Mercredi 22 janvier 2025

Politique

Diaspora : manif sur manif contre le 3ème mandat et les violences politiques

02/04/2014 50

Après la marche organisée par l’association Engaging For Action in Burundi, EFAB-Biraturaba à Washington DC et après Toronto, le week-end dernier, l’ADC-Ikibiri Belgique a manifesté devant le siège de l’UE à Bruxelles, ce 1er avril.

Les manifestants à Washington DC ©Iwacu
Ils étaient une soixantaine à Washington DC, le samedi passé … ©Iwacu

« Les manifestations ont été assidument préparées », témoigne Aimé Magera, porte-parole d’Agathon Rwasa, également membre de la diaspora de retour de la Belgique. La mobilisation, signale-t-il, a eu lieu un mois auparavant. Depuis les élections frauduleuses de 2010, précise M. Magera, la diaspora a toujours contesté les agissements du pouvoir. Il se réjouit de la forte mobilisation. « Ce qui a monté la colère de la diaspora, c’est cette tentative de tripatouillage de la Constitution. », explique-t-il.
Aux Etats Unis devant la Maison Blanche, en passant par le Canada et en Belgique au siège de l’Union Européenne, le message était le même : « Ne changez pas la Constitution, mais changez le gouvernement », «  Respect des libertés publiques et fin de la violence politique », « Liberté à tous les prisonniers politiques » …

Aimé Magera révèle que « la diaspora est unanime : il faut amener Pierre Nkurunziza à comprendre qu’il doit respecter la loi et, surtout, qu’il est fatigué pour briguer le troisième mandat. »

En vue de faire pression

Ces manifestations se déroulent la veille du sommet UEE-Afrique à Bruxelles. En outre, du côté de l’opposition et de la société civile, il s’agit de montrer à Pierre Nkurunziza que dans les pays civilisés, manifester est un droit d’expression. « Il va réaliser qu’on ne tire pas sur les manifestants, mais que la police a plutôt le devoir de les encadrer. »
Quant au gouvernement camp, il minimise la portée de ces manifestations. « Elles sont sans aucune importance et contre productives », martèle Philippe Nzobonariba, porte-parole du gouvernement. Et d’enfoncer le clou : « Des gens effacés politiquement veulent ressusciter à tout prix, coûte que coûte ».

Forum des lecteurs d'Iwacu

50 réactions
  1. Benshi mwandika muvuga ko muri USA, ntavyo nemera pe! Umunt ari hiyo atazi démocratie? Akarorero uwisise Rumuri nyomba ari mwene Petero! Ushigikire 3eme mandat? Wew ugorew muburundi nkaje! Uri muri bamwe turya 1 mu misi 2!

  2. Alidi Hicuburundi

    Weshaaaa wiyita moi mwe turabazi nimwe muriko muricha mugasahura .mwe aba cndd fdd mumenye siku zamwizi ni arubaini.mumenye ko muri ko murya umuhero.ahubwo nugushigikira abarundi bumutima basemerere mumakungu kumabi ariko akorerwa iburundi nomubarundi barihanze kureta ya cndd fdd.

  3. Twarabahinyuye

    Aba DD ni birabire , abo nabahutu canke n<abatutsi ?? Abarundi bose bararambiwe niyo ntwaro y'igikenya….

    • borntomakelovenotwar

      Kura amoko ngaho ! Abikivyayeko ni aparona gusa, kubera 40% babahaye batazikwiye. Jewe amakota yari akwiye mu gisoda, mu gipolisi, no mwi’perereza gusa. Ahandi bakareka abantu bagahiganwa. Ariko iyo manif ntiremesha : 25 ou 27 gusa !

