Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Ariko rero Rufyiri nawe agiye kutunanira ifata.Mbega azomenya gute abivye kuruta abandi.Erega nuko abo bavyubaka ;ico nzi nuko abo batutsi bafise menshi ariko bayanyegeza,question yo kudakunda igihugu.Mbega yarabajije mu ma banki yo hanze abarundi bose(hutu,tutsi, twa)ayo bafise niho nokwumva yuko agwanya bose.Ba Giswaswa n’abandi batutsi bazira kuba barakoranye na DD,ngo baramenje.Abo bahutu baca biyubakira erega niho bakigira igihugu kera bari abanyamahanga.Ico atazi nuko bizohava bicanishamwo abarundi kuko la cible ya Rufyiri na Pacifique turazizi,les hutus.Bamenye yuko abahutu batavukiye kubaho nabi natwe turafise uburenganzira bwokubaho nk’abo bandi ba sewabo canke base ba Pacifique na Rufyiri.C’est de bonne guerre kandi ntakundi bawucane bazowota.
Ndarivuze ndagiye.
Par Kami ce dimanche 26 août 2012 à 18 : 40 : 37
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
"Ménaces" serait devenu fond de commerce pour ce monsieur. Il se dit toujours ménacé, mais il est bizarre qu’il n’ait jamais essuyé au moins une giffle. On en déduit qu’il ment pour se faire important, ce qu’il réussit bien malhônetement. A ce que je sache, il n’a pas été entendu par le Ministre de l’intérieur, mais il a été réçu par ce dernier en compagnie d’autres membres de la soi-disante société civile. La rédaction devrait non seulement savoir ce que signifie l’expression "être entendu par", mais aussi connaître les personnes qui ont les prérogatives d’exercer cette action.
Par Musinga ce dimanche 26 août 2012 à 22 : 18 : 03
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@ Musinga
Vous nous avez devancé et merci. Il va falloir inventer un autre mot que "menaces". Après la pitié on est partagé entre le choix de suivre au risque d’attraper la paranoä ou de laisser tomber et passer à autre chose. C’est une épreuve de la patience pour ceux qui en sont dotée.
Par Niyonzima. ce lundi 27 août 2012 à 00 : 15 : 49
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@ Musinga,
Ce monsieur Rufyiri "n’a jamais essuyé au moins une giffle", vous dites ? "Une giffle", son vice-président l’a essuyé, et elle a été fatale. Est-ce que vous vous demandez comment Gabriel Rufyiri est devenu important ? Pourquoi Faustin Ndikumana et les autres sont devenus importants et crédibles quelque soit ce qu’ils disent ? C’est facile de crier aux nostalgiques, aux pseudo-politiciens etc au lieu de dénoncer ceux qui font que de telles personnes soient aujourd’hui les plus écoutées. Ce sont les corrupteurs qui créent les activistes contre la corruption et les rendent plus importants en persévérant dans leurs forfaits, les emprisonnant pour qu’ils soient blanchi quelque jour après (par pression bien sûr). Ces derniers, qu’ils soient tutsi, hutu, twa, d’origine extraterrestre, Dieu seul sait où serait le Burundi sans leur action pour dénoncer cette mauvaise gouvernance.
Par umurundi ce lundi 27 août 2012 à 03 : 38 : 29
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Kaburahe urakwiye gusuzuma aba ba journalistes bawe amakosa bandika yabaye ikirenga ni ryari ministre de l’interieur yumviriza umuntu nk’umucamanza ????? Naho vyacanganye ngaha ntiturashika aho !!!!!!!!! Ni kimwe nawawundi yandika sur la reserve de Rukoko avuga ko Mwambutsa yahaye abanyagihugu amatongo yegereye iryo shamba muri 1967 kandi twari tumaze umwaka sous la botte de Micombero et sa clique de Simbananiye et consorts (triste memoire).
Gera geza muze murasubiramwo ivyo mwanditse avant de publier sur le net,twese turaziko formation ngaha yacuye ariko ibitabu vya histoire n’amategeko vyo biracahari.
Uwu Rufyiri nawe reka aze arivugira naho atakizovamwo mais tumenye abatunzi bashasha,mu Burundi abatunze amafaranga bakoreye nibake cane kuburyo batazwi.Ex : izo nzu zose mubona aho muri centre ville zubatswe naba biligi ariko ubu nizande ? Abadutwaye imyaka hafi 30 bose bagiye baraziha ataco barishe,murababaza berekane ayo batanze mukuzigura ????
