. Il aurait dû avoir un passeport régulier à côté juste au cas où.

    • Ndumiwe

      Limogé de ses fonctions de l’exécutif? Kuva ryari? Il était même pas de l’exécutif mais du législatif. Ce qu’il est toujours!!! Ntimwumva kwa kuvanga ibintu kwanyu!!!

      • Mutima

        Désolé! Mon erreur. Je l’ai confondu avec l’autre porte-parole. Mais rien n’y change puisqu’il n’est plus porte parole du parti CNDD-FDD. Les privilèges que lui accordait son statut au sein de son parti ont été révoqués en même temps que son limogeage. Par ailleurs, c’était un voyage personnel et non un voyage au nom du parti.

        • Nzobandora

          En plus tu cherches à justifier cette betise
          Ridicule!!!

  21. kalida

    ni hatari

  22. Ruzi rwa Mubarazi

    Il ya quelques jours dans une réunion; Nkurunziza n’avait pas hésité yokubibutsa komuriyo myaka 10 ishize abo DD’s batungiye k’ubutegetsi bwiwe. Mumajambo make niyumvira ko yababwiye ati; « ayo mabondo yabaye manini muyakesha jewe, uwutazonshigikira nzomwereka ».
    Onésime nawe ari murabo!

    • Ndikumana Roger

      @ Ruzi rwa Mubarazi ou PETER lui-même s’IL lit les commentaires.

      None umugiraneza yagufashije kugira ico ushitseko mubuzima, ubonye agiye kugwa muruzi arwita ikiziba, womureka akarohama nabahetse ku mugongo bakarohamana nawe canke womukebura?
      Oui, certes, murizo 10 ans iterambere bashitseko na Nyakubahwa PETER arifisemwo uruhare,…mais il y a aussi une part de leurs travail,…une parti de leurs sueurs qui n’est pas à négliger.
      Abarundi, nous aimons exagérer les faits.
      Twikebuke,….ukumva ngo: »iyo ataba jewe, naka ntaco yarikuzopfa agezeko ».
      C’est faux.

      • Bigawa

        Ntubeshe iyo hatajamwo kubareka ngo bibe ntaterambere baba bafise kuko salaire za Leta nideni za Banque turazizi.Bomushimira peter we yisamaje bakarya zose niziri mumagi.

    • ndagijimana claire

      Ruzi rwa mubarazi,none d’un coté si vyo,abo ba onésime ntibigeze baba mu kibila,simvuzeko nshigikiye peter,ariko mu myaka cumi bamaze ku butegetsi hari abibagiye iyo vyaje biva ahubwo basigaye bashaka kurenza urwamo ababibahaye

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 1 593 users online