    • Prosper

      Jewe aha ico mbona ni abanebwe bashaka urwitwazo rwo kuguma bironkera social aid…. muburundi tuvuga ngo  » What you see is what you get  » nago bisaba expert kubona ivyahindutse haba mukibane eka no mw’iterambere…. Mpura na benshi bagendera uburundi bigeze kuba babusura mubihe vyaheze kuntwaro zihitiye , bavuga ivyo biboneye …. Abo nibo bavuga rikijana kuko baba basanzwe banariha ama tax aho bari. Nta leta nimwe yiteguye gufasha abanebwe…. kuko uburundi nta social aid irahaba yofasha abanebwe bangana gutyo. Impfuvyi n’abaphakazi bo kwitabwaho baracari benshi.

  4. Prosper

    Ariko aba ba so called diaspola iyo barangije kurya amahera y’imfashanyo , hako bicara bashaka akazi ahubwo ico bazi ni kwiruka amabarabara ngo barimo biyerekana …. nabo gutwengwa kabisa…. mubure gushaka akazi naho iyo social aid yabana bubatse society zikora mubahe amahoro…kuko social aide ituma musimba kurusha ingeragere irashobora guhagarikwa anytime.

    • Nishimwe

      iryo jambo diaspola ntiribaho bavuga diaspora nimba wariwasomye neza…,icakabiri niwirekere abo bana basohore ikibabaje kumutima kuko naho bagiye mumahanga ntibibagiye iyo bava ico kiramaze

      • Prosper

        Nonese  » Diaspora  » coba ari ikirundi ga yemwe … ubona iyo unksora kw’ijambo ry’ikirundi … hahaha…… nagira igihambaye ni ukumva ic nashatse kuvuga muri ico kinyamahanga … hanyuma ntawupinga umuntu gusohora ikimuri kumutima.Apfa kutibagira umurimo. Ikibabaje nuko bishinga kurya amahera y’agafashanyo , bakibagira kurondera akazi ngo bari muma barabara …. kubera ndabona ino foto isa niyafashwe mu masaha y’akazi …. Birababaje kubona abantu bagenda kurya imitsi y’abandi , barya ama Tax y’abandi bene ghugu bazi umurio …. none ubwo nibwo Burundi bashaka… uburundi bw’abanebwe ? Biratwengeje ….

    • Nzeyi

      Wewe wiyise Twarabahinyuye, uraraba niwe udakanura. Ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze. Urazi abana canke incuti z´abantu bakomeye kuri iyo ntwaro bose bari i Bulaya, Amerika na Australie? Urabaza Peter, Bunyoni, Ombudsman Rukara, n´abandi benshi.
      Umuntu yopfuma arya ay´abazungu hakurya Ayo utwiwe twahereye mu muliro wo kw´isoko ya Bujumbura, canke kurya amahera y´abanyeshule bo muri Kaminuza basubiye ruguru kubera ubutegetsi bubi burimwo ubusuma.

      • Prosper

        @Nzeyi- kuyarya wayakoreye bituma ugira ijambo. niyo abantu boba bangana miliyoni batunzwe nagafashanyo ka buri kwezi, agafashanyo kaba kari munsi y’abatagira akazi b’ico gihugu , iyo miliyoni ya bene abo bantu niyo boja mw’ibarabara ntaco bivuze …. biba bimeze nka ya mbwa imokera umunyefarasi arimo yirenganira… kuko turabizi ko kumoka kw’imbwa bitabuza umunyefarasi kurengana…. ariko abantu naho boba ari babiri eka ndetse n’umwe ariko ari abakozi, bariha tax, ari abenegihugu beza… umuntu wese ashobora kumva amaganya yabo…..
        Abantu nkabo bagenda guteza urubwa igihugu batazi gukora bararambiranye….pu !!!!