Mais sukuvuga ngo naba dd nibagire nkuko abandi bagize woca uba umuzingi.
Ikebuke
Par vios ce lundi 27 août 2012 à 06 : 13 : 10
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@Par vios ce lundi 27 août 2012 à 06 : 13 : 10 :
"Mais sukuvuga ngo naba dd nibagire nkuko abandi bagize woca uba umuzingi."
None ko womenga kenshi Histoire ikorera ku muzingi ! Mugabo ndaguye ndagarutse jewe novuga ko ikora nka mouvement hélicoïdal. (Kuzunguruka hanyuma ugashikira ku kandi kaburungu uretse ako wari watanguriyeko !)
Par ce lundi 27 août 2012 à 10 : 46 : 34
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Ariko Kami n’abo bandi muratwenza uwuravye commentaires zanyu ! Ico mbonye co nuko mubona ko bubatse mu buryo butangaje ! Mbe kuvuga ngo abahutu ntibakuriye kubaho nabi, Giswaswa yabaye umuhutu ryari ? Kubaho nabi ntawuvyifuza, ariko kubaho ku nguvu z’abanyagihugu ni vyo bibabaje. Kandi ngaho mubavugira, usanga ata n’ijana babaha mukavuga ivyo mutazi. Mbe Pacifique we aje gute ko atari muri OLUCOME ? Nibaze ko niyo mwaba mubona ko bababeshera, mwogirisha namwe ikiganiro mukabeshuza niho vyodufasha gutahura ko ivyo bavuga arivyo canke atarivyo.
Par kanyana ce lundi 27 août 2012 à 11 : 38 : 05
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Rufyiri a quitté l’aeroport de Bujumbura destination Bruxelle Vendredi le soir avec
menton, chapeau och lunette solaire croyant que personne ne le voyait, il faisait l’autruche.
C’est vraiement dommage kubona umuntu yaduka akambika ibara abandi kugira yironkere udufaranga twabazungu.
Par Ndaje ce lundi 27 août 2012 à 17 : 54 : 48
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Encore une fois quelqu’un qui n’a rien compris ! Mbe Kami, inyuma y’aba batwara ubu uwuzoza nawe azogira gute ? Kumwe mwivugira ngo na kera abantu barapfa ntibitanguye ubu ; ngo na kera abatutsi bariba reka n’abahutu bibe ! Elle est vraiment très malheureuse une réflexion pareille, et plus malheureuse encore si on pense aux milliers de personnes qui sont mortes bishwe nabo ba DD ubu tubona ko ico bariko baragwanira finalement atari agateka k’abahutu ahubwo kwari ukuza kwiyegeraniriza amatungo guso ! Mbe ko wavuze ko uri umuhutu, aho wewe ubona iyo ngwano yabaye yakuzaniye iki ? Niwaba uri mu bayigwanye, ugira bariko baraguhako nawe kur’ivyo bariko bariba ?
Ouvrez les yeux pauvres gens, et sachent que rien ne peut justifier qu’un petit groupe de personnes puisse s’arroger le droit de piller les caisses de l’Etat, kuko iyo mahera ya reta ça nous appartient tous, n’amakori turiha niwaba atavyo waruzi !
Ayo mahera ya leta ntakindi agenewe gukora atari ukurangura ibikorwa vya reta, iyo nayo ikaba atakindi ijejwe atari ugutunganya ivyo vyose bikenewe pour le bien être de sa population !
Par NGABONZIMA KIRA ce lundi 27 août 2012 à 19 : 03 : 49
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Il est grossier ce gamin
Par Ndaje ce lundi 27 août 2012 à 22 : 30 : 12
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Les rares fois mbonye affirmations za Rufyiri zitari ku murongo nka dd, ni quand il compare la valeur de la cloture a celle de toute la maison akagomba kubibonamwo detournement. Iyo aguma kuri l’idee yiyo vyavuye vyose vyaba mitende. Naho nyene narabe neza kuko uwobaza abatahutse bose babaye hanze ngo ni berekane iyo bayakuye vyogorana. Meme chose uwobanza kubaza les investisseurs etrangers ngo berekane d’abord iyo bakuye amahera. Nomuhanura kwerekana ingene bivye niho vyogira sens kurusha ngo tel a ceci, tel a cela.
