Chers lecteurs,
Nous avons reçu plusieurs messages de lecteurs qui souhaitent aider cette maman au cœur d’or. La journaliste qui a écrit l’article, madame Lyse Nkurunziza, a accepté de servir d’intermédiaire pour ceux qui désirent soutenir cette mère.
Ses contacts: [email protected]
Son numéro de portable + 257 76 002 010
Nous pouvons vous assurer que votre soutien arrivera à la maman
Antoine Kaburahe
Directeur / Groupe de Presse Iwacu
Ndasubiyemwo : nandikiye umumenyeshamakuru Lyse NKURUNZIZA, ariko vyananiranye. Ingorane yoba iri hehe se ?
Nashaka kmubaza ingene nobigenza ngo nterere urya muvyeyi, kuko natse indaro mu mahanga.
Mbaye ndabashimira.
Selection son e-mail ci-haut, copier (MFONDA CTRL+C) ET PLAQUER LE DANS TON ADRESSE E-MAIL(MFONDA CTRL+V)
Merci Delta de la Rusizi,…. le copier coller marche bien.
Cordialement.
En fin abarundi turatanguye gusubira mu migendo ya bakera. None ntimubona ko iyi article iryoshe gusoma?? nitugerageze twese hamwe tureke amajambo dukore ivyo dushoboye kugira dufashe uwo mu maman. Jewe ndazi ko Mr. Kaburahe et son equipe bazokora neza kuri ico gikorwa. Mr. Kaburahe ntawe inzi mugabo aha tuba numva abarundi bose bamuvuga neza gusa. Alors actions zihuta. Merci Mr.Kaburahe kuri iki kikorwa ciza.
Urakoze cane.
Je contacte Lyse bientôt.
Turakunda kuvuga bwa bundi. Baduhaye les contacts none tubandanya kuvuga kuri iyi sujet aho gukoresha les coordonnees baduhaye tugafasha.
Franchement je ne m’attendais pas a voir autant de commentaires sur cette note de la redaction.
Ibikorwa cane cane benewa!!
Moi Aussie je voudrai intervenir.
Agissons
J-P,…
Êtes vous sure de nous avoir bien noté son adresse mail?
Mon mail me revient à chaque fois que l’envoie.
Merci J-P,…vous êtes efficace.
On a confiance en toi Kaburahe et à ton équipe; c’est sûr qu’on répondra très positivement et moi personnellement je vous contacterai d’ici peu pour épauler cette dame que je qualifie d’héroïne.
Merci beaucoup
Ndagushimiye cane. Je vais essayer de le contacter le week-end qui vient.-
Je viens de lancer ce message sur Facebook et dans tous mes contacts mail. je vais faire un geste et bientôt je vais prendre contact avec Lyse Nkurunziza
None ko nandikiye Lyse NKURUNZIZA ncishije ku buhinga ngurukanabumenyi bikananirana ?
Nanje vyananiye,…nakoresheje:
[email protected]
biranka,…ndahindura ngira:
[email protected]
naho biranka,….mbwira ma femme ngo andabire ko noba nibeshe kubera ubusaza,…arambwira ngo wavyanditse neza cane!
Nca mba ndaretse ngo ndabe ico abandi babivugako.
Sinzi rero impamvu.
Mugabo nivyakomeza kwanka, nzoraba ko moyens zinshobokera ngure utu unités mpamagare madame Lyse Nkurunziza ndamubwire uko nabigenjeje ariko Madame NISUBIRE aronke utwo namwemereye In Shaa ALLAH.
Kuvyerekeye erreur ya adresse nukuraba ntimwitiranye (l L) na (i I ). Adresse itangungwa na na l si i !
Veillez réessayer !