  5. Kabirya

    Hemwe mukaba murondera asile dans le pays de Sam, muraje Muri Maine à Portland. Mureke ubesha abi nibi ngo hari inzu yahiye mu burundi!!! Mbe ubwo bubeshi bwanyu buzobashikanahe?? Mwarabonye umuntu ategura guhunga niyo ahungira??Ivyo mwabibonye he?? Uraje kubaza abari mu mama kambi aho muri tanzaniya!! bazobabarira uko bahunze. Ntibagiye gutegera indege bafise na visa ibashikana iyo bagomba. Ubwo rero ivyo mwateguye bikaba vyanse, mureke gutera iceye igihugu!! mwivugira ibi n’abiriya. Murakoze

    • Habwa

      Amahoro neza, kuri mwebwe ntamabi arko arakorerwa i Bujumbura? Nimba ubona ko atakibi kiriko kirakorwa ibujumbura bisigura ku soit uri muri bamwe bafukishwa umunwa n’inoti canke urimw urabo bakora ayo mabi. Iyoba ubona ivintu ukundi, warikubona ko nabo bagiye kurondera inkaratasi bagize ico bariko baramarira igihuggu basaba amakungu adufashe afashe abari i Burundi bagize ico bavuze barara bishe canke bagapfungwa. Ntukabahore ko bagiye gusaba infanshanyo abanyamerika abongereza ababirigi aba suedois ahubwo shishikara ubashimire. Vuba ibintu birahinduka i Burundi. Intwaro itegerezwa guhinduka. Uwariwe wese azobasubirira n’ibaza ko azobasunvya ikitari gito.
      Murakoze.

  6. Komera

    Mwe basha ni mureke kwihumisha amaso! Mbega Kuva Uburundi bubaho mwari bwabone manifestations USA, Bruxelle, nahandi biriko birategurwa?? Yooo c le début d’une Grande révolution. Kandi mbona ari ibintu vyiza kweri! Ntavy’ubwoko birimwo! Tous ensemble contre un régime autoritaire! Uburundi après DD mbona bushobora kumera neza vrmt! Dutere imbere muri vyose! Sha tuzobishikira tu!!

  7. Hinduka

    Aho basha mwaragiz neza kwerekana mu makungu ko mu Burundi hari ibitangenda neza,umukuru w’igihugu yarakwiy kumesha abarundi ko atazogera kw’itoza,vyomuhesha iteka n’icubahiro,raba Buyoya ubu ingene amakungu amwubaha kubera yemey kubisa abandi

  8. @cendajuru

    Ce sont nos sœurs et frères, c’est sur ils sont fatigués. Que Dieu leur aide pour avoir des papiers.

  9. kimeneke

    Bruxelles abari mwibarabara bari 99,99% hutus vyumvikana yuko Piter atamajwi yumuhutu uzoronka 2015 kiretse zambonerakure zitema zitongora tuzora Rwasa Agathon

  10. kabizi

    Sinzi uwabajije Pancras akazi akora ntaramuha inyishu mugabo aka leff aragasoma ubwo ntiyoba ari mu ba distribua ibijournaux ?? Nabure gutaha ngo igihugu azokironka avugije iduru gusa

  11. ITEKA RYACU

    Il se pourraît que Pierre NKURUNZIZA a annoncé avoir renoncé au 3ème Mandat. ça serait une bonne nouvelle pour la démocratie au Burundi.

    • rumuri

      iteka rtacu …baraguhenze gusa nubwo atokwitoza intszi ni acash uwoza ese yambyae inkona azatsinda tu

      • Habwa

        Rumuri, namye niyunvira aho ivyiyunviro ubikura none urahambwiye. Niwiraramire sha izo nkona zanyu zizobatwara kure.

      • Rumuri muzokubitwa ingugu pe! Aho ntiduhendane! Jew nari inkona umubiri wose! Amaraso yabarundi benshi antemberamwo! Kuko nibaza ko dukeneye kurwanya akarenganyo arik ibibiera muri kino gihugu bitey ubwoba! Ubu sinipfuza no kubona inkona! Ubisigura gute? Hinduka naw

    • MAYUGI

      Les DD!!! ntubazi, narabibonye kuri net babivuga. Mugabo le 2 avril vice président wa DD yavuze ko « Black penther » azitoza pe! Bafise indimi nyi murabizi ko bama babitweretse. Wait and see!

  12. rumuri

    hanyuma turafite aba police nabasirikare babarundi hano muri USA bazokoreko numwe honyene kumusipi wipantaro barabeko ko batazogwumvira mumutwe .. ntamuntu numwe yemerewe gufata nugukubagura umu police wigihugu nahamwe kwisi … uwoba haraho yabibonye ampinyyuze.

