Mercredi 22 janvier 2025

Politique

L’ADC-Ikibiri suspend les manifestations « en hommage à Mandela »

07/12/2013 36
Les leaders de l'ADC Ikibiri lors de la cérémonie ©Iwacu
Les leaders de l’ADC Ikibiri lors de la présentation de la charte commune d’action en vue des  élections de 2015 ©Iwacu

Après l’appel du gouvernement à un deuil national de trois jours en hommage à l’icône mondiale sud-africaine, c’est au tour de la coalition dirigée par Léonce Ngendakumana d’annoncer le report des manifestations prévues ce lundi 9 décembre « pour une date ultérieure ». Pour le moment, l’ADC-Ikibiri entend « honorer l’image de l’un des fondateurs de l’Accord d’Arusha dont est issue l’actuelle Constitution et la réconciliation. »

La décision survient alors que l’Assemblée Nationale a appelé tous les acteurs politiques, opposition extra-parlementaire et société civile compris, à déposer jusqu’au 12 courant les changements proposés sur les amendements déposés à la chambre basse du Parlement sur l’actuelle Constitution par le gouvernement. Une annonce qui laisse sceptique l’ADC-Ikibiri, se cantonnant à exiger le retrait du projet de révision de la Constitution du Parlement, pour y retourner enrichi par tous les acteurs politiques.

On notera aussi que pour sa part, le FNL d’Agathon Rwasa avait annoncé qu’il ne se joindrait  pas aux manifestations, leur préférant « des stratégies plus payantes qui ne sacrifient pas des vies humaines. »

Forum des lecteurs d'Iwacu

36 réactions
  1. Jean

    Et si ces partis de l’ADC avaient ecoute les conseils en 2010?

  2. moi

    Ntakibazo ko mutatinye, les lundis zirabandanya hama ikigandaro gihera le 15. et le 16 hahaha nzoba mbona

  3. Uwakera

    Chers journalistes, ba mureka kudutwenza avec ces comédies de politiciens…. Mbega bafise abanywanyi bangahe bojana muri iryo barabara? Des partis qui n’existent que sur papier et surtout sur les radios…. Akabi karatwengwa nk’akeza basi.

    • Mburi

      Wakera, wewe uri umu DD mugabo vugisha ukuri urakuze. Bagiye mw’ibarabara n’urunyegeri ntigwosubira kuronka aho ruca. Ahubwo aba polisi baratomboye kuko zirya casques na zirya nembo bozibatse bagize amanyama.Wewe uraceza kuri ADC!!!

      • Uwakera

        Mon cher ami, ni waba uvuze ukuri tuzobibona muri 2015 mw’isandugu. Mbega ni baba bafise abanywanyi benshi, kubera iki batinya amatora bagahitamwo kurondera gutembagaza ubutegetsi par la violence…..

  4. Audace Machado

    Je crois qu’il y a un tournant :
    Ce qui est derangeant pour tout Burundais, c’est d’entendre les mots qui avaient ete utilises par certaines autorites du pays (ex.policieres). Je crois que ce groupe d’activistes politiques vient de gagner en testant le degre de maturite dans la gestion -de la part du gouvernement Burundais- des demandes politiques et civiques de leurs diriges!
    Et si Kigobe ne se montre pas a la hauteur de petites speculations politiques, une fois de plus, le constat sera : rabais de l’autorite legislative. On dira, vous venez de prouver que vous n’etes la que pour des interets partisans, que vous n’etes pas capable de representer toutes composantes du pays. C’est aussi simple que cela. La credibilite de la legislature Burundaise est maintenant en jeux.