Par vuvuzela ce lundi 27 août 2012 à 23 : 28 : 07
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Par Kami ce dimanche 26 août 2012 à 18 : 40 : 37
Basha, uri kami kabagore ntaco norenzako. Mugabo, umenye ko rufyiri adakeneye kumenya abivye kurusha abandi. We akeneye gushengeza abo bose baduca muryahumye, kandi JEWE ndamushigikiye. Isuzume rero muvyo uyagira ngira bagenzi bawe, jewe sindimwo. Kandi ndabona ko na wewe turikumwe ejo ndavye ivyo wanditse munyuma. Hinduka
Par ce mardi 28 août 2012 à 00 : 00 : 47
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
None ko Bunyoni yatwaye akarere ka gisirikare muri Congo RDC, ico gihe Rufyiri boba bari kumwe ga ntu ? Ama avantages yoba yarahakuye Rufyiri yarayaharuye ? Uwo we namuterere hasi nimba afise umutwe ukora neza.
Par M ce mardi 28 août 2012 à 09 : 13 : 10
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Je pense qu’il serait sage de ne pas se focaliser sur les dires de Rufyiri. Recherchez plutôt ses objectifs qui n’ont d’ailleurs rien à avoir avec la corruption et identifiez ses mandants.
Par ce mardi 28 août 2012 à 11 : 30 : 01
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
None ko twumvise ko hari abanymahanga bashigikiye ivyo akora, bakanamukingira ababisha, ivyo bije gukora iki atari ukugwiza insaku gusa ?
Par Niyonzima ce mardi 28 août 2012 à 12 : 47 : 21
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Ca n’a rien à voir avec le problème ethnique, stop là ! Bunyoni niyi expliquer c’est tout, il n’y a rien d’autres à faire. Si kubera ari abahutu kubera abahutu muri iki gihe hatunze abatarenga urushi, nibo bonyene barya, abandi raba barapfuye nabi, bagenda barabundabunda ubu, raba FNL, ntakigenda. Abahutu bamerewe neza, barya bakinovora ntibarenga urushi, abandi bose bazopfana ama promesses nivyo rero. Ivya Bunyoni navyo, yararengeje kabisa, niyitegurire kwishura. Bunyo, urabangamiwe kigabo, urabangamiwe ndakubariye !!! Sha Bunyo noguhanura kugurisha amazu yawe, ugaca urungika ayo mahera ari "propre" kubera avuye mu nzu zawe, uzoshobora kuyarungika, wuguruze ama comptes hanze hama uce uhengera bigira biyangare wihungire nk’i Mombasa uze urarya utwo dufaranga wivye mu mutekano kuko ahandi ho...ahandi ho...Bazoguta mu gisumanyenzi !
Par Murorerezi ce mardi 28 août 2012 à 14 : 58 : 48
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Courage Mr. Rufyiri, les Burundais, nous sommes nombreux derrière vous. Nous ne laisserons pas les voyous DD vous empêcher de vivre.
Par ce mardi 28 août 2012 à 15 : 54 : 05
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@Par Murorerezi ce mardi 28 août 2012 à 14 : 58 : 48 :
Sans vouloir être l’avocat du diable, none abantu bazohora bicirwa imanza kw’isoko (média) ? Bunyoni niyo atitwara canke ngo yiregure niho tuzovuga tuti : qui ne dit mot consent ! Mutenyenyere gatoyi rero !
Par ce mardi 28 août 2012 à 16 : 10 : 49
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@ce mardi 28 août 2012 à 16 : 10 : 49
Oya ntawuriko aramucira urubanza, ariko j’imagine que vous êtes au courant qu’il est permis d’exprimer son désarroi et indignation librement dans une démocratie ! Sivyo none ? Pour ce faire, les médias en sont un des moyens !
Ariko rero, nashaka kubashimira caaaaaaaaaaaaaaane kuko nsomye ivyo mwanditse umengo harico muzi kuturusha gato mu rukirikirane rwivyo bintu. Muratubwiye muti :"Bunyoni niyo atitwara canke ngo yiregure niho tuzovuga tuti : qui ne dit mot consent ! Mutenyenyere gatoyi rero !" aha nukuri kuri jewe nciye nishiramwo ko vyoba bivuzwe n’inzego nkuru nkuru, bisigura biti Bunyoni biteba bitebuka azokwitwarira Gabriel Rufyiri kuriryo bara yamwambitse, atamwitwariye naho nuko yemeye ico cagi, azoca yisigura !