  13. rumuri

    kinama.. muri bihugu aho abantu bishira bakizana imyiyerekano iremerewe namategeko ..ariko imyiyerekano yabantu 5 nkabadya tubona bari iwashington DC mugihe muri USA tuhaba rurenga ibihumbi 20 ntakintu nakimwe yohindura biboneka ko ivyiyumvire vyanyu bidashigikiwe na beshi.. nayo makungu mwereka araraba ubwishi bwabiyamiriza ibintu nibindi … none president atogwa nabantu bakeyi canke aba president kuko yatowe na beshi? namategeko nukwo ntategeko riza rinerereza bose ariko abeshi bama ari beshi iriya myiyerekano yari kuzamwo nibura data ibihumbi 5 mubihumbi hafi 25 biri hano USA bakabona uruvugiro that is like nothing muzoba mumbarira.

  14. Kirinyota

    Bravo Messieurs/Dames, ahubwo natwe tuzohava tuja hanze pour manifester none ko iburundi baca baturasa. Du reste, Nzobonariba amenye ko abazungu bataraba igitigiri, baraba ukuri ku bituma abantu bigaragamvya. Ubwo rero ugiye ahantu akakirwa na manifestations ntivyoguhesha agaciro. Ufise Umutima bituma wikubita agashi. DANS les pays où règne la Démocratie naho uba umwe tu manifestes ton mécontentement. Kandi ça passe pas inapperçu Filipo we.

  15. ncuti

    None ga? i washington naho igi polisi cari cagiye kubabuza? Ni Batahe bareke kuguma barya ivyo batabiriye akuya. Abo ni aba délinquants batagira ico bakora. Wapi nibwaba ubutegetsi bugitangwa ni abanyagihugu ni babe BARATENYENYA.

    • monavis

      justement bagize manif i washington kuko ata police naturellement brutale ihari!hama kuvuga ko bosa ari aba delinquants numva ari raisonnement simpliste et très bas kuko ntiwatohoje ngo usange ataco bakora,hari uwaraza kugusaba uburyo bwo kubaho?

  16. Rudasumbwa

    Uwo mu rundi americano nashaka ndamubaze ko aho aba yofata aba polisi mpiri canke akanamukorakora ko bokwihangana nkabarundi. Urageza shahu urabe ico wibonera. Washaka babakomere amashi ? Ahubwo kurya ni ukwiheba wewe uzi igikorwa ca polisi ntiwokwubahuka ivyo bagize. igipolisi cari kubihanganira ni ica hehe ? Co muri America ? Bobo ntibafyinata nkabarundi nta sokwe ni ruse. abantu bana negosiye barya ba MSD bagatera igere, Ni hehe bari kurinda ku negosia ari wewe uri polisi mbwira ko wonegosiya. Vuga ati Imana yarakinze.

    • Jihadi Rashidi

      Ewee uvuze nkuwutaba mugihugu cuburundi! Itonde guko iyo umuntu atagukingiye agashaka kukwica umwitanze uramufata ukamukosora ariko ntuca umureka ngo ingo unyice! Tuzabivuna guko byaragaragaye ko ataneza badushakira atari kutwica. Witonde nabo Bitonde!

  17. Tijos

    Nipfuje kwishura uwitwa ‘moi’. N’ukuri iyo udafise iciyumviro ushikiriza vyoba vyiza wihoreye kuko ugutukana s’ubushingantahe. Navuye muri ico gihugu mfise imyaka 20 kubera intambara. Mba mu mahanga kandi nkoresha amaboko yanje kugira nshobore kwibeshaho co kimwe n’abandi barundi ibihumbi n’ibihumbi nzi, gutukana rero ntaco bimaze ahubwo woshikiriza ibitagenda mu gihugu catwibarutse gutyo tugakebura abatwara igihugu kugira bigarure. Murakoze