  5. Kayondi

    Ubuho na ekresiya yaba catholica irerekanye aho ihagaze,ikibwigwa ni icumva,icerekwa ni ikibona gerageza muyihindure hama Peter yitoze kandi hama muce mubona icarico ingene intwaro itembagara amakungu arorera akongera agakoma n,amashi les DDs,muri n,ingorane basi,nimwikureko abo bantu bababoheye amaboko imugongo,sinabenshi,mwari umugambwe warikuzotwara igihe kinini muga mwaneye aho mutema,muga murashobora kwiyambika umutamana

  6. Mbazumutima

    Pour certains burundais, il faut nuancer ce qui se passe aujourd’hui sur le terrain politique lorsqu’on parle de la manifestation de l’ADC-Ikibiri contre l’amendement de la Constitution et les manifestations qui pourraient avoir lieu contre l’étirement du mandat de Nkurunziza en 2015, bivuga qu’on ne peut pas songer à ces dernières alors que Nkurunziza ne s’est pas encore prononcé là-dessus, avec ou sans changement de la Constitution évidemment. Et quand bien même Nkurunziza décidait de forcer sa candidature, ça m’étonnerait fort de voir abanyagihugu mw’ibarabara contre celui qui leur a ramené la Paix et la stabilité au Burundi. On est donc loin d’une révolution sociale!… Ubu hageze ko dutsimbataza démocratie mu Burundi, et ce, par un législatif solide soutenu par un exécutif honnête et un judiciaire impartial. Et si on veut y arriver, ça prend des luttes politiques chaudes donnant place à des débats de fond entre abo biraba c.à.d les tenants du pouvoir, ici Cndd-Fdd, et les partis politiques de l’opposition. Et sur ce, il y a à se demander s’il est louable de continuer à soutenir des politiciens ou partis politiques qui ne convoitent que le pouvoir et avantages y associés, ou si nous devons soutenir des partis politiques qui cherchent à se positionner pour défendre les intérêts de toute la Nation burundaise? La balle est alors dans notre camp nous Peuple burundais, car si nous voulons gutwagwa neza nous devons gutora neza. Ivyo rero benshi baramaze kumenya ko bikoregwa ku ma pôles de vote et non dans des rues, ce qui évite de plus en plus des victimes innocentes. À l’heure qu’il est, les parlementaires restent cependant nos porte-paroles à Kigobe. Ne confondez cependant pas ce que je parle ici avec les grèves et manifestations z’abagenda mw’ibarabara pour des revendications sociales, économiques, politiques(autres), tous légitimes!…

  7. bihendabaja

    Jo novuga yuko Imana ya Barundi siyo ya Barabu! kandi Imana iracakunda abarundi pe! kuko kuja mwibarabara siyo Democratie . Ndavye ino muri america abantu baragiye mwibarabara kurwanya ico bita 99% yabatunzi bene amabanki akomeye nkaba Morgan Bank naba Rockefeller mugabo ntacavuyemwo abafunzwe barafunzwe abahavunikiye bobo nuruvunga abobose benshi muribo bagirizwa icaha ca crime. ino hoho bakwise umu criminal uburwambaye urumva ukumirirwa muri vyinshi nubuzima bwawe bumererwa nabi mukiringo kirekire. mvugiki mvuga yuko abazungu bahenda cane abanyafrika mukuja mwibarabara kugira bashike kuco bashaka naho imiriyoni yabantu bopfa bo ntibibabwira nakimwebo bazi yuko bazoza kuyora imari igihugu gifise nokubatoza ama taxes yumurengere nkeka nino bo batayariha kandi bateyimbere kua kera. nukuri birababaza cane. Abanyepolitique baravumwe nuko nyene twe abantu tutabibona tuzakumenya twatakaje abacu. abo bakoreshwa nibigirwamana pe!

