L’incendie qui serait d’origine criminelle s’est déclaré ce dimanche soir sur l’Avenue du Marché, une route pavée qui fait jonction avec l’Avenue de l’Enseignement empruntée par les bus venus du sud de la capitale.
Ces boutiques dont une pharmacie, un petit magasin de vente de semences sélectionnées et des dépôts de bière étaient fermées lors de l’incendie.
Un serveur dans un bar situé à côté des lieux affirme avoir vu deux hommes sortir en courant et en criant au feu de l’une des boutiques, qui semblait alors fermée. Et c’est après leur départ qu’il a aperçu des flammes et une colonne de fumée. Plusieurs détonations de bouteilles de bières, de vin et de liqueurs qui explosaient sous l’effet de la chaleur ont été entendues.
Les propriétaires de ces boutiques n’ont pas voulu faire de commentaire mais ils saluent l’intervention de la police. Le camion extincteur est arrivé à temps, limitant ainsi les dégâts.
Il y a un politicien qui a dit que pour mieux gouverner un peuple, il faut le maintenir dans l’Ignorance et dans la pauvreté vrai ou faux pour le Burundi ?????
Imana yonyene n’ikigingire abarundi n’uburundi ahandi ho ntitubona iyo tuja n’iyo tuva. Abagerageza kwiyungunganya aba polisi babirukako gusumba abasuma. Abiba mu miduga n’ahandi umunga bobo nta kosa bafise. Abasenga ni basenge kuko hari abari mukwihebura
Birababaje gose ivyo iwacu, nkuko abandi babivuze amasengero, imisigiti n ayandi mazu aranihiriye abavuga ngo barasenga. None Yezu canke Yehova, mohamed n abandi bigishije ubukozi bw ikibi.
Uwo ahejeje kuvuga ngo ni opposition iturira eka n aho boba abo mwita aba DD nta n umwe yorekurirwa kuko bariko baratera inzara, ubukene, umuvumo, inzigo mu gihugu. Mwiyumvire umuntu abona ivyo yabiriye icuya biriko birasha ntashobore kwokora na kimwe. Abo baturizi barakwiye gufatwa hanyuma bakaminikwa n aho ico gihano cahavuye vyoheza bigatuma ata muntu asubira kwiyumvira ubwo bwononyi burenze urugero.
Wa wundi ati kwisamburira ko nk intungwa, erega abantu bazohava babura aho basumira!
Imana ikingire agahugu kacu!!!
Muribagiye Nzeyimana avuga ngo babumba tumena. Nabonyene bashaka ubutegetsi ku nguvu babikora
Ababbigira bose bose bamenye imisi y’igisuma ari mirongo ine.
Yaba ari opposition canke abari pro reta, uwoshaka yokora ineza kuko inabi ntawe yereye.
Imana izoshira ahabona izo nkora bara. Umunyakibi ntagira ubwoko, umugambwe,…
I boutique ihiye hahomba imiryango n’igihugu.
Le Burundi est a plus de 90 % chrétien. Mensonges!!Simulacre!!.
Les politiciens ne promettent pas le ciel, mais le bien être, la securite et le progrès(car le développement est un autre sujet). Ou est tout ça?????!!!
Revenons -en a nos frères en soutane. Docteurs censés s’occuper des âmes , ils sont a l’oeuvre depuis plus d’un siècle, mais la société devient de plus en plus de la pourriture quant a la morale. Si chacun de nous se donne le titre de prof, ils méritent combien sur dix.
Arrêtez le racket SVP. Ayez au moins pitié de cette multitude de ces pauvres gens qui vous respecte au doigt et a l’œil et qui sont pertinemment convaincu que votre gloire procède de Dieu lui même.
Si Dieu existe(je commence a douter).je ne pense pas que vous aurez la récompense a la hauteur de votre improbité.
I am suspecting that this is Burundi’s opposition who wants to burn the market so that they can tell the population that CNDD-FDD can not protect them. Dirty politics by the opposition parties, very sad.
Bazosiga amazi ajererenga abo ba dd
Ibi bintu twabimenyereye nta kibazo kikirimwo. Amasoko yose yahiye, ubu batandukiriye ama kiosques n’ama magasins. Iyi politique ya DD ifise intumbero yo gushira abanyagihugu mu bukene butagira izina kugira mu gihe c’amatora n’aho bazobaha ikiyoba ca vingt francs bazoce babatora!! Ibi nta kinyegezwa kikirimwo. Ejo bazoturira amavuriro n’ibindi hanyuma ibicika bicike.
Kugera iyi saha mfise ikibazo co kumenya ko abarundi dufise amaso yo kubona n’ubwenge bwo gutahura no gutandukanya ikibi n’iciza!!
Je me demande pourquoi les églises sont pleines a claquer. Les « saints pères « doivent évaluer le résultat de leur enseignements si jamais ils ne prêchent pas une chose la journée et autre chose la nuit.
Mana yanje, ivyo bintu n’ibiki? C’est ça la solution que certains ont trouvé pour se venger? Mettre le feu partout?