    • monavis

      des fois je me dis que pour etre DD il faut necessairement etre bête!nkaho uvuze iki?????waba ufise ubwenge ukaryoherwa nuko duwarudo ariko asambura imigambwe,abandi bafungwa kw’irementanya!le temps se chargera de vous,vous finirez comme Gbagbo et compagnie ndabarahiye

  18. Aaron

    None ga basha naho muvuga mubona la suite yanyu ari iyahe ? murabona nimigambwe mwari mwokwiyunze mukagira inguvu mugahangana na CNDD FDD ariko niyo migambwe nyene iriko icika ubunywenywe. Inguvu zitera zibaherana kandi intambara nayo mugabo siniyumvira ko mwoyiyumvira on en a mare. Mu bisanzwe opposition si mbi guko iratuma ibintu bihinduka mu gutera igitsure Leta mugabo il faut que muba mufise ninguvu zo guhangana. Pierre Nkurunziza nawemwiyumvira ngo ahavuye niho mwoca mutsinda kubera ariwe ari tres populaire mugabo uwoza wese murabona ko mwomutsinda ata nguvu mufise . Ahubwo sabe Imana hagume Nkurunziza abe arateza nimbere igihugu guko naho mutabivugira hejuru il a beaucoup change le pays, l’example ni les 7304 infrastructures zo muri 2013 gusa. Ivyo akora umwaka umwe na Bagaza sinibaza ko yabishitseko mu myaka 11 yamaze kandi ariwe twemera. Sindiko ndamutera amashurwe guko nawe nyene tout le linge n’est pas propre. Corruption nayo sinzi namwe uwohabashira ko mwoshika muyirandurana nimizi guko namwe vous n’etes pas des anges ;ariko vyose vyoshoboka no mu Rwanda mbona barayirwanije. Kandi ntimwogira ngo mugitwaye coca gicika des roses vyose bikera de. Opposition yaheze raba na Alexis ivyo yaraye akoze maladroitement. Il s’est elimine automatiquement naho mumutera amashurwe ngo ni Mandela yagize ivyo atahanuje kandi ariwe ubu yari afise abanywanyi nibaza ko ari beshi. aho kuba wenyene incungu il a livre les enfants. Harya Frodebu yoyo ntikivurwa ,uwundi yari Rwasa none il est mort politiquement, Uprona nayo Dewarudo yayigiriye aka virgule siniyumvira ko bazoteba basubirana. Uprona na FNL subisent le meme sort. Turorere turabe rero iyo bitera bija.

    • Turarushe

      Iryo terambere uvuga iyo urisigura ukoreshej’ibiharuro vyarikuba vyiza kurut’amajambo.Ko muvyegeranyo hafi vyose bikorwa n’amashirahamw’abijejwe vyerekana ko tuguma dusubirinyuma nk’ibirenge iryo terambere ririhe?ubushomeri bwariyongereye, ubukene bwariyongereye, ntaterambere ririho riba iry’igihugu canke ry’abarundi, mukury’igiturire uburundi buri mubihugu vyambere kw’isi. None iryo terambere ririhe?

  19. kimana

    A « Rumuri »
    Uri Rumuri nyabaki ufis ivyiyumviro nk’ivyo.
    Ngo mbega bari bangahe, ngo turi abarundi barenga 20.000.
    Wewe uciyumvira gutyo sinzi isi ubako iyari yo. Naho boba abantu 2 bafise ivyiyumviro bitomoye barumvirwa.
    Ivyo vyo kuvungo ngo ni bangahe ni bimw bya ba shobuja DD batazi ko naho aba umuntu umwe ubuzima bwiwe buhungabanijwe bitegerezwa guhagurukirwa.
    Abo benewanyu wifatira mu gahanga umenye ko ivyo bariko baravuga ari ukuri gusa kwigendera

  20. CHANGE WORLD

    Ce fameux NZOBONARIBA, qui a vendu son parti RPB! laisse-lui CHERCHER SA PENSION, c’est l’unique ambition de cet homme fatigué, qui est actuellement près à défendre toutes les bêtises qui sont nombreux dans l’équipe de Nkurunziza, pourvu qu’il le maintien au gouvernement. Cela n’est pas mal pour Nkurunziza qui se plaint à collaborer avec des gens comme NDUWIMANA, JUMA ET TANT D4AUTRES, CIVIL COMME HOMME EN ARME!
    COURAGE CHER COMPATRIOTES , la vérité finira par triompher!