  8. Auguparadiso

    None burya abantu eka mpebe ntwenge. Abantu bose ntibaje bariyumvira ko bokina politique ngo nuko bafise imvi canke bize bakaminuza. Umugabo nka Sinduhije Alexis yarakwiye guhindura sa carrière kukubera imvugo yiwe ntabwo ijanye numuntu yobaye indongozi mu gihugu. Wumvirije Léonce Ngendakumana. ukungene ahazuka ku maradiyo, umengo mu mitima yabo bashaka bose kuramutswa uburundi, ntibishoboka. Igihugu ntabwo citwara kandi ntaho vyakabaye ko parti au pouvoir ibaza oppositons ingene itegerezwa gutwara, ahubwo nohanura abanywanyi ba Adc-ikibiri gusubiza inkota mu rwubati mukicara mukaba abarundi kuko igihugu gifise abayobozi kandi bahagaze neza. Izo manifestations mwishimikizaga iyo mutaza guhindura nukuri mwohavuye mwicuza icatumye muja mu mabarabara kuko nta neza yovuyemwo atari amarira. Aho kuvira hasi ngo musabe imfashanyo, mufate mumugongo Leta y’uburundi turabe ko twokira inzara, muguma mukokeza bityo na aides twaronse zikaza nabi nabi. Nukuja mwibuka ko  » nyene imbugita ari uwuyifise ikirindi  » . CNDD-FDD iri kubutegetsi, irakora neza kandi izatorerwa nizindi mandats kandi irashigikiwe. Mbere n’ibwirizwa shingiro mwanga mukunda rizohinyanyurwa. Tugire amahoro

    • Mburi

      Sha PARADISO, uravuga nabi!

  9. tuzabaho

    haha ngo gutinya ubona ari bande botinya . aba police bafise karashi muri manifestation hahaha

  10. Vuvuzela

    Tout ce beau monde forme un ADC-Ikibiri contre 1 DD! DD est fort finalement!!!

  11. Vuvuzela

    Subizinkota murwubati

  12. Kayondi jean

    Mbega abo bantu bavuga ngo batinye,njewe nkeneye kumenya ko biha umwanya wo kuraba ibiba mu gihungu no hanze,canke niya macakubiri ababuza kubona,analysez la situation mondiale actuelle ,c,est juste un ajournement ,c,est tout dutwagwa nabazungu,nibo qui décident ce qu,il faut faire ,harya alexis asemerera ,mwibaza yuko aba ariwe avyitumye,Turi muri laboratoire badukinasha kurya mukinisha les pions za jeu de dame,ndabarahiye ko Peter atazitoza,arabizi neza,ahirahiriye ngo acishe ahiwe niho muzobona ingene ibintu bihinduka mu mwanya muto

  13. Shaka

    Mauvaise décision sur toute la ligne de la part des leaders de l’ADC-Ikibiri de suspendre une manifestation prévue depuis des semaines. La maintenir aurait été signe que les participants ne cherchent pas à créer du désordre public en ce temps de deuil national en hommage à Mandela, bien au contraire. Ils l’auraient fait en toute sérénité, donc pacifiquement! Cette réticence à concrétiser cette manifestation tel que prévu à l’agenda vient encore une fois prouver à la Nation burundaise qu’elle ne visant aucun intérêt public mais qu’il s’agit d’une activité partisanne, donc combat entre les tenants du pouvoir et leurs adversaires politiques, ici opposition, batavuga rumwe. Et c’est à contre toute attente que le Cndd-Fdd vient de marquer un point à son avantage. Sachez qu’une personne qui lutte pour sa liberté tout comme sa survie politique ne prend jamais de répit. Jour et nuit, elle vaque. Dans la joie ou les larmes, il fonce toujours. Donc, l’ADC-Ikibiri devrait s’avouer vaincu.

  14. none

    courage pour la suite. Mais mwosenga YESU niwe nyishu aho mubona!!

  15. Bwana Vuvuzela umbaye kule aba unkoze muminwe.Iyaba bose aliko babibona,bogiye balicisha bugufi kuko kwikakisha n’ikintu kibi cane kandi gukunda no kugila ingaluka mbi.

  16. Ntakamurenga

    Mbega yemwe abo basavyi ba DD bariko bavuga ibiki? Manifestation dutegerezwa kuyigira vyanka bikunda! Woh! Mwagomba muronke aho amakungu atotwumvira? Reka twubahirize amakungu hanyuma après le 15 nous allons descendre. Namwe be murakarisha intambi mwoza n’inkoho zanyu twebwe turiteguye gupfa. Agasanga mwiteguye kwica nta kibazo turavyemanze!

