Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
Ahaaaaaaaaaa raba za permis zirirwa ziratangwa ku manyanga
Par HAZIYO ce lundi 27 août 2012 à 17 : 59 : 07
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
je pense que le journaliste s’est trompé, vu l’état du dit vehicule il y aurait plus que deux morts. Vu le véhicule on concluerait que les occupant de devant y ont périt. Une chose à regretter c’est l’excès de vitesse. Un tell choc resulte d’une très grande energie cinetique. E=MC2, il y a à se demander si chaque personne avec un permis acheté peut transporter les gens dans des Bus ???. Une autre certification serait necesaire pour éviter des tels drames. J’espère laa PSR va prendre des mesures juste pour securiser les routes.
Par fred ce lundi 27 août 2012 à 22 : 38 : 53
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
Hari hageze ko abajejwe uruja n’uruza mu Burundi bahagurukira ikibazo ca transport en commun cane cane mu gisagara ca Buja. Usivye ko ata signalisation ibaho muri ico gisagara na ma bus akora ico gikorwa arashaje cane nta na controle technique agira. None rero Leta na bamwe bitwa ngo ni abuco nibahagurukire ico kibazo umunyagihugu yiyunguruze mu mutekano ntangere yizeye gushika iyo agiye !
Par ce mardi 28 août 2012 à 08 : 38 : 44
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
Erega n’uko Leta iri au four et au moulin : niyo yotunganije transport en commun ! Nayo ahandi ho biracagoranye ndakabambura ! Métro ya Paris canke y’i Bruxelles nibaza ko zitunganijwe n’abantu bari mu bibanza nka kirya ca Giswaswa !
Par ce mardi 28 août 2012 à 10 : 55 : 01
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
Mbe abo bavuga ngo Leta niyo yotunganije transport en commun barantangaza nukuri,mwe ntimubona programme yabo ba DD ukuntu imeze ni ugutanguranwa gusahura gusa objectif kwubaka nagakoni kumugwa mukuru wa Buja nayo ibindi vyo gukingira abanyagihugu ntimubabaze .
Par ce mardi 28 août 2012 à 17 : 55 : 55
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
Umugwa mukuru w’uburundi usa n’abategetsi batwara iki gihugu,duheruka ivyapa kuri Bagaza,duheruka eclairage public kuri Bagaza,nuwanka urukwavu aremera ko rutebuka ibikogwa Bagaza yakoze muri iki gihugu mu myaka icumi yagitwaye ntanakimwe congeyeko ahubwo vyinshi vyarasambutse ibindi baragurishije,haciye imyaka 26.Uwo dondagura ibikogwa yasize akoze ni vyinshi:kwagura ama campus universitaires ni Bagaza,quartiers z’ibamwo abakozi ba leta Q6 Ngagara,Shatanya i Gitega,Mutanga sud,...airoport,....amahinguriro :Cotebu,INABU,SODECO,SOSUMO,.... Vyose mu myaka icumi.Peter amaze indwi ngira ntarashaka kutwereka neza ivyiwe hehehehehe ariko son homonyme nawene yatwaye imyaka cumi twayimaze munyigisho z’imigambi y’amahoro n’ubumwe ntibagiye gusahura surtout muri round yakabiri hahahaha
Izo accidents nazo zirabandanya kuko nta controle nimwe ikorwa aha umwe wese afata direction ashatse, aba polisi basigaye ari ba nsayidira,iyo agukanze umutereye inoti ya bibiri aca agenda ariruka.aucune signalisation routiere,aba ba chauffeurs nabo code de la route n’inkumugani kuribo benshi ntana permit provisoire bigeze baronka ils ont directement saute dedans, nuguhonyora gusa batanguranwa.Aba dd nabo nugucunganwa n’irikorotse bagaca bamira nayo ivy’ubuzima bwaba nyagihugu ntubabaze,uwubahutse kuba baza bishura ngo niko twabisanze il faut faire avec,...
Le Burundi va tres mal
Par vios ce mercredi 29 août 2012 à 22 : 31 : 54
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
@ Vios
Jewe ndagushigikiye muri ivyo vyose uvuze. Ubwa mbere, urazi igisagara ca Bujumbura n’ingene cafashwe muri iyo myaka yose iheze. Ubwa kabiri ubivugishije umutima ugororotse, ushaka gusubiza ibintu mu buryo, no mu mategeko, atawe ukuyemwo n’umwe mu mirimo bategerezwa kwihutira kuko babihemberwa akaba arivyo bishakiye.
Ubivuze ata we ututse. Twizigire ko Giswaswa yaguteze yompi n’icubahiro ukwiye, mu buntu akwiye. Icigwa tuhakuye nticerekeye Bujumbura gusa, cerekeye ibisagara vyose. Ibipfamutima bizosubira gutora amazuru n’agasozi bibura kubaza uwobumvira akabitwaririka nk’urugori bazomuha yapfuye, bazokwama mu mwavu n’amosozi.
Par Niyonzima ce jeudi 30 août 2012 à 11 : 04 : 07
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
Haziyo we ! Tout en espérant ko utari Haziyo Gérard. Ne cries pas très haut. J’ignore l’âge que tu as mais avec mes indications tu pourras en savoir plus sur les permis délivrés frauduleusement.
Connais-tu ou aurais-tu entendu parler du Major SEBITITAWEHO, un rwando-burundais, qui a commandé la police de roulage et délivrait les permis avant d’être Commandant de l’École Nationale de Sécurité Publique. Connais-tu, aurais-tu entendu parler de ce Major (Séverin) qui s’occupait de la circulation routière dans la Capitale à chaque fois que Bagaza effectuait un déplacement ? Lui aussi a été commandant de la Police routière et délivrait les parmis de conduire.
Eh bien cher ami, quand tu auras rassemblé suffisamment d’informations sur les deux majors, passe voir ensuite les conducteurs tant publics que privés de leurs époques. Ils te diront comment ils ont obtenu leurs permis.
Par ce jeudi 30 août 2012 à 12 : 15 : 33
Deux morts et plusieurs blessés lors d’un accident de roulage à quelques mètres du marché dit « Chez Sion »
"Le minibus a culbuté" ???????!!!!!!!! mbega igifaransa
Par Kabizi na Kabirya ce jeudi 30 août 2012 à 20 : 05 : 57
|