Reka rero ndababwire mushingantahe kuko ndavye ivyo mwanditse ndumva ko muri abashingantahe. Ingorane yico kibazo ca Bunyoni n’iyi : BUNYONI APFANA IKI NA NKURUNZIZA ? Niyo mwagira uwubaha inyishu yico kibazo muzoca mutora umuti wa wico kibazo ca Bunyoni ! Komera !
Par Murorerezi ce mardi 28 août 2012 à 19 : 21 : 14
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@Par Murorerezi ce mardi 28 août 2012 à 19 : 21 : 14 :
Bunyoni ni umutegetsi akomeye muri ico gihugu ! Hanyuma bamwiketse ko ibintu bihambaye nk’ivyo ntashobora kubireka gutyo, ni nkuko yoba yemeye ko ivyavuzwe arivyo ! Donc nous attendons un démenti au minimum !
Par ce mercredi 29 août 2012 à 11 : 31 : 39
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Nous attendons la magie de Bunyoni ngo aze kwiregura canke yerekane ko ivyo olucome imwagiriza atarivyo hama ashake ace abashira mw’ibuye bose,sinon ataco abivuzeko ntawuzomuhata canke ngo amuhagarike (nyene imbugita n’uwuyifashe ikirindi)mais il sera considere comme umunyonyezi mukuru
Iyo muriye ba mwibuka kwihanagura ku munwa basi kuko muhuye n’uwikigoyi cishe akabona amavuta ku munwa atagushoboye kuguha ikofe yopfuma akwiyahurirako.
A plus
Par vios ce mercredi 29 août 2012 à 13 : 10 : 54
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
rufyiri azi bike abo bagabo abeshera harimwo abari barongoye ingabo muri congo ivya congo rero ntibiba ivyuburundi.bizomugora kwerekana ingene bivye.
Par ce jeudi 30 août 2012 à 09 : 59 : 50
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
@ vios
Mushinganta,
Abantu bose bari bafitiye agashavu Micombero turi benshi. Sinzi ko wibuka ubufindo bw’umuntu yarafise umwana w’ingwe, n’impene, n’amashu agategerezwa kujabuka uruzi rwuzuye. Muri ubwo bufindo, harimwo ikibazo c’ivyo asigarana hakuno, n’ivy’ajabukana hakurya, akasubira inyuma kuzana ivyo yasize ; kuko mu kujabuka ntiyari guhirahira ngo atware ivyo bintu bitatu icarimwe. Ingwe yishakira kurya impene. Impene ikishakira kurya amashu. Nyene kubitunga yishwe n’inzara n’uburuhe yipfuza ko ashika imuhira akabiragiza ayo mashu akabona guhembuka. None urwo ruzi yaruciyemwo kangahe ? Ukaba ucibuka inyishu y’ubwo bufindo, bandanya urabe commentaires za Stan Siyomana(inararibonye muzindi) kuri irya nkuru y’aba réfugiés b’i Tanzaniya bategerezwa gutaha mu mategeko ya ONU. Ni yo utahindura ivyiyumviro kuri Micombero buno nyene, uzoba ukwiye kurindira CVR.
Urakoze.
Par Niyonzima ce jeudi 30 août 2012 à 11 : 25 : 49
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
NGABONZIMA KIRA ! Ndagutwenze, ntabandi bazoza tant que la démocratie vivra encore. T’as pigé !!! Nayo Kami mureke ; il dit tout haut ce que les autres pensent tout bas.
J’en profite pour soutenir Vios. Ces gros poissons tutsi, non seulement ils ont pillé le pays, ils ont aussi tué nos pères et nos grands-frères avant de s’approprier des biens qui nous auraient aidé quand ils ont sommé nos mères de retourner dans leurs villages respectifs. Aussi rien n’a été versé à l’Etat pour toutes ces acquisitions et lors de l’occupation de ces immeubles laissés par le blanc. Pour une parcelle et maison construite à ROHERO I, pas plus 400.0000,FBU !!! Ibara ku mutemere. Et certains n’ont fait que le transfert des documents car disaient-ils, le loyer payé antérieurement couvrait la valeur du moment.
Par ce jeudi 30 août 2012 à 11 : 52 : 03
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Ah ! Oui. On ne peut plus manœuvrer autrement. Maintenant il faut être MENACE pour être dans les faveurs du MUZUNGU !