    • Mburi

      Reka sha NTAKAMURENGA harya nabo nyene nukwigirisha barabona ko igihugu kigeze ahatemba, ugirango ubu bukene na kino kigoyi vyiraye mugihugu bobo ntibibashikira? Nibaze riho tugire urunani pour le changement, jewe nibaza ko n’aba DD bagifise agatima ko gukunda igihugu ko tuzohurirayo kandi twaratse!

  17. Bihirabake Anne Marie

    C’est une bonne décision de reporter. Ça donne un peu plus de crédit a l’ADC.

  18. Niyubuhungiro

    Ngiye nabona ico aba cndd fdd batinya ,baratinya ibarabara kubi,heee,nimurindire muhirahire hagire ivyo mujabanganya kwibwirizwashingiro murabe ingene twuzura amabarabara yose ya Bujumbura ,akataraza karasegenya ntimwibaze ngo vyaheze.Ubu umurundi wese arabonye ko hamwe abanyagihugu bagiye mwibarabara ko DD yotemba ,kwari ukugeza hama aba dd muhirahire murote mwiyongera mandat ya 3 murabe

  19. ali

    ADC NIMWEMERE KO MURABANYABWOBA MUMEZE NKIBIREMBA CANKE AMA KARITAS TOUT SIMPLEMENT

  20. Kibwa

    Naho mwovuga ko mwatinye ubwoba ntaco. Ntukangishe inzoya hariho abariye umuti w’iseseme.

  21. tijos

    Vugisha ukuri sha mwatinye kubera rwasa yabavuye inyuma. Mwanse kumaramara no kubona atanumwe yitavye iyo myiyerekano.sinshih=gikiye na gato intwaro ya DD idahumuriza, mais imirazi isumba guhuma.

  22. Kamwenubusa

    Nimube mwajayo basha tukabatabira. Muca mwitwaza Mandela?

  23. King James

    Ntimwigereranye n´abarabu bararinda niyo ubarashe bagapfa abandi baca baronka courage, Ariko Abarundi mukubiswe indembo gusa muca mutungwa n´ayo mwameze, kandi ntawugaruka!

  24. Jacques

    Dutinya tudatinya muzobibona apres le 15 décembre yuko tutazosidukana niyonka ubuho tuzozana ninzoya turabe iyo polisi yanyu ico izokora devant ces anges de moins d.une annéeé

    • Mburi

      Reka sha abo ntaco bagera umutwe!!!

  25. rumuri

    ubwoba.com kubera iki batamenyesheje isango bungururijeko mbega boshika kuki rwasa atarimwo? niwe bagendako niwe afise abanywanyi yavuze ko we atazojayo bijiye kuri magera umugugizi wiwe.. umve rero nibace bugufi basabe ibyobasaba batagumuriye abantu mwibarabara.

    • Muhirwe

      Monsieur Rumuri, Rwasa n’est plus politiquement et il n’est pas à la hauteur. S’il est trompé par Magera et ses acolytes, il risque de s’éteindre complètement!

  26. Mwaro

    oya sha James nuko twubaha Mandela ahandiho bisivye bizoba ndakurahiye, erega nubwoba buragera igihe bugaysindwa.Ugira twarabusumvya aba tunisiens! naho boturasa abasigaye bazobandanya

  27. King James

    oya muratinye basha!!

    • Vuvuzela

      Oui baratinya! Ariko James, intwaro nziza ntiyari ikwiye gutinyika. Kuko itinyitse iba iteye ubwoba. Navyo ngira bivuga ko n’intwaro iba ifise ubwoba. Iyo rero mu gihugu bose bafise ubwoba, abatwara n’abatwarwa, la suite n’amarira. Donc, ntunezerwe nuko intwaro itinyitse. Iyo iba yubashwe vyaba mieux.

    • nwari

      Ntakintu nakimwe twabatinya ko vyase mumashi tuzoshira mumigere?hanyuma tube uwuhagwa iyo abantu babihoreye mwibaza ngo muringwe (isango riri hafi aho mwatugendeyeko ba muri tegura !?#

      • Backary

        Kirazira kudandaza urusato rw’ingwe utarayica!!!

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 2 618 users online