  21. Ngira ngo Philippe Nzobonariba arabona ko hakiri abantu bakunda uburundi. n’umurima w’isangi, muravye nabi, muzotahira hamwe Mr Nkurunziza yari muri iri yinga riheze, hamwe hicaye Mr BGabo!!

    • Jihadi Rashidi

      Emwe adatahiyeyo Imana ntiyoba imukunda! Erega uwo Imana ikunda iramuhemba kubikorwa vyiwe! Nawe NKURUNZIZA ategereza kuja gutora agashimwe I LAHE nkuko yama yishima ko ibihugu vyinshi bimuha agashimwe nabe aritegurira ako i lahé baramaze kukamutekerera muri Papier cadeau.

  22. rumuri

    nimubareke mbega bari bangahe hano muri USA turi abarundi barenga ibihumbi 20 barimaramaje

    • Bubba

      Igikuru si uko bari bangana si kizima le message yatanzwe uwimaramaje niwewe wari winyegeje mumbari hakuja guserukira benewanyu bapfuye urwimbwa i Burundi kandi bari iwabo uriko uvugira amafuti ngaha

    • BOB

      Igikuru suko bangana ni message batanze njanye nabo bagiye ahabona kuvugira benewacu bapfuye rubi kandi bari mugihugu cabavyaye hanyuma kuvuga ngo barimaramaje uwimaramaje niwewe uvugira mumbari nkumuja utambira ku muvyimba benewacu birirgwa basinzikarizwa ubuzima na leta yari ijejwe kubakingira!

    • Habwa

      Rumuri, turagushimiye caaaane gose k’ubugaba bwawe utagiye kw’imaramaza hamwe nabo.
      Kandi rero ko uri muri abo barundi barenga ibihumbi 20 uraza gutahura:

      Nothing in the world is more dangerous than sincere ignorance and conscientious stupidity.
      Martin Luther King, Jr.

      Murakoze.

  23. moi

    Taha basha gukorera igihugu aho mwahunze iki,ubunemwbe bwanyu mushaka kurya mudakoze.

  24. Uwarugwanye

    Pauvre porte parole du gouvernement, pourquoi ne pas te taire au lieu de taper toujours à côté de la plaque? Tes milliards de Fbu mal acquis ne te suffisent-ils pas encore? Tu as tenu le crachoir pendant des années, mais tu n’as tiré aucune leçon de ton passé. Philippe Nzobonariba alias oncle était effacé totalement avec le parti volé à feu Ernest Kabushemeye. Il a pu renaître de ses cendres en 2005 pour mettre le manteau de l’aigle. Un opportuniste capable de condamner à mort tous ceux qu’il glorifie aujourd’hui. Il suffit que la méteo politique change, la transhumance est automatique pour ce nouveau riche de MBUYE-RUTEGAMA, ancien plus palipehutiste que Gahutu Rémy.

  25. karayenga

    Imbonerekure ntizishikayo?