Par ce jeudi 30 août 2012 à 11 : 57 : 05
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
mbe bobuzwa niki gutunga ?Falcon,za nka zabtutsi zose twiba pendant 8ans mwagira zagiye hehe ?Gusa nuko babirya bonyene natwe twazishorera ntibatwibuke.Jewe Rufyiri ntidusangiye ubwoko n’umugambwe mais ndemera ivyo avuga
Par NGWE Y'ISHAMBA ce jeudi 30 août 2012 à 15 : 20 : 20
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
you know I am sick and tired of people keep saying things which make no sense, Rufyikiri is doing his job and people should leave him alone we need to fix the economic problem the country has, most the money use come from out side and people who have excess to it stilling, building big house while the rest of burundian died with luck of food, good water and health, those who complain need to stop still from our country, please stop and stop and let people who care do they job and whoever covering for those still the government money you need to stop what are doing because your propraganda is not working, this is not time for race and culture issue i think we pass that, is time of people are interested and who doing good job for the country otherwise we will end up like we have been for last 50 years after white man left, so stop being victim take responsibility that you stole money and any one point out that there is people who stilling please don’t dismiss him listen to that person and get more information,soon or let we will find out were those money used to build those houses come from and Europe and USA going to stop money like they did with Rwanda I think Burundi should learn lesson from that experience
PEACE, MUCH LOVE
Par jeff ce vendredi 31 août 2012 à 19 : 40 : 38
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Ndaremye, ni itera bwoba.
Rufyiri ariko arikomeza mais ivyo mbona ntawomukwirikirana .
Wisunze capacites intellectuelles, hariho abantu iyo bavuze ijambo riba rifise un poids nini rigashobora kugira ico rivuze kubanyagihugu.Mais umuntu nka Rufyiri yirotera mwumva uwomu menaca ngo nuko yagize des declarations tumenyereye atoba ariko akora nkumwana ?Mwarabonye ko bamuhamagara mu kivunga.Sans les autres Rufyiri ni umuwana aciga kuvuga qui amuse son entourage.Arasubira mwishuli ace ivyo arota hama tuzomwemera avuze nabi tumukwirikirane
komera
Par eddyne mudende ce dimanche 2 septembre 2012 à 19 : 03 : 05
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Burya rufyiri ntaduhenda muguhuma amaso amakungu ngo aravuga abariko biba ?? nguyo umwana w’i ngozi yaragifashe nze ndabe uwumwiruka inyuma ngo ariko yiba ? erega nabanyabururi barivye gusa nuko bubaka mu mahanga nico gituma amakungu atarondeye uwusemerera nka rufyiri !!! hhhh azovuga niyaruha anume kuko Peter ntazoyajana hanze nico yarahiye ! Je ico nagaye nikimwe nuko yirukanye ka gahungu Rwasa bari kuba barayegeraniriza hamwe nkuko Buyoya na Bagaza bagira.Komera munyengozi ahubwo uraraba ingene wokwibuka ka Rwasa nako koshobora kuyakumakuma gurtyo i Ngozi hagacako i Bururi kure niyooooo !!!!! hhhhhhh mwishwanje simbabeshe naje nzoza rindira hari kera aho abanyengozi tutiga !!! nayubu no mu makungu twarashitseyo bodukanga ubu !!!
Par sihondi ce dimanche 2 septembre 2012 à 20 : 13 : 30
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Uburundi buracagowe :Ko bavuga bati umutegetsi kanaka ariko akora des investissements zirengeye uburyo afise muti amoko nibindi turagowe !!! .Rufyiri OLUCOME muvuga biroroshe kuko un mandataire nka Bunyoni bamwikeka nawe navuge aho yabikuye .Il a le devoir se repondre devant le peuple.Abarundi nibareke kwitwaza amoko ngo bakingire ikibaba abasuma .umusuma afise iryo zina ubwoko yoba avamwo bwose.Birababaje kumva umuntu yinamura ngo avange vyose yitwaje ubwoko ivyo vyotugeza he ?Ahubwo IWACU BURUNDI bakwiye kwiga ingene les commentaires zirengana.
Par Bugesera ce mercredi 5 septembre 2012 à 10 : 17 : 47
Le président de l’Olucome menacé après ses déclarations sur des personnalités qui posséderaient des biens mal acquis
Le fond du problème ni abobantu bavugwa barivye oui ou non ? Barivye ni bahanwe bativye bambikwe izera ! Ivyakera navyo le gouvernement actuel iyaba ikora neza vyarivyoroshe kutihoza ! Ikimbabaje ninganda zishwe naba badutwara ngo bagwanira democratie !
Par Africana ce vendredi 7 septembre 2012 à 11 : 19 : 28
|