    • Burundian-American

      Certains se perdent à demander combien étaient les manifestants, étaient-ce une centaine ? Etaient-ce moins ? La réponse à cette question importe peu. Dans une démocratie, chaque personne compte, même si ils auraient été à deux, c’est leur plein droit de manifester. L’essentiel devrait être : quel message portaient-ils ? C’était un message de paix. Un message de respect des libertés publiques et de la non-violence politique. Un appel au gouvernement burundais et à tous les acteurs politiques de cesser toute pratique qui s’écarte du chemin tracé à Arusha : la résolution pacifique de tous nos conflits par le dialogue. Quand des gens sont tués, torturés, brulés avec des sachets à cause de leurs opinions politiques…quand Bujumbura devient la risée du monde comme ville où le jogging peut t’écoper une prison à vie, quand Bujumbura devient la ville des gaz lacrymogènes…quand des balles réelles commencent à ré-retentir à la poursuite des manifestants…quand certains partis politiques ne semblent plus avoir le droit de rencontrer leurs militants, quand des opposants politiques sont emprisonnes sur base de montages ou suite à des parodies de justice…etc, etc,etc, nous ne pouvons en conscience tranquille dire que « bitaturaba ». Voilà la raison pour laquelle, les burundais de loin sortent de leur silence pour demander à la communauté internationale à aider les Burundais, comme elle l’a fait dans le passé, à rester sur la voie de la paix, du respect des droits humains et libertés publiques, et du dialogue.

      Les Etats-Unis sont comme un continent. Ceux qui sont allés à Washington, par exemple, ont beaucoup sacrifiés (ce qui démontre leur détermination et leur sens patriotique), après seulement quelques deux semaines d’annonce de la marche. Certains ont passé 14 heures durant au volant (voyageant des distances avoisinant 1.000 KM pour l’aller), d’autres ont dépensé leurs propres sous pour acheter des billets d’avion…pour enfin retourner à leurs boulots le Lundi matin! Les fortes pluies annoncées n’ont pas découragées les manifestants. L’appel pour le respect des libertés publiques et la non-violence politique a été lancé. Elle continue à faire des échos et beaucoup d’autres initiatives pour faire suite à la marche sont en court. You will continue to hear from all of us. We are Burundians and we are proud. We want Peace !

      • bbrother

        Abo bari muri chomage. They were laid off . Aha i Washington abantu bari bazi yuko abo ari Association yo gutoza amafranga kugira barungikire abana n’abavyeyi bibarutse badafise abagabo. They were doing funds raising. Erega Uburundi n’abarundi ntibatuzi ngaha. Kuko ngo turi ibinyabute. We umuntu ata ni ikimenyesha makuru co ngaha coba carababajije nico bagona . Kwari ukwifotoza no kuryoherwa ngo nabo bakanga Reta i burundi. Izo nindoto naba Congoman ntawabarushije mukwuzura amabarabara muri Europe, na Canada ubona vyahereye? USA iracari busy na Ukraine. Ubrundi ntiburashikirwa…

        • KanuraRwaruka

          Il nous faut une association de la diaspora sur les 5 continents qui manife en meme temps: à Paris; à Londres, Bruxelles, Joberg, à Pekin, À Rio, Washington et Ottama sans oublier kwa papa wa Roma. Tout ça accompagner d’une petition internationale contre le 3e mandant.
          Comme ça Peter changera son idée.

        • rumuri

          babwire bwana nategereje ko nobona amakuru kuri cnn canke fox news ndabura .. nta radio ntanikinyamakuru nakimwe cahano USA canabegereye ngi kibabaze murateye isoni navuze nti hano turi hafi ibihumbi 25 murabe nimwasanga haratonze basi nabantu 100 muzoheza muvuge ko ivyo bavuga canke basaba bifite ishingiro muntwaro yokwishira no kwiza… baraharura la majority abari beshi nibo ijambo dyabo rija imbere nuko muvyemere canke muvyanke… barimaramaje nukuri

        • Prosper

          Bashaka kwimura ubunebwe bwabo mu Burundi og ni Demokarasi bashaka …. babanze babe akarorero aho bari. Bakore barihe ama tax …. Leta izoumvira kandi naho bari Atari abanyagihugu beza ni iyahe ?

      • Prosper

        Mbe ga nani, wewe uronka angahe y’imfashanyo aho uri…. birakorohera kuronka itike yo kugera iburaya kwifatanya n’abandi kwiyerekana ?

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une minute de silence

Une minute de silence pour tous nos valeureux combattants tombés sur le champ d’honneur, ici ou ailleurs où le devoir les appelle. Respect pour nos soldats de la paix fauchés par une salve traitresse, enterrés par des bombes sous des (…)

Online Users

Total 2 722 users online